<<@arnaulddolfi20 says : Ahubwo ca usaba ubwenegihugu ! kutishimira igihugu naho coba gikenye si vyiza!>> <<@semuganzabicusulaiman2353 says : Kandi abanyarwanda nsomye comments zanyu muvuga kubarundi ngo bafite amatiku ariko nubwo bayafite harukuri muba mwirengagiza kuko mumico yabayahudi abana bafata ubwoko bwaba nyina ntabwo aribase. Tugire amahoro.>> <<@maximendabakwaje9923 says : Uwo murundi wiwe urirabira>> <<@bobicniyonkuru2669 says : Bakuveho dii mona>> <<@ngendakumanawilly2159 says : E P kibenga nanje narahize sha>> <<@helenemarierobert8557 says : Mbega akana keza mama shenge ๐Ÿ˜๐Ÿ˜>> <<@jeanboscouwiduhaye985 says : ark Urimwiza kbx>> <<@maeli6300 says : Nukuri abarundi twikebuke turondera amatiku aho atari. Kuberiki umuntu avuze igifaransa canke icongereza mukiganiro bitaba ikibazo?? Nko mukirundo ahegereye urwanda je numvise abantu baho bavuga ikinywarwanda cinshi ubu tuvuge ngo baba bariko bihakana igihugu cabo?????>> <<@alanblessed1744 says : Monia Uri mwiza vyukuri urabereye akajisho kumuntu akuraba ton apparence physique. Ariko, muri wewe niho habi kuko harakenye caaane kuvyerekeye ivyiyumviro. Neza neza uwovuga ko ufise ubujuju ntabwo yoba yihenze.>> <<@scode1327 says : Ikibazo : Uri Umurundi? Uri umunyarwandakaziii?? Inyishu : Maman n'Umurundikazi papa n'umunyarwanda Neza neza ndumva ushobora kuzosibira muri vyinshi! Amatota kurico kibazo ni mรฉdiocre birumvikana!>> <<@bokitobokitotasha8661 says : Yasirimutse biri kuyindi level๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ>> <<@Jenny.01 says : Ariko Barundi nshuti zacu mujye mureka kuba sensitive ku batavuga ururimi rwanyu barabaye i Burundi! Nukuri uyu mwana originally ni Umunyarwandakazi kuko umwana afata inkomoko ya Se usibye no mu byo kuri iyi si no muri Bible birimo,Igisekuru cya So ni cyo cyawe. Rero ndumva mutamurenganyiriza kuba avuga Ikinyarwanda kuko na cyo agifiteho uburenganzira. Mwimurakarira pe! Ntiyihakanye u Burundi ahubwo akunda ibihugu byombi! Born Rwandan, raised Burundian ๐Ÿ˜Š๐Ÿ˜Š Ururabo rw'Imana rata uri mwiza nibakureke. So nice smile๐Ÿ˜๐Ÿ˜๐Ÿ˜>> <<@batamurizashimeyesu8367 says : Monie ndakwikundira rata njyewe courage ufite ujwi ryiza. Uzi kuririmba neza cyane โคโค.>> <<@arleneisingizwe1503 says : Ese ubundi avuze ikinyarwanda cg se akavuga ikirundi bibatwaye iki ? Byose ko ari uburenganzira bwe. Komeza utere imbere mukobwa mwiza. Ab' isi ntiwadushobora.>> <<@njbbonheur says : Urivaga wa muko, gusa baca umugani ati genda uzogwa Imbere , Nimba utaguyeyo !!, Ntiwibaze kubwo arubugabo ugira ๐Ÿƒ๐Ÿพโ€โ™‚๏ธ๐Ÿƒ๐Ÿพโ€โ™‚๏ธ, ufise n'amagufuri y'uburofa mumutwe, n'utiga kuguma hamwe ukareka gutambikiza bizohera nabi, kandi Ubu bisa naho n'a kazoza kawe uriko urayivanga, ngo mu Burundi aba stars ngo baza inyuma yawe rofa gusa. Nirenganira ariko ndakurabisha amaso abiri>> <<@lindaniyo5235 says : Gusa monia ndakubwire abo banyamakuru baragucishamwo ijisho bakubona nkajuju>> <<@lindaniyo5235 says : Ahubwo ntarurimi narumwe uzi si ikirundi ntacuzi mbese nikinyarwanda ntaco uzi icongereza rero nureke kwivugisha akangereza utazi>> <<@lindaniyo5235 says : Uyo ntabwo ari umurundikazi ahubwo numunyarwanda kazi kuko ntamurundi yihakana uwariwe>> <<@cynthiabigirimana4223 says : Monia urarenz usa nez uririmb nez ham abakuvug nab bihorer nikobabay>> <<@cynthiabigirimana4223 says : Sabin wagiy Uj kur camรฉra tukakubona>> <<@marryiradukunda4807 says : Nn uyumukobwa jembonumenga numukehabwenge,iyobakubajijati urumuki,ucurindakudondagurango mama nuyu papa nuyu,vuguwuri ishurikibazo urumuki?ikigogigusa๐Ÿ˜๐Ÿ˜>> <<@lrutagengwa2875 says : YouTube ye ko utayiduhaye ?>> <<@lrutagengwa2875 says : Ku munota wa 30 avuze ko ari umurundikazi>> <<@TheDreamFamily0 says : Nanjye nari natangaye Umurundikazi usa gutya๐Ÿคญโค๏ธ>> <<@CROWN-z7p says : Be yourself>> <<@uwizeyeghyslaine5468 says : Malingo mingi ni ya nini mama>> <<@m.a7605 says : abarundi murabanyamatiku>> <<@bosconiyonkuru6151 says : Umukobwa ko numva ari umupagani pe ngo ari mu Rwanda ntasenga?urakumbura uze urakora unasenga aha ni kw'isi buriya n'Imana iba ikenewe muvyo umuntu yoba ariko arakora vyose. Gusa imvugo zawe zo kwirata no gusuzugura zizotuma udashika kure kuko umuntu agirwa n'abantu.ubuze abantu vyose biba bigupfanye.>> <<@chriswaseme9346 says : Ikirundi n'Ikinyarwanda ni indimi 2 zitandukanye.. abazikoresha barumvikana 99.9% bitandukanye nizindi ndimi. rero sinumva impamva abarundi bamwe nabamwe bivugisha ikinyarwanda ngo nuko bakizi. nimba ubantu bakuzi nkumurundi kandi nawe ukaba uvyiyemerera kuki utari proud yo kuvuga ikirundi. no matter what abanyarwanda baguma bakubona ko uri umurundi full ๐Ÿ›‘. aho bica vyerekana neza ko utari proud yigihugu cawe. don't worry my young sister One day Burundi will be Developed and I believe all will be proud of Heart โค๏ธ of Africa BURUNDI.>> <<@ncuti_yabose says : Ncuti Yabose Right here ๐ŸŒŽ๐Ÿ“>> <<@Iriho says : Jewe ikintu cantangaje nukuntu uvuga ikinyarwanda kandi Uri umurundikaziiii ๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”>> <<@arleneakimana9681 says : Ubwo ibiririmbo vyawe uzoza uvyumvana nabiwanyu twe tuzumviriza iza dram t ๐Ÿคฃ>> <<@yvellaakimana says : Kubisazw kwishim kwaw kurarenz gabanya hmmm>> <<@bbb5232 says : Uwo si umurundi umuntu atanazi nikirundi ngo( kuvuga ikirundikazi)๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚>> <<@igirukwishakanadege5335 says : None uvuze ikirundi abanyarwanda ntibavyumva kuvugana numu franca urumva nyene ntibokwumva ikirundi ariko abanyarwanda ikirundi baravyumva iyo basi sorry yigumane wa karofawe ngo basi sorry harigihe ucicuza kubwakazi kawe sha uragayana ngo basi sorry uragayana pe>> <<@igirukwishakanadege5335 says : Ntukabe WE ubundiho wafashiki uburundi ntanico warubumariye>> <<@liessendayiziga4558 says : N'ikinyarwanda ntaco uzi uribeshyera! You know yabaye you know haaaaa!!!! Ndumiweeee pe>> <<@innocentndikumana7042 says : Kuba icurico haramutse haramutse userukira igihungu woserukir ikihe???>> <<@igirukwishakanadege5335 says : Uyo numwe atibuka iyo yavuye yibuke nuburundi bwamureze>> <<@igirukwishakanadege5335 says : Uyo sumurundikazi nu mu nyaRwandakazi>> <<@francinendacayisaba2411 says : Ariko narumiwe nibazako utari umurundikazi iyuba wariwe ntiwari gukomeza uvuga you Know know watt try ikuvuga ururimi ushoboye kuvuga ๐Ÿคญ๐Ÿคญ๐Ÿคญ๐Ÿคญ๐Ÿคญ๐Ÿคญ>> <<@belladushime792 says : Ngo ikirundikazi>> <<@josephineumuhire258 says : Gusa uri mwiza>> <<@larissaniceirankunda9118 says : You know zabaye you know๐Ÿ˜…๐Ÿ˜…๐Ÿ˜…>> <<@saidamrani4435 says : Yagiye kuba indaya yabanyarwanda>> <<@rutayisireleog74 says : bamwe nabamwe mubarundi muracyafite urugendo kbx kubabazwa nukumuntu avuga ikinyarwanda ndumiwe kbx mwisubireho kbx>> <<@rutayisireleog74 says : Ayo namatiku yabamwe mubarundi binjiji nonex uko wavuga kox bitwaye icyi ๐Ÿ˜๐Ÿ˜๐Ÿ˜>> <<@alphonsemapinduzi1762 says : Uyu mwana bamureke abe uwo ariwe... ikinyarwanda kiramworohera naho ikirundi abanza kwiyumvira. Ni mwiza bihagije kandi arafungutse.>> <<@blessedmadona4552 says : Umuntu asomye commentaires nyinshi ubona ko abantu benshi bafite ikibazo cy'imyumvire. Umuntu kwitwa Umunyarwanda cga kwitwa umurundi ni iki kidasanzwe kirimo? Hari amahirwe( opportunitรฉs) adasanzwe kuba umwe muri abo bimuha ahantu runaka? Uyu mukobwa ko umubyeyi umwe ari umunyarwanda , undi akaba umurundi ntibimugira umunyarwanda n'umurundi icyarimwe? Iryo tukana muri commentaires zimwe na zimwe byerekana indero nke sinzi niba aribyo bitanga ishema ry'icyo gihugu murwanira>> <<@nadegeirankunda7499 says : you know ibaye bcp ndumiwe muko>>
VideoPro
>>