<<@aloys2299 says : Gusa wiz naramukunze ukuntu yihanganye bamutwara umukunzi kuraje cyaneeeee ndakwemera nukuri 👍>> <<@aloys2299 says : Gusa ahisha 👍👍asetsa kubi Gusa Aisha kuraje cyaneeeee nsigaye ngufana cyaneeeee>> <<@musabyimanaangelique5423 says : Aisha>> <<@lynelychou1009 says : Uyo mukobwa kwasa nuwukina commedu.muri team ya nyaxo>> <<@محمد-ط5ك6خ says : Ego ndi aisha>> <<@mcdrsuperrwanda815 says : Uyu mutipe yivugisha ashaka kwigana Kaddafi>> <<@jasminel1272 says : Pfonda kurino foto yanje wirabire video zanje mwese.murakoze!>> <<@mpawenayochantalofficial1051 says : Papa wawe vyukuri 😳😳 cank murabesha usanga mubeshera abavyeyi jendakeka ntawakwurira umukobwa wiwe manayeeee ndumiwe nkuko numiwe kuri keza na yaka>> <<@uwamahoroadeline6765 says : Aisha wa kaganga>> <<@simbikangwajohn619 says : Hahhhh muransekeje kabisa muri n _1>> <<@pascal5637 says : Aisha wa kaganga 😂😂😂😂😂>> <<@uwitekaniwemanaamen6008 says : Camera man yasinze afite isereri rwose 😅😂🤣>> <<@anetkiiza6118 says : Mbega camera person ko ataguma hamwe ariguceza oe>> <<@marieofficial8818 says : Uno munsi cameraman ntiyanyoye ku cayi ariko arajugumira mu maboko>> <<@jozifalmadhour3058 says : Uyu mukobwa ni aisha umwe yanka kaganga>>
VideoPro
>>