<<@adolphebishaza2217
says :
Sabin kutatanze numero yiwe ntaco wamufashije
>>
<<@wilsonyakakaremye1490
says :
1:04:42 1:04:42 1:04:42
>>
<<@benegusengadativa6957
says :
Iyo rwara mu kinyarwanda yitwa iseru
>>
<<@rutajdd3741
says :
Agasama bivuze mu kinyarwanda ni irwara yi iseru
>>
<<@richardhateg8662
says :
Pole sana jojo
>>
<<@HOLYDISCIPLEMINISTYFORCHRIST
says :
Ariko se iyo toilette yashatse kwitamo ngwapfe bishire, iyo toilelle yarikoze ite? Ngo atetse ibyatetse ntabwo yabiryaho ngo yarya ibyaraye bigashe. Ese indya iyo ziraye zihita zigasha? Ukuri kurafasha
>>
<<@mukamutarajacqueline7758
says :
Agasama ni iseru mu kinyarwanda
>>
<<@mukamutarajacqueline7758
says :
Uno mudamu ni mwiza ateye imbabazi n'ubwo ashavuye.aseka neza,asa neza,arabereye vmt
>>
<<@mariekamikazi9308
says :
Joselyne pole mwene data l.m Burundian Sabin komera cane ugatutse Nairobi uzodusure
>>
<<@consolatentirubuza1046
says :
Shaa Jojo, ndaguhanuye uzorondere รฉmission Kanguka aho Bujumbura uyisengere mwo, urakeneye kugirirwa dรฉlivrance !
>>
<<@oph-l4m
says :
Warakoze guhemukira nyoko, nawe umwana wawe uzogusubirize mu nkoko
>>
<<@scarine5565
says :
Love you Sabin Imana ibandanye igutereke ukomeze kwumviriza abafise ibikomere vy'umutima babashe kubohoka๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ
>>
<<@anickkanyamuneza9601
says :
Imana rero ujirenganura abarenganywa Bazira abantu babagomeee urumugore Mwiza kandi Imana izokurinda izokunezereza ubuzima bwose usigaje Kubaho urumugorevwintwariiii Imana ikomeze ikwagurire murivyose kandi Imana izoguhe inshutiii nziza โคโคโคโคโคโค๐
>>
<<@kdoluxdg
says :
Bank ntihomba
>>
<<@lilyumwiza715
says :
Yooo ๐ agasama=measles=iseru nkurikije uko ubisobanuye. Pole dear. The past can be scary, may God heal you 100%.
>>
<<@evelynekamariza6296
says :
๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ
>>
<<@mpozenzipeter4007
says :
Umwami yesu agutabare izompwemumbi ziguma zigukurikirana turagusengera imana icinzira aho bigoye vyose bigashoboka kuko yitwa ndiho
>>
<<@julieruthhirwa4402
says :
Kuvukira muri douche cg WC si ikibazo
>>
<<@julieruthhirwa4402
says :
Rougeole
>>
<<@alicebuja7706
says :
Pole sana Jose wahuye nivyago vyinshi.abarundi bakunda isimbi TV nkanje tumenyane.sabin nawe karibu mu Burundi.
>>
<<@jacksonmanirakiza223
says :
Agasama =Lougeale
>>
<<@florenceuwineza139
says :
Bayita iseru
>>
<<@ninettekaneza8515
says :
๐ขpole chrieโฅ๏ธ๐ง๐ฎ
>>
<<@emmanuelndayizeye4093
says :
Indwara y'agasama mu kinyarwanda ni Agakwega
>>
<<@clairiacelesteirakiza8546
says :
๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ
>>
<<@gentilleamin2974
says :
Akogasama Murwanda tukitiseru
>>
<<@loveinaction8111
says :
Nikuberiki abarundikazi bakoze ikiganiro abomurwanda batagira comlentaire
>>
<<@alicenahayo9502
says :
Sabin ndakunda introduction yawe ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ
>>
<<@remegie
says :
Turaha Rumonge!
>>
<<@muhozaclaudine4807
says :
Arko sabe wagiye ureka umuntu Akavuga Inkuru ye uko abyumva Utamwihutishije๐
>>
<<@peterpeter7335
says :
Agasama ubanza ari mugiga mukinyarwanda
>>
<<@amadasaloon101
says :
mtoto wanyumbani Buja
>>
<<@iragenazamida1571
says :
sabe ubawakiriye umuntu ujye umuhaumwanya avugentagihunga ntukamwihutishe
>>
<<@nahimanayvonne2432
says :
๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ
>>
<<@Hi-jw1mw
says :
๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ
>>
<<@alidamuzaneza7995
says :
๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ
>>
<<@Alena-vibes
says :
Ndakeka agasama ari iseru
>>
<<@geremanikongendakuriyo
says :
๐๐ง๐ฎ๐ด๐ฒ
>>
<<@helenemarierobert8557
says :
Sha Sabin ujye wihangana woye kubaza ibibazo bibabaza.
>>
<<@arianenikuze4475
says :
Ewewe uzokorere iyo Mana yagukijije
>>
<<@arianenikuze4475
says :
Yitwa variole
>>
<<@chantalkarekezi1569
says :
Umuyangayanga nโibariya bagurisha inyama zโinka
>>
<<@chantalkarekezi1569
says :
Agasama nโiseru
>>
<<@aaronking1321
says :
Komera lmana nivyose
>>
<<@Jenny.01
says :
Yoooo pole disi, umuntu ukwangiriza reputation no kukwica yakwica๐ฅ๐ฅ abantu rwose banduje izina ryawe Imana ibababarire.
>>
<<@agathanyiransabimana358
says :
Iyo ndwara bayita iseru
>>
<<@israelndiho9204
says :
Jose ugira urukundo rwishi ukiyibagira pole wahuye ningorane uwomugabo wumunyakirundo aracariho mukirundo niwacu ๐ฆ๐บ๐ฆ๐บ๐ฆ๐บ๐ฆ๐บ๐ฆ๐บ๐ฆ๐บ๐ฆ๐บ๐ฆ๐บ๐ฆ๐บ๐ฆ๐บ๐ฆ๐บ๐ฆ๐บ
>>
<<@chantalndayizeye4325
says :
Pore uyo mu chef waw ntajambo yari afise yari ni ryo
>>
<<@batamurizashimeyesu8367
says :
Nukwihagana โค๐ข
>>
<<@lysehk491
says :
๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ
>>
NEXT VIDEO
>>