<<@abiellabatarihotv1510
says :
Ariko nawe urihimbaza, umaza imyanya uvuga ivyowakoze, ariko nturikuvuga ivyo Yesu yakoze. Ico ukubamfu gukoze ntikikamenyeshwe ukuryo, ubu abenshi batsitara kuriryo jambo, vyananiye benshi gukora ibikogwa vyomibanga.
>>
<<@estherkevin6083
says :
Yes indeed no murigereza Ikujyanayooo kuko hariya nikumutima wi Imana!!!! Aho udahabwa amaturo cgse ngo bakugamire inka, imodoka nibindi byifuzwa nabenshiii !!! Muzambazeee mbifiteho ubuhamya bufatika. Cyaneee
>>
<<@furahabamurange2443
says :
🙏🙏🙏🙏🙏🙏❤️👍
>>
NEXT VIDEO
>>