<<@EdmondNIYONSAVYE says : Vyukuri ni batahane uruvyaro rw'Uburundi hama uwuzoshaka kuguma akorera mu Rwanda azorondere employment visa yiwe aje akora ataha muri vacation nkabandi ariko atitwa impunzu kuko naho woba uba mu kirere witwa impunzi hari ivyo utemererwa gukora kandi ubifitiye ubumenyi,mutahe shengero ry'Imana twubake Edeni yacu Shalom ❤>> <<@ElogeNkurunziza-b4g5o says : Nabe aragumayo haaa ariko asaba ibiganiro twentakibazo dufise turimungo zacu umutekano turawufise>> <<@KwizeraDieudonné-q1u says : Taha amahoro niyose muburundi ntantambara ahari😅😅>> <<@RobasoniBizimana says : Tuzobabwira kwa mahoro yagarutse yamasezerano kobayasubijeho yi Arusha muce mugaruk>> <<@HAKIZIMANAETIENNE-k6d says : Reka sogaho bataha bajahe?>> <<@NdayisabyeJeanpiere says : Aba bagomba gutembagaza ubutegetsi rero nibyo biganiro bashaka>> <<@eddiengomatv says : Ushaka azotaha igihugu kirabarindiriye iwanyu niwanyusha>> <<@eddiengomatv says : Nibabe iyonye ibiganirovyi iki nibobateza akajagari muburundi>> <<@NzeyimanaFelecien says : nange ndabakurikiye abobarundu ni batahe bajye kubaka igihugu cyabo>> <<@ngagishow2614 says : Barundi muzabanze mwitonde kko urebyuburundi ahwibintu birikugenda bigana urabonako umutekano nturagaruka neza i Burundi kbsa.>> <<@GasindiYohana-id8du says : Wap ntagutaha>> <<@fatmaalfahdi1997 says : None jew sintahura none twebwe kombona tuhabaye. None bozoca bica mwebwe ?>> <<@turibamweali8661 says : Ubundi se utaha gukora iki ko mbona ubayeho neza twebwe twamaze imyaka muri Tanzania muma shitingi none nawe urararamye mwibati ngo uri impunzi!? Igumire ahongaho rwose mbona ntacyo ubaye>> <<@bigirindavyinicaise9677 says : Ashaka ibiganiro 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣buragumyeyo>> <<@thewisetv3989 says : UBU UBURUNDI BUFISE UMUTEKANO USUMBA IMYAKA YOSE BWABAYEHO. NIBATAHE TWUBAKE IGIHUGU CIZA CACU>> <<@benjiwave36 says : umwanzarikugendatsirwa ndashima AFANDE NDAYISHIMIYE NUMUHANGACYANE>> <<@benjiwave36 says : ayomasezerano kagame yarabashuste murayasambura mushakakwica nkurunziza ngaho kazikanyu ngabnabanyamurenge ngoni m23 bazagira na m210 but bavumbuyibyakagame byogushaka kwiha ngo mpire hima kazikanyu mushakekubananabandi nahubundi kwigirabazungu kaga yababeshye bizabagor>> <<@gratiennkunzimana5118 says : Mwaduhaye amakuru atondesheje neza kandi adahengamye. Congrats.>> <<@hollasegnor9209 says : Ariko vraiment nitube tuvugisha ukuri, uyo General Ndayambaje afise abana biwe babiri baherutse guca serbie ngo bashike en Europe none ko numvise bavuga ngo barahunze boba bariko bahunga iki kandi mutama wabo ari General? Hama ngo abantu bahunguke kweri? Iyisi ntisakaye kweri>> <<@appolinairehabimana5224 says : Nibigumireyo birirumuceri nintete nivyobibabera gusumba gutaha mbona babaheza.>> <<@kananicolas3597 says : Kana1952>> <<@mugisastephen7214 says : Nimutahe dufatanye kubuka igihugu cyacu cyu Burundi>> <<@nsengiyumvadieudonne5560 says : Murakoze mushikirij amakuru meza atabogamye>> <<@diana1125 says : Nkunda ukuntu muvuza ingoma>> <<@charlesmatesorehani5012 says : Nimwigumire Imahama 🤣>> <<@kbwoyofficial1 says : Nakomeze ateke umuceri ivyo biganiro atantambara mwumva bigamijiki>> <<@felickabura6328 says : Ubukene n'a twe buratwishe.ni mwitonde murabe neza ntimurugwemwo.hari uwahungutse aca aricwa yaratubabaje.>> <<@arnaulddolfi20 says : Ico kigugu ngo ni generali ! Generali wahe ? Afise amashure angahe ?>> <<@inghabopro8495 says : Harimwo impunzi zitwenza kabisa,None bahunze Manda canke bahunze umutekano muke? U Burundi nigihugu camata n'ubuki.nubwo mwanka uburundi twebwe turabukunda Kandi amahoro ni yose kuko abarundi bari mu Burundi nibo benshi Kandi dufise amahoro🇧🇮🇧🇮🇧🇮. We are burundians and we are proud of our country 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Impunzi ni zitahe amahoro ni menshi cane>> <<@veanchynzoyisaba4123 says : N'uwo NTADOHOKA nawe nyene n'Umunye Politike. Ngo yahunze Mandat!>> <<@veanchynzoyisaba4123 says : N'uwo NTADOHOKA nawe nyene n'Umunye Politike. Ngo yahunze Mandat!>> <<@veanchynzoyisaba4123 says : Ubundi impunzi ishiraho condition ngw'itahe iyo s'lmpunzi. Uwo NDAGIJIMANA rero jewe ndamwumvise nkuko yob'arumu nye politike.>> <<@Sration says : irire intete wampunziwe ahubwo sinzi nico babashakako iyomuvugako mwahunze inzara nabatahura nayo ibindi mureke kubesha>> <<@leonidasmujakera7642 says : Impunzi itanga conditions Kugira itahe Ntiba ari impunzi Aba ari umu nye politique Nibatahe Amahoro arahinda>> <<@nduwimanaprosper8940 says : Muburundi ntiduhendane ntamahoro yabahunze 2015.1:abarimumashure bazogenzwa gut?.2.:abarimubuzi butandukanye bazobusubiramwo.?kosentare yaciye urubanza bakerekana ko imanda ya 2015.itariyo nono iyomanda kwariyo igitwara yohagarika hakigwa integuro nshasha yapolitike ihurikiyemwo Bose?>> <<@makinimoses9041 says : The best president in Africa is Everiste Ndayishimiye>> <<@ndikubwayoamede9928 says : Nibatahe Bikuremwo Ivyakera Natwe Imiriyoni Nimiriyoni Turi muburundi Abahutu Nabatutsi Dufatany Munda Turasangira Akabisi Nagahiy Nimuze Namwebwe Dusangirire Hamwe Muburundi Turamahoro Mwikuremwo Ivyakera>> <<@ndikubwayoamede9928 says : Nimutahe Natwe Turamahoro Ingo Myubake Igihugu Canyu>> <<@amaniirakoze862 says : Taha ntaco muriko murakora I rwanda>> <<@imyambitv says : Muhabwumugisha>> <<@pascalndayiragijepascal1393 says : Igihugu caraze nibabihoze bagombe bibere murwanda.>> <<@hategekimanapatrick8645 says : Uuuuu muburindi ntamahoro ahari?>> <<@nijimbereeric6995 says : Ahaaaaaaa.Mbeg'igitangaza J de Dieu umurund'asuvy'aband'agaciro mukugir'atahe asab'ibiganiro>> <<@felickabura6328 says : Ntiharagra ko bahunguka Kiko hari uwahungutse aca aricwa.batinya ko nabo bohava bicwa.>> <<@joemac7463 says : Mu Burundi turi 12 millions kandi haramahoro akwiye ntantambara ihari !!! Uyumugabo arashaka ibiganiro nyabaki ???? Ashaka kuganira nande !????? Igihe bahunga bavugako bahunze mandat ya 3. None ubu turi muri mandat yakangahe ?????>> <<@flaviakezimana4596 says : Hahaha ashaka ibiganiro kugira atahe>> <<@ngabonzizaviateur2371 says : Mbega kuba mubuhungiro murumva aribyo byiza kurusha kubaho muri mugihugu cyababyaye ,ark wasanga haribyaha mwikeka nahubundi ubuhunzi sikintu rwose>> <<@ndarishikijejeandedieu8860 says : Ushaka ibiganiro? Ushaka kuba Ministre>> <<@mugenziisaac5503 says : Nibahunguke igihugu ni nyabagendwa>> <<@cedriquejoshuas6961 says : Musubizemo abo bantu bari kuvuza ingoma. Mbega umwana Uzi kuvuza ingoma!>>
VideoPro
>>