<<@rosepaulabucumi918
says :
Turagukunda ni kalibu
>>
<<@manubig5529
says :
Nkunda ukuntu aca bugufi ureke twa dukobwa tubiri twasajijwe nawamupagani ngo ni irenรฉe
>>
<<@aaronmatemane8653
says :
26 st 2 fred 3 yesuwe e46 tf 6642t re gat542 jus7yr te te54t ye 3te rye the t ttx ugh. =r4=e tf free f rye dew
>>
<<@inesirakoze4980
says :
Tumugirira nabi tumuhoy'iki๐ณ๐ณ๐ณ๐ณAriko MANA yo mwijuru ๐คNi kalibu Mukozi w'IMANA ๐๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ
>>
<<@ismahtv299
says :
Ni Bruce melody wo muri gospel ๐๐๐
>>
<<@eddyrosekaza7922
says :
Sabin abantu bajabavugira mukiganiro uzojubakebura kuko bisanabi.knd nabo nabantu bakuru bab bigengesera iyo ikiganiro gitanguye.
>>
<<@eddyrosekaza7922
says :
Kalibu Mbonyi iyaguhamagaye niyokwizerwa ninayo izokuzigamira mugihugu cacu Knd burya iburundi nigihugu Camahoro,uzogubwa neza kurusha mber ukuvyiteze. Abarundi nabanyarwanda turavukana .
>>
<<@doucineigiraneza933
says :
Burundi turagukunda cane ntamugambi y kukugirir ,nuwovyiyumvir az ahur n Imana KK urumukozi wayo kabisa
>>
<<@kamikaziidigne8549
says :
Ntacyo bazamutwara ibyo Igihe cyabyo cyaratambutse
>>
<<@simbarakiyedamien7775
says :
Twomugirira nabi tumuronderako iki?nimuze murareka inzigo,ivya Bruce melodi vyategerezwa kugenda kurya kuko yategerezwa kuriha ivyo yariye ntiyishure,none Fizzo ngaho murwanda ntavyigeze kumubako?abarundi haramajambo bavuze canke nuko tutazi kuvuga?mureke amacakubiri turibamwe.
>>
<<@jayavatar1577
says :
Hari abanyamakuru banga ๐ง๐ฎ ๐ช Ngo abarundi tura boycotta ibiteramwo by abahanzi b'Abanyarwanda? Uwo mu type ntacyo afite abwira abantu kabisa!
>>
<<@christophemanirambona7069
says :
Karibui BURUNDI mu gihugu ciza. Turirimbe "Yaratwimanyeeee"
>>
<<@felicitemuhezagiro2171
says :
Kalibu caane Mukozi w Imana.Abarundi ntakibazo tugufiseko nakimwo humura ntac uzoba
>>
<<@languida1836
says :
Ni karibu Mbonyi turagukunda,kandi abarundi ntituri babi.
>>
<<@dieudonnendayishimiyeoffic9709
says :
Uburundi ntabwo ari igihugu c'abagizi ba nabi ๐ง๐ฎ
>>
<<@valentinemugisha7864
says :
Ukuntu nyene tumushuhiye bikubesha muburundi turagukunda cane ntaco uribube nagato
>>
<<@cimpayeclairia
says :
Burundi niho mwabonyeko bagira nabi??? Arik imitima mibi mwebwe muyikurahe?
>>
<<@jshsjjsjsjdnhsn2833
says :
Ikosa nkubonyeho Mbonye ko mujya gusuhuza umukuru wigihugu mugakuramo ingofero nigute wasenga lmana wubaha uyambaye sibyiza ntukongere peeeeee
>>
<<@alfredkennedyniyibigira
says :
None murinabza uko iwanyu bagirnira abandi nabi niko nahandi bimeze?
>>
<<@Fkqueen-eb7pm
says :
it's an unhealthy drink. coca cola.
>>
<<@caritasinamuzima2859
says :
Kuki bakugereranya na Melodie wewe uri mu butumwa Bwiza ntakibazo uzokora iburundi dukunda abakozi bimana
>>
<<@claudette12tuyisenge83
says :
Mbonyi karibu Burundi turagukunda ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐๐๐๐
>>
<<@Gentil20
says :
You are welcome in Bujumbura we you and your songs.U Burundi Ni igihugu nyabagendwa Sabbin ntawuzomufunga azisanga ntakibzo nakimw ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ
>>
<<@Rallymodel
says :
Reka mbagire inama.mugemufungura icyangwa mbereyumu kiriya
>>
<<@francinendacayisaba2411
says :
Mbonyi ni kalibu Burundi turi abantu beza ntaco uzaba turagukunda ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎkandi abarundi na banya Rwanda twse turibamwe ๐ฅฐ๐ฅฐ๐ฅฐ
>>
<<@josianewise961
says :
Nizerako aruwimpemu cne nasenge yumve icompemu yera amuhishurira kubijanye nokuza iburudi
>>
<<@jina-y7x8y
says :
Abo bantu bariko baravuga batera inkuru vyagenze gute ngo bije mu kiganiro tuvyumve neza. Ngo ni Bruce Mรฉlodie wo mรปri Gospel n' ibindi. Kandi bakomeza bavuga ikiganiro catanguye.
>>
<<@muzimagrace9331
says :
Yooo karibu Can mu Burundi tukurindirany igishika cinshi,nukuri reka kumva ivyo babesha nikaribu Can,Kaze duhezagiranwe ๐๐๐
>>
<<@iranzizouzouzuriathiranzi8588
says :
Abakunda mbonyi nkanje mumpe like nyishi tuhatwike
>>
<<@mimibe4206
says :
Mbonyi nkunda personnalitรฉ yawe,nimpano yawe kuko uririmba indirimbo zirimo umwuka wโImana courage ๐๐พ
>>
<<@Isimbizi
says :
Cyakora nanjye ntinya iburundi na congo na amerika ahantu najya kwisi ni I roma nkaharirimbira indirimbo ya dore imbogo
>>
<<@inampayanoevelyne9121
says :
Iyizire ncuti ntaco uzoba , Imana irihafi yawe turagukunda caane indirimbi zawe ziratwubaka caane gose
>>
<<@chantalngendanimana2757
says :
Ninde yababwiyeko abarundi arinkozi zibibi?ababivuga uko nibo bafise ikibi mu mitima yabo.
>>
<<@ntekotv
says :
Ntaco bazomugira
>>
<<@ntekotv
says :
Ntaco bazomugira
>>
<<@ngiruwonsangamoise1086
says :
Nabonye iburundi hari isekeza ryo guhombesha show zabanyarwanda ,erega umuziki mwiza urijana
>>
<<@chellaniyinshoboza9146
says :
Bamugirira nabi kubera iki ??ubwobuhanuzi bw'ibinyoma mwishinga mwiyi minsi yanyuma muragabe
>>
<<@ncarwatsi
says :
Ubwobuhanuzi bwabo babugize business basigaye bahurisha ijambo ryimana ndake
>>
<<@virginiendayiragije820
says :
Abakunda isimbi tv murihe?๐
>>
<<@benignenibitanga2051
says :
Tumugirira nabi tumuhigako iki
>>
NEXT VIDEO
>>