<<@DivineIradukunda-t5o
says :
❤❤❤❤
>>
<<@AnithaNdayishimiye-b8q
says :
Rémy wubahwe kuk uduter inteng
>>
<<@ITERITEKAKenthia
says :
Yanga muvuga numwe yasobanura frilime?
>>
<<@nduwedeo6437
says :
Nyamara nange maze gukira kd ubukire mfite mbuvana ku nama nagiriwe nk'inshuti yuyu mugabo
>>
<<@JeanClaudeFX
says :
My friend, my inspirator, my motivator ❤❤❤❤❤, GOD BLESS YOUR HUSTLES ❤
>>
<<@gorethnsabimana5139
says :
Courage Ur,intwari wakoreshe ubwenge n,inguvu cane Rémy 👏
>>
<<@remynibitanga2714
says :
gooo❤
>>
<<@remynibitanga9830
says :
Gato karakura
>>
<<@egidetuyizere2348
says :
The Best Hustler against poverty🙌🙌🙌🙌🙌
>>
<<@mediatricenzinahora5409
says :
Never give up Mr possible ndagufana Kuko urintwari natwe turinyuma yaww
>>
<<@fridolinbahati6798
says :
Turakwemera Leader , wadukuye gupangira abandi ubu natwe amazu turapangisha
>>
<<@keygfab9248
says :
Mr possible umugisha kubarundi nabanyamahanga❤❤❤
>>
<<@ArseneNiyonkuru
says :
Mr Possible my Leader Gatokarakura umazeguhindurira ubuzima abataribake
>>
<<@glorianahimana5635
says :
Big up mr possible
>>
<<@Jenny.01
says :
Mr Possible naramukunze cyaneee azi kuganira kandi agakurikiranya inkuru neza ku buryo utarambirwa.Nukuri Sabin uzamugarure,I became a big fan 😂😂😂😂
>>
<<@habimanaaloys9647
says :
Bro kiminsi ndarizi bro iryoshyamba
>>
<<@ndayikengurukiyeremy6236
says :
Atanze ubuhamya budasanzwe.Imana imuhe umugisha cane
>>
<<@jeaninetv
says :
Amen Mr possible 'sabin munsabire number
>>
<<@jeaninetv
says :
Mr possible komera ncuti ter'imbere'sabin nawe wubahwe
>>
<<@niyopeaceofficial8827
says :
Nange mfite ikizere nange mvoma amazi 😀😀😀😀
>>
<<@Taxx9397
says :
Uuuuh, Toute vérité n'est pas bonne à dire.
>>
<<@gustave2ful
says :
this guy is a true testimony can u give us his number?
>>
<<@bernadhassan7740
says :
Utazi umurundi aca mwenyegeza munzu
>>
<<@ishimweeric3531
says :
Mubusanze sintara comments ariko this is inspiration story mwakoze cyane
>>
<<@Gentil20
says :
Rémy ugeze hiyo??? Ndaguheruk kera. Undamukirize Sabin
>>
<<@adidjahafnani3728
says :
Hhh vyarambayeko Nita u usa cane
>>
<<@adidjahafnani3728
says :
Wowooo Abarundi tumenyane
>>
<<@nadineiciza
says :
Ibiyoba: ubunyombwa Ikinga: igare Kundandaza: gucuruza Kurima: guhinga Ibikoti: ibiti vy'imyumbati Itongo: ikibanza kinini Imihwi: imineke Umutahe: igishoro Ikidodo: stamps(???) Ibarabara: inzira Guteba: gutinda Kwiyumvira: gutekereza Gutekereza: kwitonda Iminwe: amaboko Inguvu: imbaraga Kudoriya: kuneka Kuduga: kuzamuka Kuzigama: kurinda Kubantu batumva ikirundi. Hope ko bibafasha. Uhoraho abazigame mwese .
>>
<<@jeanmarie6736
says :
NDI Asia 🌏 ndagukurikiye SABE na mwenewacu komera ndanezerewe najewe binsubijemwo intege pe
>>
<<@marieaimee5501
says :
Thank you for sharing your story. God bless you!
>>
<<@gabrielndayisaba366
says :
Big up Sabin. Wakoze kutwakirira Mr Possible. It was great🇧🇮
>>
<<@bezaarlencyirahoza233
says :
Woow🇧🇮
>>
<<@shamillairankunda3791
says :
Ndahazi muri rusi
>>
<<@iga2023
says :
Uwutakuzi ntakurusha inka aho ko ubona ugeze kure ntaco utavuga ko wakoze.jewe nkubonyemwo ububeshi kuko kuvuga ko 2010 wagenda uritaba ubusa singutahuye vrt.
>>
<<@mdbosco1640
says :
🥰🤙
>>
<<@burundishallsmile1day109
says :
🎩😊👍🏽✊🏾 Courage mon Garçon Le bonheur t'attend😊 Ubu buzima tuzobugiremwo Ireresi nani😆 Hewe,Nciye ntahura igituma wambara Jacket style nk'abaphilino😃
>>
<<@bucumiemmanuel1534
says :
sabin ukoz amateka bros bandanya uvuga ikirundi neza
>>
<<@sunlightmediatv7671
says :
🤣 komera Remy naguhujwe na havyarimana turi murwanda twakoresha fone yanj!! terimbere mwenewacu ni Festus
>>
<<@bankyolusegun3716
says :
Abarundi baradyohera kweli
>>
<<@nizigiyimanalongin7011
says :
uwo n'umukozi akomeye turamuzi. yitwa REMY nater'imbere nk'umuzinga
>>
<<@booksummarised1
says :
Remy ndamuzi ninshuti yanjye
>>
<<@bryanmunyangaju9096
says :
Ni yellow fever si yellow card but it is ok just correction bro warahuritse pe
>>
<<@lilianesasser2847
says :
Thanks Sabin wow the best testimony nerve give up God is in control all the when you believe in you self God give you chances .i love this story .be blessed 🥲
>>
<<@yvesbigirimana5255
says :
ntanakimwe abeshemwo ndamuzi cn,imana ntaho itokur umuntu
>>
<<@yvesbigirimana5255
says :
umuntu wnj cn
>>
<<@umutonitv853
says :
good inspiration kbx ndize bikomeye👍👌👌
>>
<<@deborahishimwe7469
says :
Uraho shunti yanje twahuri Uganda ibyo amvuga ndabizi
>>
<<@johnnybegood92
says :
Like the guy 🤩👏🏾👏🏾👏🏾👍🏾
>>
<<@bettymukambanda8339
says :
Woow! What a wonderful story, full of courage and determination. Imana ni nkuru pe.
>>
<<@inesiradukunda1699
says :
Remy wee Mr Possible nkwibuka schl shn bro gus usigay watey imber wanavyibushe Rusi izakwibuka tu
>>
NEXT VIDEO
>>