<<@blueberrypotatogames7950 says : N'umwami yaratiye urushinge. Turakeneranye ntagihugu cishoboye.>> <<@blueberrypotatogames7950 says : N'ibara abambuzi international>> <<@blueberrypotatogames7950 says : N'ibara>> <<@blueberrypotatogames7950 says : Jalousie>> <<@blueberrypotatogames7950 says : N'akagambane>> <<@bernardnsavyimana6431 says : Birekere ubutabera 🇧🇮>> <<@joselynendayizeye2262 says : Imana nihamukura agasigarana ubuzima bwiwe ndazi KO atawukwaka umugisha.rero nubwo yoyabaha.uwazayah azohora amurya mumutima.kuko gahini.igihe Aniga aberi.yagira nibisanzw ariko ntamahor yabironkanye.>> <<@angedarlene1770 says : Basha jewe ndumurundi ariko ivya Bruce Melody vyambabaje pe arik ntakundi abantu turasa tudasa>> <<@andreokito9819 says : Wa mugabo we! Vuga ivyuzi.>> <<@primebigirimana7507 says : Yewe mukobwa mlefu ambae haupe ndi kuonyesha sura yako nzuri n'uyo nguyo ufite inyinya out side ! Umuziki w'uburundi ubanza uri hasi nk'uko mubicyekaga. Ariko abarundi nta bwisanzure bo bafite bwo kuririmba ibishegu nkatwe. Hose Ku isi nzima nimba utaririmba sex uzagumana limites. Ufite aho utagera!☹️>> <<@twizerimanaabdoul389 says : Kuba muvga ko tubafitiye inzingo kuki tubakira neza kurusha uko mutwakira>> <<@alicedoudoundamama4265 says : Ibyo uri gusobanura ntago aribyo reta ibirimo nyin niba itarimo niyigaragaza irenganure Bruce>> <<@gaellenishimwe3672 says : Murek akajagari B Fizzo k mwamufuz murwanda k atamajamb nkayo twagiz>> <<@delphineumuhoza5827 says : Umusore wacu IMANA iramuzana nahumure turasengape>> <<@desirenizigama3930 says : Mukirundi bavuga bâti uwudafis ubwenge ashima rwiwe. Nimureke ubutungane bukore.>> <<@agnesbirime9698 says : Abarundi ntiboroshe namba!!!!>> <<@alexismona8242 says : Igiturire Nico kimufunze>> <<@darleneniyonkuru8797 says : YAGO WWE karibu I Burundi, turagukunda caane ,mélodie nawe ntacaba muhumure turamusengera>> <<@felixnfoley1791 says : Uyu mugabo sinafashe izina ryiwe, mais nimba ari journaliste nahindure language, comment umunyamwuga after kuvuga ko Bruce Melody afunzwe kuko hatanzwe igiturire/ruswa ata preuve afise. Et en plus ngo nukubera hari abantu bafitiye ishari la mustique ou le progres de la musique rwandaise, iyo analyse yawe siyo. Watwawe n'amaranga mutima>> <<@nirenganira8433 says : Ivyo uvuze niko bimeze inzigo bafise nimbi n'umurundi wiwabo ntibamugera umutwe turetse nuwitwa umunyamahanga ikindi iriya modoka yajanye ntibarikugenda batayivyaje inyungu ubusuma inzigo ivyo nivyo vyambere mu Burundi>> <<@jeanettetheo5017 says : Jye nababaye Cyane mbega abayobozi bo Muburundi numiwe🥱🤔🤔>> <<@ndizeyechantal6979 says : Uvugukuri sha>> <<@languida1836 says : Birababaje ntawutobabara afise umutima w'ubumuntu>> <<@honorenono5595 says : None ubu umukire niwe atwara igihugu canke iburundi burafise indongonzi nubutungane bikwiyeee iki kirababaje buri murundi icoooo Ni akumiro ikindi iyo Ni inzara kwishugwa ivyo usaba ukaguma usaba ibindi Ni ububobo>> <<@rodykstv9930 says : Nubundi Bruce Melody azahora hejuru kbx Kandi uwo watanze ruswa Bizamugaruka Kuko ubwo nubugome.abarundi barashaka ko babaririmbira arko abandi ntibabishaka kubera ishyari>> <<@donavinemanirambona8439 says : Urihobagira nyene>> <<@donavinemanirambona8439 says : Amafaranga uri kudedemba merodie ntayafisese?>> <<@ndizeyechantal6979 says : Nimuvuge makeya>> <<@ndizeyechantal6979 says : Nimuhore na Yago ntibamufate nawe>> <<@ndizeyechantal6979 says : Nanje ndumurundikazi vya mbabanje nukuri turi kumusengera Imana iramurengera>> <<@nimbonaalice8555 says : Naje vyambabaje>> <<@oliviernininahazwe6913 says : Jewe nd'umurundi ariko ibi bintu birababaje.>> <<@ninispes8093 says : Birababaje sana!>> <<@adijamugisha9438 says : Reka mbivuge nagahinda kenshi melodi nahoyotang iyondishyi yakababaro uwuzayakira amenyeneza ko turikwisi kandi isintisakay uwisi itaratahira ubukwe iracyamushyakira imvutano ashyobora nogupfa atayariye akaba yiyandurijye ubusa kumana rer abantunkabo mukwiye kwikebuka mukamenya nezako umunsinumunsi tuzapfa tugasiga ibyotwaruhiye bikaribwanabandi harinaho ayomamiriyoni boyamuguriramwisandugu nindabyo zokumurenzako ataribubibone kbx>> <<@rehemayamungujustine7297 says : Ndumurundikazi ariko nanje byambabaje cane😭😭😭>> <<@rehemayamungujustine7297 says : Sando umez neza?sha naringukumbuyepe narimazimis nta fone mfite love you from 🇧🇮🇧🇮🇧🇮>> <<@shanthalshanthal1491 says : Nawe urabeshe ngononaga ibintu bimaze 2jour>>
VideoPro
>>