<<@nyiranduhuyeceline3110
says :
ππππππ
>>
<<@ornellaniyomwungere9474
says :
None wuganiriza gute uwo mwubakanye mu gihe acakwishura ngo tekera ugende uracari muto,ntuzobora abagushaka bandiππππππaho wosubira kuvuga?
>>
<<@ornellaniyomwungere9474
says :
Yesu aguhe umugisha Pasteur urigisha neza nuko abagabo iyo bamaze kumva inyigisho zikora ku mubano yubatse bacabakwepa inyigisho
>>
<<@ornellaniyomwungere9474
says :
Igihe wabigerageje kuba incuti magara y'umugabo cnk umugenzi wiwe akakurwiza nubusa wokor'iki?πππππgusa birababaza nuko nukubana nuwutagukunda
>>
<<@niyongabireeldivinne9280
says :
Ndakeneye contact zawe ;
>>
<<@Ω ΩΨ«Ψ§Ψ‘Ψ§ΩΨΉΨͺΩΨ¨Ω-Ω9Ψ·
says :
Amen Amen Pasta. Imana ikwonger amavuta. Natwe abatarubaka turakiriy iyomigisha mwizina rya Yesu Kristo
>>
<<@bettyndayishimiye5406
says :
Imana ishimw kandi turakunda izinyigisho Mukomezwe n'a yesu
>>
<<@hakizimanaspes8375
says :
ππ amen
>>
<<@yamuragiyeflorence9743
says :
Nibyo pe kubaha Imana ninyungu
>>
<<@suavishakizimana2379
says :
Imana ibandanye ibuzurize
>>
<<@muhimpundumerveille6053
says :
full of wisdom,njye nkunda ubwenge ufite,biragaragara ko buva ku Mana....mbasabira umugisha burigihe ngo mukomeze mutange ubuzima kuri bensi.Blessings always Pastor
>>
<<@gorrettuyishimire1765
says :
Ndafashijwe
>>
<<@aminavincienne6776
says :
Imana iguhe umugisha kubw'iy'inyigisho nziza cyane
>>
<<@fitinaeraste5421
says :
Muhezagirw cane
>>
<<@JaneMIREMBE
says :
Be blessed Pastor
>>
<<@mugishaaristide4969
says :
Amen murakoze caneπ
>>
<<@cardinalendikumagenge7972
says :
π₯°π₯°π₯°
>>
<<@nzayisengaeulade5405
says :
Pastor Imana ijye iguha imigisha kubwimitima yabenshi uhembuza ijambo ry'Imana
>>
NEXT VIDEO
>>