<<@TheCharity. says : Urakoze cyane.>> <<@Yvescomedian says : Ububutumwa urikuduha abanyamadini barabiduhishe ariko igiheniki>> <<@Yvescomedian says : IMana iguhe umugisha ubwo bujanuzi buradufashije komereza aho>> <<@ingabirehonoree5804 says : Amen,Urakoze cyane kd rwose umwuka were akomeze kudusobanurire. Icyo kiganiro kizakurikiraho rwose turahari ngo dusobanukirwe>> <<@havyarimanaolivier302 says : Yesu nashimwe nagira mbaze mbega hitrell koyishe abayuda benshi kwarukugwanya Miami wimana canke umugambi wasatani>> <<@Dieuesttout24 says : Amen>> <<@EmanuelBizimana-x4d says : Muvandi Imana uguhe umugisha ntukabure k'umwuka wera.>> <<@annonciatengiramahoro5347 says : Mwiriwe, Mukozi W'IMANA Jean Luc,KO hari abandi bigisha ko antichrist azoza itorero rikiri mw'isi ngo aramutse aje itorero ryavuye mw'isi ngo ntaco azoba agikora kuko azorwanya itorero nyene.Namwe muti antichrist azoza itorero ryavuye mw'isi, Twebwe tubakurikira duca tuvangirwa tukabura icukuri dufata>> <<@balthazardusabeyezu6695 says : Amen>> <<@SindayigayaEdouard-of9no says : Yegorwosepe inyamaswa nubwami>>
VideoPro
>>