<<@joelmiburo622
says :
Ni vyiza cane
>>
<<@eliya-mTV
says :
Amen amen amen God may biess you so much thanks very much I'm from Finland 🇫🇮 🇫🇮🇫🇮🇸🇪🇸🇪🇸🇪🇺🇦🇺🇦 ♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️🚨🚨🚨🚨🚨🚨🚨🚨🚨🚨🚨🚨🚨🚨🚨🚨🚨🚨🚨🚨😍😍😍😍🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🫁🫁🫁🫁🫁🫁
>>
<<@mwirabureeric9226
says :
Nivyo ivyo kwugira umugore witirirwa yesu yaravuze kwatabiriyo ariko ivyimibono mpuzabitsina bizohaba kuki nyamba mwijuru hazojayo igitsi na kimwe ico uravye neza bibiriya yerekana atavyiminonano mpuzabitsina izobayo ntamugore numwe azoja mwijuru .kk icumugore yaremewe nuguhuza igitsina numugabo gusa .Bigaragarira kugihano lmana yahanishije umugore kwazamanira inyota umugabo,nukuvyara arushe vyose bifatiy kugitsina,igihe cose .kandi kumera nkabamarayika ntibisigura kudashaka imibonano mpuza bitsina kk mwibuke ko Hari umuce wabamalayika wakuwe mwijuru kk kugomwa abagore Bari mwisi.nn wocumbwira ko nitwaba turi mwijuru tuzoreka kubashaka gut turi kumw,kk nabari mwijuru baragomwe abo babonye mwisi kandi bibiriya ntacaha yabashizeko kimwe gusa lmana yaraborohereje ibegerza abagore barabarongora kandi Ntaho yerekana ipfa ryabo bamarayika kugeza kwiyisaha ntawuzi iyabo bamalayika banyikiy?
>>
<<@nkurunzizainnocent7751
says :
Uyu niwe Pastor w'Ukuri. Ndanyuzwe pee. Ararusha benshi nabonye
>>
<<@YesuniwenziraTv
says :
*GAMALIYELI* yari umwigisha *w'iNYANGAMUGAYO* wo mu *IDINI Y'ABAYUDA* Ndetse ni nawe wabujije abayuda kwica intumwa.( Ibyak.5:34-38/ 22:3 ) - Nonese Pawulo yari kwigisha abantu NGO *"MUGUME MU IDINI YA GAMALIYELI, kuko ari umuyobozi w'inyangamugayo!?"* - MBESE umuyobozi mwiza w'idini *atuma idini iba ikintu kizima??* -Oya rwose.
>>
<<@bakundaflorence4410
says :
Rwose urumuhanga
>>
<<@hitiyaremyeeraste2762
says :
Amatorero yo mu Rwanda akwiye kubona ko hari ubutunzi buri muri uyu mukozi w'Imana, akamuha umwanya kugira ngo itorero ribashe kubona ku butunzi Imana yamubitsemo.
>>
<<@byabenejean5497
says :
Ni nde ufite ububasha bwo guhagarika pasteur mu itorero?
>>
<<@revivalf
says :
Akokantu kogutera waraza niko
>>
<<@worldteachingandlearningce5864
says :
Uyu mubyeyi afite ubwenge bw'Imana.
>>
NEXT VIDEO
>>