<<@josephhabyalimana9140
says :
Nibyo abaturage nta kibazo ahubwo abayobozi nibo kibazo
>>
<<@angelmacha7802
says :
Basaba cyane ibyobadafite ,ibyobatikorera,badashoboye,bazarekagusababate batazino gukora igikwasi
>>
<<@NiyongiraZerotte
says :
Tugirubwenge
>>
<<@bizabishakahassan9634
says :
Ukuri guca muziko ariko ntigusha
>>
<<@MUGABEOnesphole-rv8ee
says :
Ndashimira Dr rusa uruharerwe mukubaka Africa itagira imipaka , ubukungu bwacu bukagirira akamaro banyirabwo nibindi byose byo kwibohora ubwo bukoroni. Urubyiruko cyane cyane rukwiye guhaguruka rugashyigikira abayobozi bafite izi ntekerezo Rukamagana cyane ibisambo byabayobozi bashimishwano gusahura ibihugu byabo bafatanije naba nya burayi ndetse na American
>>
<<@ahishubijedieudonne1463
says :
Nkunda ko kuri izi channel baguha umwanya ukavuga kandi ibyo uvuze bakabiha agaciro, Ferdinand wa @RBA yikosore ajye aha agaciro ibyo muvuga kuko aba yabatumiye ngo mutwigishe. 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
>>
<<@eugeniensabimana5395
says :
Ivyo uvuze nivyo Abarundi turafise urukundo hagati yacu. Turakunda cane Abanyamahanga. Jewe nama nibuka naba hafi ya ISABU Gisozi nkikura hari abazungu benshi. Rero turi abana duhuye numuzungu twashaka kuvuga ivyo ariko avuga kandi tutavyumva. Nubu ndabahe ex. Abarundi baba mu Cibitoke kubera kwegera aho iwanyu mu Rwanda, bavuga ikirimi canyu. Ivyo vyerekana urukundo dufise.
>>
<<@venantndereyimana3666
says :
Merci Dr nukubandanya wigisha kandi bizoshoboka ko twese duhinduka
>>
<<@nkunzimanaalexisdangote4454
says :
Courage Dr Ruse
>>
<<@delphinemusavyimana8472
says :
Rwooose umuntu w'umusavyi nta rukundo kuko agomba kwitonesha gusa ❤❤
>>
<<@delphinemusavyimana8472
says :
Dr Rusa uratuzamura caane nk'abanyafrica kabisa ❤🎉
>>
<<@changerevolution8062
says :
Dr Rusa, tu es une bonne personne, je ne te connais pas mais j'aime bcp ton humilité et surtout tes analyses.
>>
<<@ndimurwanko1985
says :
Abarundi turasoma kandi turumva ukuri rero Kenshi ICO uyu mugabo avuga Kenshi ibiganiro atanga avuga ukuri kandi haba harimwo ubwenge
>>
<<@nakindavyialice1341
says :
Nezerejwe nuko Africa igufise,Imana Ikurinde urambe nawe ugire umwete wigishe aba ny Africa kumbure hari ibizohinduka mu nyuma kubera wewe.Hama uwurongoye umugwi waba panafricain mu Burundi naje ahabona tumumenye waguke bizogirira akamaro igihugu cacu na Africa.
>>
<<@tuyisebgejuvenal
says :
Doctor uruwamberepe
>>
<<@Inkundozubutv1
says :
RUSAKAZA TV nayo ibahaye ikaze kubiganiro byayo
>>
<<@inderuzo
says :
Uvuga ukuri rwose iyo aba Dr bose dufite bavugaga nkawe African yacu yatera imbere
>>
<<@Pacifique.mboninyibuka
says :
Namba hari abafise groupe yabo bantu aha mu burundi ndipfuza kubegera
>>
<<@christiannkurunziza8523
says :
🇧🇮🇧🇮🇧🇮... merci Dr....nous sommes très fiers de notre Président Général Major Evariste NDAYISHIMIYE...
>>
<<@akajendegetishow1692
says :
Mubisanzwe abanyarwanda nkawe 100, turikumwe turikumwe Africa yosumba uburayi na american
>>
<<@bambino1736
says :
Nous vous apprecions bcp Mr le Dr ,vous etez un homme tres intelligent from Burundi 🇧🇮
>>
<<@rwamwagajohn5335
says :
9
>>
<<@jeanclaude5213
says :
Ibihugu vya gumaho ariko zikaba intara, ntizibe ibihugu, baze barabire kuri Australia uko bimeze
>>
<<@kiizaplumbingtv9582
says :
Ducyeneye ba doctor Rusa 55 pan Africa igerweho
>>
<<@richardahishakiye5613
says :
Uvuzukuri canepeeeeee
>>
<<@caritasinamuzima2859
says :
Iwacu ni heza sha nabaturyanisha ngo ntidutwawe neza hors Isi yose irasa sha nuko abantu batavyumva.
>>
<<@caritasinamuzima2859
says :
Nta moko dufise mu Burundi
>>
<<@jeanpierrendayisenga2974
says :
NDAGUSHIMIYE BWANA DR. ND'UMURUNDI ARIKO ICO SICO GIKURU PE. IGIKURU ND'UMUNYAFURIKA .NKUNDA AFURIKA YACU. UMUNSI TWESE TWISWE ABANYAFURIKA,TUGAKURAHO ABO BADUCINYIJE BATWIBA UBUTUNZI BWACU BUKAJA KUBATEZ'IMBERE NATWE TUKAGUMA MUBUKENE NZONEZERWA.IMANA YONZIGAMA NKAZOBONA UYO MUNSI MWIZA.AHO TUZOBONA LETA ZUNZE UBUMWE ZA AFURIKA. ATA MBIBE ZIBAHO. NI HAKOMERE PANAFRICANISME.NUKO BINGOYE N'INGENE MUKIRUNDI CIWACU NOVUGA PANAFRICANISME .UBUNDI SINARI KUVUGA URWO RURIMI RW'ABAZUNGU BADUCUZE BUFUNI NA BUHORO.
>>
<<@clementdusabe3941
says :
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
>>
<<@donniegaskell8455
says :
Are you a promoter? our company is developing a global market and need a lot of influential promoters to advertise our company digital platform.
>>
<<@pascalnkunzimana9222
says :
Courage monsieur le docteur ndi kirundo courage
>>
<<@pascalnkunzimana9222
says :
Courage monsieur le docteur ndi kirundo courage
>>
<<@lyrics801
says :
Turabakunda cyaanee 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
>>
<<@eric7321
says :
Bwana Rusa barakubeshe,kuvuga ko muburundi bakundana,bakoresha isukari bikorera n'ibindi sivyo nagato .uwokubwira ibibera iburundi umusi wohera
>>
<<@great3131
says :
Dr rusaa nibyo ibyo uvuga
>>
<<@sibaimeaime3133
says :
Hhhhhh m'égare analyse ??? Urikuvuga uburundi igihugu hafi icyanyuma kwisi cyangwa uravuga corea.... Arrêtez monsieur. Ntabwo panafricanisme nkuko uyivuga abanyarwanda tuyibinamo... ifite aho ibogamiye
>>
<<@rwigemaofficial423
says :
Birababaje kuba dutunze abandi ariko natwe ubwacu tutunze🥺Imana yo mw'ijuru itabare Africa 💖🇧🇮🇷🇼💖
>>
<<@avithngendakumana8202
says :
Dr rusa nanje ndagukunda cane nibiganiro vyawe biranyubaka Kandi turagukurikirana cane.wirambire
>>
<<@niyomwungerijonathan4748
says :
Azaze UR-CE Rukara compas,azahadusanga kuko turi team nini.
>>
<<@niyomwungerijonathan4748
says :
Hello!Nongeye kubasuhuza,Sinemeranya na Dr.RUSA uvuga ko mu Rwanda nta Generation ya PernerAfricanism ihari kuko duhari turibenshi.
>>
<<@emmanuelniyibeshaho1449
says :
Komeza wigishe afrika yacu ahari tuzatinda twunge ubumwe
>>
<<@schadrackniyiragira6110
says :
Merci beaucoup Docteur, Burundians love you, nanje nari nipfuje kuhaba,I want see you one day,i believe my dream will come true.God bless you. 💕
>>
<<@bradleykhanei4092
says :
Burya ngo muri Amerika habanje etats 13.. no ubu ni 50 . Prof Rusa aravuga ukuri
>>
<<@bradleykhanei4092
says :
Africanist 👍
>>
<<@nshimirimanachristophe1140
says :
Namahoro Dr Rusa twaragushimiye gushika ngaha iwacu iBurundi ivyo uvuga nivyo turagukwirijirana,gose
>>
<<@kasukumediatv7854
says :
aka kazingo ngo ni Rusa karabeshya ko gaswera nyina...kanga amerika kandi amerika ni inshuti y'u rwanda
>>
<<@tuzojanatv2414
says :
Dr Rusa ufise vyiyumviro vy'agaciro caaane. Turipfuza KO izo nyigisho zawe woza ukazigisha urwaruka rwacu muri za Kaminuza zacu. Wiyumve iwacu mu Burundi, tukurindiranye igishika.
>>
<<@cadeaunsabiyumva5304
says :
ugwanda nuburundi turabavukana.
>>
<<@wilsonmunezero246
says :
Munkundire nishure umumenyeshamakuru abajije ikibazocuko harico uburundi bwungitse mugukurirwaho imfashanyo nuburaye Twarungutsecane kubonako twishoboye tubaho atamfashanyo abarundi duhawe
>>
<<@jeankayozome6730
says :
Nibaza ko abakwakiriye batagutembereje hose ngo wibonere uko abantu babaho.
>>
NEXT VIDEO
>>