<<@dushimemaria5689
says :
Ni yihangane....
>>
<<@muhorakeyejaqueline4299
says :
Samantha wihangane wizigire Imana izogutabara ubuzima ntibugarukiraho oya imbere niheza ngusabiye imigisha
>>
<<@louisemelly1965
says :
Maze Keza nawe urakumbariza koko
>>
<<@louisemelly1965
says :
Ariko Samantha Abanyamakuru nibo uganyira ibyawe???? Ese ko no batakubwira ibyabo??? Think twice my sister
>>
<<@angedarlene1770
says :
๐๐๐Samatha kubu wew usigay unter amakeng vugisha ukuri kowabikoze ukuze ntacuba
>>
<<@vava9815
says :
๐๐๐
>>
<<@theresiakarwera2279
says :
Noneho Kiroso nabona iki kiganiro araguseka ahwere kuko wavuze ko uri isugi
>>
<<@ndereyimanajeremy9745
says :
NYISANGIRE IN BOX TURONGORANE DIIIII
>>
<<@marieofficial8818
says :
None ubusugi burihe iyo wamaze kuryamana ukwo!! Keza ivyo bintu ariko arakubaza bihava bikugirira ingaruka mwe na uncle wawe geza ngaho bihanira kwa Pasteur. Ubusugi ntukigira namba.
>>
<<@uwumurezimariejeanne1912
says :
Samantha ndakwinginze ntuzasubire kuri camera kugira ngo ubuzima bwawe bwisubize nahubundi urisenye pe
>>
<<@nadineninani9014
says :
Ihangane Samantha imbere niheza
>>
<<@tuganir
says :
๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐๐คฃ๐คฃ๐๐๐คฃ๐คฃ๐๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐narumiwe iminwa irahengama pe .ababana babakobwa mwabashakiye akazi Koko bakava muribi barimo .
>>
<<@YESUKRIST
says :
Samantha disi ateye agahinda ko mudashyiraho Nimero ye ngo tumwihanganishe?
>>
<<@esperanceharimenshi4181
says :
Uriyandarika uko bukeye uko bwije bumaramara uhore
>>
<<@esperanceharimenshi4181
says :
Nn nihowahora ubesha ngo uracyari isugi๐๐
>>
<<@esperanceharimenshi4181
says :
Ni keza ivya keza wapi numuteka mutwe
>>
<<@plantcell3975
says :
Urashaka infashanyo nawe?
>>
<<@plantcell3975
says :
Ibyo watinye kubwira ababyeyi nawe, ubivuze ku itangazamakuru? Umupanya weeeeee
>>
<<@plantcell3975
says :
Umupanyakazi, mutegereze muzumva indi version. Or nawe agiye kuzana keza style 2?
>>
<<@angelamukoziwimana940
says :
Twarabamenye nakinu tuzongera kwemera murigukina flm
>>
<<@mugiranezabosco8875
says :
Ariko ushoborakuba ufite nakabazo mubusanzwe
>>
<<@alishukran3424
says :
๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฎ๐คฎ๐คฎ๐คฎ๐คฎ๐คฎ๐คฎ๐คฎ๐คฎ๐คฎ๐ค๐ค๐ค๐ค๐ค๐ค
>>
<<@hanifaalia5476
says :
Sama uteye iseseme nka keza muribitandero bisa nizo ntoke zitarafata mukorogo๐๐ ๐คฃ
>>
<<@mam-k9h3m
says :
yego keza weee!! buuuuuuuuu!!!
>>
<<@evekany7698
says :
Nubu keza arapanze ibindi hahhh yooo you are evil girl.malaya
>>
<<@iradukundamike5370
says :
None samatha yavuzeko arisugi Ubu naho ngo barakuriye๐๐๐๐๐๐
>>
<<@turibamweali8661
says :
Uyu nkimubona nahise mbonako bamugize amarembo rwose kuko yavugaga ngo nisugi nkicwa no guseka gusa kuko imyitwarire ye ibonekako atibuka numwaka yatereyeho ubusugi rwose!
>>
<<@theonesteimfura9574
says :
Abari bacu b'iki gihe!!!!
>>
<<@uwimbabazijane2665
says :
Isugi ntabwo isanawe ungana na mama wow wagikobwawe urimub
>>
<<@gertuldemukashema5664
says :
Kunanirwa kubibwira famille ,bikakorohera kujya kubabwira isi yose mbega ubwenge bwinshi weeeee
>>
<<@gertuldemukashema5664
says :
Keza nawe arakubaza yeeeee uravuga n akari imorori
>>
<<@gertuldemukashema5664
says :
Ariko narumiwe koko ubwo se ibyo mubizana mu itangaza makuru ngo bigende gute ?
>>
<<@gloriosenduwimana3121
says :
Ariko ndumiwe Samantha yahora yama yamamaza ngo n isugi none arabihinduye
>>
<<@angean5438
says :
Ngewe mumpe number ya Samantha ndabinginze muraba mukoze
>>
<<@esperancekubwimana3220
says :
Ncuti yanj egera yesu nta rukundo uzoronka k'ubantu atari yesu we nyene 'harinigihe abobahungu wibazak bogukiza agahinda 'aribo bokongereza umubabaro ark usenze yesu yakuggirira neza
>>
<<@channy1088
says :
Uwumukobwa ntakomey mumutwe imyakayose nimuri you tube uzohakurikise wakwegeye abasenzi
>>
<<@manelyofficial1758
says :
Komera Mawe Humura ahubwo ndagusabye uzajye muri counseling kwa Muganga ndabona ari cyo cyagufasha Kandi humura ubuzima burakomeza
>>
<<@devothekanyamahoro3963
says :
Umvawamukobwawe abakurihafi nibagufashe bakujyane indera
>>
<<@mercigoretih6442
says :
Ehe ukuntu ciriza iyongengera
>>
<<@cadettemutimukeye565
says :
Samantha !!!! Kigali250 si imana. Ngo iri kukwatuza plz ayo namabanga yawe bwite singombwa kuyabwira isi yose. Pole sana
>>
<<@yesuarankunda4492
says :
Yoooo kandi uheruka kuvuga ko uri ISUGI๐โโ๏ธ๐โโ๏ธ๐คทโโ๏ธ๐คทโโ๏ธ gusako niyihangane Yesu azoguha umugabo mwiza
>>
<<@irakozeevelyne6603
says :
urarushe nyomba ushaka hit.wavuzeko urisugi?hhhh uziko bagufash kunguvu ntuba urisugi
>>
<<@queengrace7254
says :
Ndumiwe koko๐๐๐๐ค๐ค๐ค
>>
<<@njbosco11
says :
Hari igihe utwika cyane nawe ukageraho ugashya.
>>
<<@jeanenshimirimana987
says :
Jewe ngomba kurondera nimero ya samantha mugire ninama
>>
<<@hermenegildempawenayo279
says :
Wihangane Samantha, ibibazo nkivyo bibaho kubana barezwe nabandi. Abagoka kubana nibenshi cane.
>>
<<@betterfoundationtrust9607
says :
Samantha ntabwo turi aba fans bawe ahubwo turi abaknz bakwirikirana ibiganiro vyaw
>>
<<@vivinenibitanga8529
says :
Mukobwa we amahanga yakurushe.ntasoni ww???icakora mu Rwanda harakazi kenshi.nibagutware kwivuriro!!!๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฃ
>>
<<@Laporte444
says :
๐๐๐
>>
<<@bedierkonan665
says :
Aba jeunes babanyarwanda mbona ari ibirofa
>>
NEXT VIDEO
>>