<<@ukuritv9506
says :
Boss kosora igihe cy'urubanza kizabaho igihe itorero rizaba ryarahiye mu ijuru
>>
<<@pierreclavernduwimana1974
says :
Wa muntu we,jewe ndavuga ivyo niyumvira nivyo mbona. Nivyo uratwigisha ibintu bitoroshe. Ariko ikibanza wicaramwo kiradutera ubwoba. Kuki twama tubona wicaye mubintu umengo numuriro ???
>>
<<@gorethmurekerisoni41
says :
Yesashimwe, icogitabo muburundi twokibonahe?
>>
<<@ayirwandamahoro
says :
Muraho ni amahoro, Sura urubuga'INYANDIKO tv' Hari ibindi tugomba kumenya
>>
<<@liberenyabenda6646
says :
Amen Imana ibakomeze nubutumwa bwiza bwukuri mudushikiriza ngombandababaze mwahoramundungikira ubutumwa Kuri wasp arikontimukibundungikira
>>
<<@balthazardusabeyezu6695
says :
Amen! Abakristu dukeneye inyigisho nk'izi rwose pe! Courage Mukozi w'Imana. Imana iguhe umugisha mu izina rya Yesu.
>>
<<@leandayikengurukiye506
says :
Mbega kirimururimi ruki?
>>
<<@leandayikengurukiye506
says :
Komutavuga igitsiro cigitabo?
>>
<<@leandayikengurukiye506
says :
Ndabaramukije mukozi wi Imana nukuri Imana I bahezagire tsaaaaaaa kuvyo mwuri kutwigisha
>>
<<@Rfhbvxsrgh
says :
Imana iguhezagire mukozi wimana Kubutumwa bwiza uduhaye,
>>
<<@emmanuelnkunzimana
says :
Ibyo uvuga bizakugaruka
>>
<<@christophekabura5906
says :
Yesu agukomeze Bwana J.Luc Ibisigaye hasigaye indunduro twitahire iwacu mwijuru
>>
<<@gervaisntirenganya470
says :
Nukuri ubutumwa mutanga nibakebokubahuka kubuvuga kuva ahomenyeye iyicano ndamazegutahura ibitaribike Imana ibakomeze
>>
<<@alineciza838
says :
Uhezagirwe cane mukozi w'Imana
>>
NEXT VIDEO
>>