<<@BizimanaEzechias says : Twiyambure abazungu>> <<@BizimanaEzechias says : Abanyafrika ni muze dukundane tugire afirika imwe duhuriyeko. Itari iyo amoko ariko y'abanyafirika gusa vyonyene. Twiyambure abahungu KO bo atakindi bakora atari kuturyanisha.>> <<@MuyumbuMuting says : Yegorata>> <<@FlexKajabo says : Ibisasu Kilimbuzi birahali kd bageze kure babikora hano muli Afrika !>> <<@NYISENGEODEE says : Kofi kowigeze kubura wari he? Utubwire kuko turagukunda ! Dusobanurire!>> <<@MporanimanaDonacien says : Koffi ndamukunda cyane nukuri oresudant wuburundi nibamubura ahaaa😅bazababahombye>> <<@KanakimanaMariamu says : Ndanezerewe gose kongera kubona Kofi kuricanoyiwe Kofi imanishimwe kubona twongeye kukubona duhamakuru mashasha>> <<@AbdouMupenzi says : Ndayishimiye,Oyeeee !Cndd,Oyeee !>> <<@AbdouMupenzi says : Ubwo bwenge kabisa ko museveni ashobora kubukuziza.>> <<@NtSimeon says : Ikibabaje abahanga n'abahanuzi ntibarama Imana izakurinde>> <<@BaryinyonzaHassan says : Uyu muhungu numutiriganya acurikanya amagambo ubishatse wabyumva neza>> <<@ephremrangira9222 says : Keretse niba uriya musore Ari unupfumu naho ubusesenguzi ntabwo nduzi wagira ngo numwiyahuzi . Reba nkubu abaziko U Burusiya burusha Amerika ibisasi kirimbuzi ahera he abihakana nta kugenekereza mubyo atwumvisha byaba First ladies ibyo nibye gusa 2. U Burundi abuzi ate? Hari antecedents azi ku Burundi nareke gukabya .>> <<@Bimenyibimenyi-vk1cd says : Sha Kofi nintwari>> <<@niyomahoropierre9748 says : turagukumbuye koffi wee Imana ikurinde ahuri hose>> <<@LadyBeauty1-p3h says : Wa muhungu we uteye ubwoba>> <<@WillfraniKubwayezu-ub8tp says : Channel Rusakaza TV ibari inyuma>> <<@BanamwanaViateur says : Kuri ubwo busesengizi bwawe turikumwe kbs ureba kure cyane>> <<@SaïdiChauffeur says : Kofi.yubaw.nturamukurikiran can>> <<@omerntiharirizwa2121 says : Imana iraturinda abany'afrika>> <<@omerntiharirizwa2121 says : Mureke kuvuga ivyo mutazi Burundi burayobeye kumenya shaka wige ntuzobutora>> <<@ERohimellie says : abarundi muransetsa cane Iyomuvugango barabitiranya Muracyafitamoko. Irondakarere nintara nakomine Ahodutuye mumahanga Duturanyenabo Abarundi ntiboga ntibamesa Abahutu ntibavuganana batutsi ahubwo mwararutanze>> <<@SalvatorNgendabanyikwa-ix5kw says : KOFFI uraciye ubwenge>> <<@pascalndiwenumuryango8899 says : Aho harikera izonindoto urota nta génocide izosubira mukeneye kotuzobasekeza>> <<@twororeturimekijambere5491 says : Ndagukunda uvuga ibintu bizima gs kbs🙏🙏>> <<@ngabonzizaviateur2371 says : Ahongaho urabeshye macron ntabwo yakanga south africa nagato>> <<@ngabonzizaviateur2371 says : Ibyuvuga ntabwo aribyo kubisasu kirimbuzi Russia hejuru knd jyuvuga ibyo mur africa russia and usa all western ubireke kbx>> <<@beliermugisha2895 says : Tumira kofi n dr Rusa twumvuko bizogenda 😂>> <<@asmanndayizeye7193 says : Nubundi Kofi mbandanya nkushimirakubiganirovyawe p urakurikiranabikwiye>> <<@harerimanaleonce8153 says : Ubwo ntakunda amerika ariko ninyarutse uwo mugambi iburundi>> <<@harerimanaleonce8153 says : Ahubwo bavyihutishe ningoga avarundi turaruhijwe n'a cndd fdd>> <<@harerimanaleonce8153 says : Nibanyarutse ningoga bive mumajambo bije mungiro>> <<@sabrinakwizera3923 says : Koffi yubahwe numuhanga uve kuri babaheza nguni bapfuye mumutwe>> <<@patrickiradukunda6053 says : Urincabwenge muta twebwe ndayishimiye nagumye ivyigihugucacu>> <<@nshimiyimanajeandamascene7408 says : Uyumuhungu ndi kagame namuha umwanya wohejuru>> <<@nshimiyimanajeandamascene7408 says : Uti ntamuturage utora ugirukuri Kenya ntawutora>> <<@leopoldsharangabo9147 says : Ikibazo c'abasesenguzi, rimwe na rimwe harimwo amarangamutima y'ukugira aho muhengamiye, kuko nimba utubwirako Bunyoni yashaka gukoreshwa na Amerika ushobora kuba ubesha ikindi nawe ndabona ko harimwo guteranya ibibazo vy'amoko. uravye rero uriko urashakako akarere kabonamwo ingorane zamoko zikomeye. kuba uri umuhutu ntugashake mugenzi kuzana ubusesenguzi buteranya abantu cane cane usotera akarere>> <<@pierreuwitonze748 says : Urasobanutse>> <<@gnzmnai says : Extremiste total , nonese iyo ampire Nilotic bo si abanyafurika bagenzi bawe, ibyo byiza wifuriza abanyafurika nigute uvugako kugirango biboneke hagomba guhezwa igice kimwe cy'abanyafurika. Imyumvire y'amacakubiri ni aho ngaho ihera : abazungu bazanye icyo bise diviser pour mieux reigner , nukuvugango mubanze muryane none utangiye kubona ko ikibazo ari abanyafurika bagenzi bawe ,aho utakumviseko tugomba kwirinda kumenerwamo>> <<@Mahabin63 says : Yaaaaaa urabeshye rwose. Uburundi bufite iyihe power muri EAC koko??>> <<@csek2279 says : Avuze iby abandi atavuze u Rwanda ko abatutsi bavuye hanze aribo bafata ibyemezo 😔>> <<@donatienntwari2567 says : Ayo magambo yawe n'uburozi ushatse ko genocide yakorewe abatutsi interahamwe zashakaga icyongereza?nonese abobahutu uvuga bagomba kwicwa i burundi bazicwa nande izomvugo zawe ninkazazindi za mbere ya genocide zakanguriraga abishe kwitabara babeshywa ko aribo bagiye kwicwa ko bakwiye gutanga umwanzi nonese ushatse kuvuga ko imbonerakure zateguriwe kwica abahutu???ababishinzwe bagukurikiranire hafi kuko iyimvugo yawe ihishe byinshi bigaragara ko harabayirinyuma !!!!>> <<@zulu695 says : Uyu yari akwiye gusobanura aho akura izi information hatibagiwe niyi channel>> <<@rwose4349 says : Urwanda rwo rwarangiye IDPRS 1 itangiye ubu noneho ruri gusamba rutera umujyeri wanyuma aho phizer bionetec ishaka kuzana uruganda rw'inkingo mugyihugu>> <<@nahimanacelestin7592 says : Uyu mu type koffi avuga ibihuha vyama réseaux sociaux akavyita analyse politique. En plus aremeza nivyo atazi. Ngo Niyombare ni umututsi, ngo Kenya yatwawe naba kikuyu gusa kandi Daniel Arap Moi yari umukalengino, etc.....NTA koffi nta Mutabazi>> <<@elysensanzigaba3294 says : Nawe naho uvuga kowize ntabwo abazungu bokwemerera kuyobora mumahoro utariko usesa amaraso yabenewanyu babanya africa cnk ubabuza amahoro ivyo birimunyungu zabo kand birabahimbara kubona umunyafrika ari president ariko yica benewabo biba bibi gusa cane iyo wishe umuzungu nka khadafi, yarabica w ntiyarabira ngurumuzungu cnk ,nawe urabona uko bamugize>> <<@calixtesindayigaya1999 says : Wibagiye kuraba murwanda urabe abafata ivyemezo wake>> <<@irizapeacegloria506 says : Ahaha n'ibimazi beind ashaka gutanga>> <<@irizapeacegloria506 says : Très intelligent , vraiment ntacongereza dushaka nukuri Imana utubabarire>> <<@niyakhalid5650 says : Kuki utavuga Kagame yiyegereje Abatutsi ariko karibu nkunda vision yawe>> <<@clotildenyandwi9773 says : Uyu mugabo ivyo avuga , birashoboka>>
VideoPro
>>