<<@dianekaneza2731
says :
Ubu tuzokwiyumviririza Sabin niwe atabesha
>>
<<@nkengurutsesylvestre2439
says :
Sandrine. Uradushakira. Keza. Nayakamwana. Nukuri. Yabanarimfise. Nom. Yakeza. Nomwibarijijambo. Kumbenabagome. Kunduhenda. Ibihenkibivyose
>>
<<@ibyishimom3687
says :
Urikibwa wowe
>>
<<@luendosabah2047
says :
gendiyo nawe urumunyamafuti
>>
<<@azizaaziza9113
says :
Sandrine ๐๐๐ umunyamakuru iyomubonye mpira nibuka wamunsi bamusanze kwa murundi ngo ari kumwirukana Isiyaka abwira uwaruri kuri camera Ngo nkurikira keza tumenye impamvu murundi amwirukanye
>>
<<@yveskind1058
says :
Murahinyuts kbx tubabwira
>>
<<@mpuhimpundualice1800
says :
ese wazahamagaye keza akaza ukamubaza
>>
<<@eliananindola3075
says :
Warakoze kuvuga ukuri kandi imana izabiguhera umugisha utagabanije kuvuga ukuri beshe bari murujijo
>>
<<@paxafrika3696
says :
Sandrina urakoze cyane kwongera kutugaurira Issiaak Manager, uzadushakire na Keza azaze ahamye iby'impanga ye yitwa Sandrina.
>>
<<@linaemma7535
says :
Ariko uyu journalist nawe mwafatanyije ikinyoma ahubwo ndumva mwarapfuye amafaranga bahaye keza hama ntimuyasangire ikaba ariyo mpamvu urakaye ukabishira kumugaragaro.
>>
<<@fidesinimahye7445
says :
Ivyobintu barikuvuga nivyo koko?
>>
<<@juliannewambui3059
says :
Keza ashobara kuba yifitiye akabazo mumutwe
>>
<<@belyseirankunda7277
says :
Jewe ndipfuza kumenya uryamu Pastor yagiye muhira kwakeza nawe yaratumwe???
>>
<<@belyseirankunda7277
says :
Keza yaranyomoje gusa yomeyako kwiyisaha ashobora kugira ikibazo akabura uwumuserukako kukoyabeshe abantu ๐คjewe narumiwe nukuri umukobwa akora ivyoyose
>>
<<@patrickgashuri9238
says :
Urazana keza ubahuze keza akwiye agasho kuk yara tubeshe
>>
<<@patrickgashuri9238
says :
Sha urazi akazi kandi ubabarirwe nukuri wari kukazi
>>
<<@ninapolo957
says :
Ikindi uwuri kunda yohagara akavuga kurya nimwitwengere basha ntavyo muzi abatarafatwa ninda.
>>
<<@ninapolo957
says :
Naravuga mukantuka ntamuntu yavyaye atambuka kurya ndi umu mama wumwana umwe narabibonye uko bimeze ukuntu bidakunda kunicara hama agatambuka nkuwuri muri sport ๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฃReka reka ntawutazi uwavyaye uko atambuka
>>
<<@ndikubwimanaanastase4303
says :
Ntabwo yago yabishyize kuri camera harikindi agamije oya kwarukugirango yago yere abantu bamuhaye amafaranga yogufasha yaka aberekeko yabikoze ntakindi yago yaragamije rwose
>>
<<@umushamboyassin8836
says :
NABIBONAGA KARE KOSE PE MAZE MUKANTUKA YEEE๐๐๐๐๐๐๐๐๐
>>
<<@janeatg2871
says :
Siaka nawe ubivuze kubera agutwaye akazi kuki utabivuze kare ngobareke gufasha izomarine ngo zatewe inda ninzererezi๐๐๐
>>
<<@janeatg2871
says :
Ese kuntuntu naguma mbaza keza ibyumugobowe Kuri Whatsapp kumbe nuburyarya iyaba narihafi yayari kunsubiza ibyo ubufarangabwanjye ngondigufasha umubyeyi nareste gufasha abagowe ngoturi gufasha umuntu kumbe nimarine
>>
<<@nadinemuhimpundu2658
says :
Tu es un vrai journaliste qui sait ce que c,est la dรฉontologie professionnelle. From Belgium
>>
<<@habimanahair
says :
๐ค๐ค๐ค๐ค๐ค๐ค๐ค๐ค๐ค๐ค
>>
<<@BOHORWATV
says :
Munshakire ungingo ihana ibyaha murwanda byibisha ikorana buhanga!! Nirihe?
>>
<<@lionel6628
says :
ushaka kwamamara x wamugabowe
>>
<<@wevbydfcbbb9761
says :
Narabivuze kokeza azogira iherezo Ribi issac nakosawakoze kuvugishukuri komera
>>
<<@wevbydfcbbb9761
says :
From Burundi komera sha issac wendakwemera
>>
<<@Davidos-g8b
says :
humura nturimbwa usibyeko agacirokimbwa gategwa naho iri mubazungu bazirutisha abantu
>>
<<@oliveumutoni9434
says :
Ese koko harabantu baribaremeyeko keza atwite cyakoza ndabona injiji zikiri nyinshi cyane dufite akazi gakomeye. ntagushishoza nukujya aho bigiye kweli
>>
<<@umutonichristelle2314
says :
Oya sha isia, Yago kubishira kuri camera ntabwo yashakaga kwiyemera ahubwo yasobanuye ko iriya myenda uri umu diaspora wamuhaye amafranga ngo agurire yaka amugurire ni biryo gusa ntayamuhe mu ntoki. Rero kubishira kuri camera yago nibazaga ko yabikoze kugira ngo abantu ntibazavuge ko yayariye
>>
<<@utetiwabodudu4666
says :
mbega
>>
<<@uwamariyaclarisse2516
says :
Kagakobwa kwari imbobo se. Ntano kugirira impuhwe uriya murundi kweli
>>
<<@bayizeletiel1659
says :
Nimpemuke ndamuke mayomwijuru dutabare isi igeze kure
>>
<<@bayizeletiel1659
says :
Ugizeneza kwibohora ivyuvuze nimbarukuri, bariguhemukira beshi sandine na yaka uwonumuvumo murikwikwegera nimugarukiraho bizabagora.uwomuco nimubi none nkabaguhaye amahera yabo ngobarikugufasha mubibazo ufise bazagufata nkumujura nambarivyo avyavuze nimusabimbabazi.
>>
<<@ุงููุชูุงุง
says :
Mugwanda muranyica ivyo nivyo. Bita kwiba. Murarushe njewe ntamaherangora ariko ivyokeza yangira nakaryarya. Biraboneka ariko azobona arikwisi sinyeneye nokumwumva numwanyanataye IryaryA abayafise nimufashe abagwaye aqana kakeza kingisuma nuburyaryA nubusambo sinyeneye kukubona mudutesha akazi ngotubakurikirane muzobonibara murikwisi keza urarushe ukirimuto ngowavyaye urakavyari mqene numwanyawanje nataye imanimbabarire ndakwase sinigezendanagukunda narabonako urakaryarya kinda indanihangabasha
>>
<<@Zarielzario
says :
Keza ayo mafranga bagiye bamwoherereza aba yarayakoresheje agafasha bariya bababaye bafite uburwayi bukomeye !
>>
<<@aliseblesing1084
says :
Nihatari kezayarimagiye๐คฃ๐คฃ
>>
<<@dieudonnemugirangabo8174
says :
Sandrine uyumugabo udakina nabana numunyakuripe jemvyemera100/๐ฏ vyukuri nkibona uwitwa se wa keza Muka Yaka nivyoyavuze nanyina wakeza abitwako ari sebukwe nanyirabukwe wayaka birya ntawovyubahuka kubivuga cugerekako amajambo yaka yakoresha arikumwe n'a sebukwe vyukuri Issac urumunyakuri ๐๐๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ
>>
<<@didkim447
says :
Isyaka icyukoze wambaye ishapo nziza pe ndabona uradufana pe.๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ฆ .
>>
<<@broandss4004
says :
Kabisa ukuri niko kwiza ๐ง๐ฎ
>>
<<@emmanueiane7997
says :
๐คฃ๐คฃ
>>
<<@ุณููููุฑูุณููู
says :
Hahahahaha,ntivyoroshepekumbe,keza ntamwanafise,ndumiweeee๐ค๐ค๐ค๐ค๐ค๐ค
>>
<<@alinekarega8596
says :
Ahubwo se umuntu arabeshya akabura nu muntu numwe byibuze wamumenya avuge ko amuzi ahantu mu mugi wa kigali
>>
<<@ficturdraigon2057
says :
Keza nafate isuka ajye muguhinga ?ubuse amafr yabandi amaze kurya ?ubwo bizamumarira icyi ?keza ibyo wakoze bizakuharuka ?
>>
<<@abcdefgger
says :
Falangaaa
>>
<<@safariangella9035
says :
We need keza oo sander is anyway you can find her
>>
<<@butoyiliesse4699
says :
Nn uryamwana Keza afise nuwande ???
>>
<<@butoyiliesse4699
says :
Rwanda ikwiye gusengegwa Ew keza ๐ค๐ค๐ค๐ค๐คurawihay urumukobwa nkaw urikuy urupfasoni
>>
<<@abcdefgger
says :
Nimujye muzana byose twirebere
>>
NEXT VIDEO
>>