<<@suzanneharerimana3728
says :
None ga Pistori Désire uti muri fiancaille Il faut tout obsvrver exemple kugona ibyo uzabimenya warushitsemwo dans ce cas urunva umuntu aGona ubuzima bwiwe bwose none murico gihe woca wahukana canke kuko ntiwobaho nawe udasinzira
>>
<<@chancelinetuyishime2962
says :
Murakoze ku kiganiro mudushikirije. Pasteur wacu,Yesu amuhezagire. Amukomeze
>>
<<@ubwengenyakuritv4668
says :
Wooww. Mwakoze cyane Imana ibahe umugisha! Hari ikintu nungutse
>>
<<@APicu-123
says :
Amena
>>
<<@hakizimanaemile9685
says :
Amen, hari byinshi nungukiye muri iki kiganiro! 🙏 Imana ibahe umugisha
>>
<<@diellagrettairadukunda7657
says :
Murakoze cane🙏
>>
<<@fredkennedy3420
says :
Murakoze pastor
>>
<<@mporanajoseph2443
says :
Mubalikiwe sana
>>
<<@irankundafabrice6917
says :
Imana igukomeze Paster,ese uri i Burundi ??
>>
<<@nature_laxx
says :
Imana ibahe umugisha.
>>
<<@umuhozacloudine1523
says :
Nukuri pe!
>>
<<@felixniyongendako3622
says :
Murakoze caane Pasteur muradufasha mur vyinshi hama ndafite akabazo kamatsiko,ABA jeune benshi baribaza ho ko gukorana imigambi n,uwo mukundanye mukiri muri Fiancail mwoduhanurak iki kubibaz ho ico kibazo?
>>
<<@Amigold_Official
says :
Murakoze cyane pasteur wacu kumpuguro zanyu
>>
NEXT VIDEO
>>