<<@nyamure
says :
Erega aba tutsi ibintu bari bafite babihawe naba zungu nibo babahaye ubutegetsi babashira mumashurii mubuzi. Naho rero haviriyomwe ubugome hagati yabahutu naba tutsi
>>
<<@nyamure
says :
None nigute abazungu bakundaga aba tutsi bakabashira imbere ariko bakabica bakica abami baba tutsi? None ntamuhutu yigeze aba umwami? Kuki abami aribo bari aba tutsi? None kuki abanyarwanda nabarundi beleye umuzungu akabacamwo 2 akabashiramwo inzangano umwe ngo numututso uwundi ngo numuhutu? Bakabyemera? Munyuma niyo ntandaro yubwicanyi hagati yimuhutu numututsi luburundi nomurwanda. None ubu ko twabonyeko twabeshwe numuzungu kuki ubu none urwango rwakoleje nubwicanyi hagati yumuhutu numututsi? Kuko turibamwe twese ntitwopfa amazuru twese twarzmwo n'Imana erzga abantu naho bari différents barabana. Turi ibirofa gusa. Umuzungu yaratwize aratumara ngo umwirabure nuburebure gusa ngo mumutwe ntakiriyo😂 none nigute umuzungu we yaciye ubwenge kuva kera kuruta umwirabure kuburyo badukoroniza bakadutwara bakatwica bagatera imbere cane kuruta abirabure. Bo kuki baciye ubwo bwznhe twebwe ntitubugire? Bakamenya gukora imbunda gukira umwenda ibirato kwubaka inzu zikomeye gukora imodoka indege vyinshi. Abirabure mumutwe turi vide dufite byose ariko ugasanga gushika ubu hari abantu bakicicwa ninzara muri afrika.
>>
NEXT VIDEO
>>