<<@francinekayitesi9018 says : Sabin mwiriwe twifuzaga kongera kumenya amakuru ya Dudu na fille>> <<@ippropertymanagementsolution says : Sabin Oya pe Ni wowe dushaka>> <<@nyamwizaflavie5205 says : Sabin wagiyehe koko😕😕>> <<@francinendacayisaba2411 says : Sabin ugiyehe koko???????🙆🏽‍♀️>> <<@jina-y7x8y says : Sabin ikiganiro ca Bishop Brigitte mwaragikuyeho ? Vyagenze gute ko numvise yavuze ibisanzwe. Ubwo ngira harabo kitashimishije ko hari ama églises 2 yavuzemwo nayo ubundi ivya barya bageni nta kibi numvisemwo.>> <<@ARAFATVSHOW says : Umugore wajye azi guteka Ako kanu karankomye>> <<@butarembaga7710 says : Ramutsa abantu mu rurumi rwacu ureke izo ndimi zose .....>> <<@tg-pass3449 says : Bashunga oyeee>> <<@ARAFATVSHOW says : Sabe wagiye Koko😭😭😭😭😭😭>> <<@pattohronzo516 says : Iyo Sabin ariwe urikuvuga ubawumva arisawa kbs, harigihe abantu baba bifitiye igikundiro peeee>> <<@gygygyslaine5016 says : Sha Sabin nawe vyakujabutse peeee kuk utanadusezeye koko😭😭icakoze nawe arashoboye nuko atatwiyeretse😥 couple ninziza umugabo aratuje umugore nimwiza💘💘>> <<@balancedlifetv says : Nice couple, enjoy your marriage forevermore!!!!>> <<@jina-y7x8y says : Ko twabuze Sabin turaraba uwo mu dame ni mwiza pe aryoshe kuraba.>> <<@nomore8398 says : Ngewe nkunda Sabe ukuntu abaza!!>> <<@mandahoza says : Yooooooooh barananza baki,presentant Sabin rwose ntawakutunganya>> <<@zuzu1421 says : Muberànye blessing couple>> <<@jina-y7x8y says : Uyu muntu yasubiriye Sabin ko ativuze ? Canke nije ntumvirije neza. Tutumvise ijwi rya Sabin umengo ntituri kw' Isimbi.>> <<@ishimweplacidy9598 says : Couple twemera we love u ♥️♥️>> <<@dianemuhawenimana3666 says : 😘🥰>> <<@1short_s says : Baby ndabona umeze uku😂😂😂😂😂😂😂😂my couple crush...djami nabuze number yawe baby nyandikira kuri WhatsApp ubundi unsetse 🤣🤣🤣🤣🤣>> <<@janetmukamunana8648 says : Iyi se ni isimbi ya Sabin ko numva atari Sabin ?>> <<@djanathumulisa7954 says : Sabin weeee🗣🗣kani🚶‍♀️>> <<@urunanatvrwanda7446 says : KORAKURINOFOTO YANJYE UNKORERE SUBSCRIBE 🔥🔥🔥😂>> <<@ikazetv2192 says : Sha, ufite umugore mwiza kbsa. Elle est très sympatique, très belle, très pausée, ....afite nijwi ryizaaa. Abouba rero uzajye wiha agacupa cg fanta>> <<@Ubumwe485 says : Sabin yafashe akaruhuko ,ntiyasezeye ariko 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮>> <<@christineuwasse1396 says : Turashaka Sabin>> <<@jessica-py5sf says : Sabin arihe raa??niba atariwe reka nihe nigendere 😂😂😂>> <<@benignemutuyimana8952 says : Umumama mwiza ❤️>> <<@fanyangel8732 says : Sabin Dukunda uburyo utangira ikiganiro ikindi tugakunda nijwi ryawe rwose ntukadusige 😭>> <<@fofo_Amigo254 says : Oooh that's why!!! Iyo muba Nairobi wari kuhakunda. Mombasa iranashyuha Sana. Muri beza Allah akomeze abubakire🙏>> <<@jamilamalieha6161 says : Nice job keep going>> <<@ingabirejackline1725 says : Uyumwatuzaniye ninde? Nizereko sabin atagiye.kuko yatumenyereje gutangiza isengesho nshitsintege.>> <<@fofo_Amigo254 says : Hmmmmmm🙄 irijwi c? Sabin arihe?>> <<@elzaineza8911 says : Saben ariheeee ntago yabi dukora nawe urashoboye arikoo. Kabayekukurya😂>> <<@Ndayizeye250 says : Sambi nawuhari nihashyobora ngushya>> <<@mohdkwt5378 says : Sabin ntusezera abafana mamawe🇧🇮🇧🇮>> <<@iyakaremyedaniel4456 says : Nange naje>> <<@bwizanatacha4 says : Sabin yagiyehe kko tubabarire ntugakoreshe undi rwose>> <<@nisingizwegonzalve2501 says : Mbaye uwa mbere>>
VideoPro
>>