<<@Mutabazifabrice-d6h7m says : πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™>> <<@mukundahejosephine3906 says : Urakoze cyane mushumba iri jambo rirubaka ubuzima bwacu umwuka wera akomeze akungure byinshi byo gufasha abantu.>> <<@ABatonitv1 says : Imana Ishimwe cyane❀️>> <<@JeanneHatungashima-JFT says : Murakoze cane. Ndasavye Imana iduhe gukoresha inkomezi zacu neza. Abamama bose bakomere namwe kandi mudusengere!>> <<@ntakirutimananadine5628 says : Imana idufashe gukoresha inkomezi yaduhaye mukuyihesha icubahiro>> <<@FrancineIrikumwenatwe-ev7ii says : Murakoze mukozi w'imana uwiteka ashishikare gucura ijambo ryiwe mur wewe natwe turuhugwe naryo>> <<@christinenyirahuku2096 says : Be blessed>> <<@jurumariechantal1352 says : Imana iguhe umugisha Pastor! Imana idushoboze gukoresha ubwo bushobozi duhindure isi, dufashe nabo Imana yaduhaye . Mariya Yarumuhanga ,sinajyaga numva neza Imbaraga ry'Ijambo yavuze urakoze cyane>> <<@mbabazischola8676 says : Imana itwambike imbaraga zi nkomezi>> <<@ninaclaudiamuhoza3559 says : Uhezagirwe Cne pastor wnj kunyigisho nziza udusangij πŸ‘πŸ‘ubalikiwe sana>> <<@chantalkakunze259 says : Uvuze ukuri past. Imana idufashe>> <<@chantalkakunze259 says : Amen>>
VideoPro
>>