<<@niyigabatn-ji5sf says : Iki kintu mbona nkahumengo haragabo 2 basomana ese nukuri ?nakaga !>> <<@bettyuwamwezi1597 says : Thx so much bro. Mureke dukanguke kandi dushikame tuvuge Umwami Yesu aho turi hose. Amen>> <<@erickndizeye2560 says : Ico kintu co guhura na barya bandi mukaganira kugira mugire ico muhirijeko ndagikunze cane kandi nizere ko muzobiganira mukabikora kuko burya n'intumwa zambere zarakora ibintu nk'ivyo.>> <<@nizigiyimanafofo8730 says : Ameen hezagirwa canee>>
VideoPro
>>