<<@mamankamaro901 says : Imana yarakoze kukusetsa>> <<@emeryhavyarimana8179 says : Imana yomw'Ijuru ikumpezagirire cane kandi irushirize cyane kukuzigamira murukundo rwayo kugira ushishikare gushingira intahe Christo Yesu, Hama natwe tububwirwa tuzeturonke ivyo tubiba mubandi kubwo natwe dufise ahotwimbuye>> <<@uwitonzejeannedarc1 says : Amen 🙏🙌🙌🙏>> <<@alicenyabitanga1783 says : Wambaye neza mama pasteur, wowe numutware wawe ndabakunda cyane murimo umwuka wera>> <<@janenshimiyimana2924 says : Ada wahaweigisubizo nuwiteka .kuba waribuchula nnpfula yababaye byaribigoye Imanishimwe yabikoze>> <<@janenshimiyimana2924 says : Iyiiii pastor biragoye twarakolometse Amena kuba Imana yarahagukuye ihabyichubahilo.>> <<@berandajeanclaude8339 says : Super>>
VideoPro
>>