<<@kezatvshow1
says :
Kanda hano urebe ubukwe bwa KAGANGA na MUHOZA https://youtu.be/dc-EVbOtysI
>>
<<@dushimemaria5689
says :
Imana izabubakire
>>
<<@nzitondajermie4512
says :
Ndabakunda
>>
<<@vava9815
says :
Vyabin uziko arivyoโฅ๏ธ๐๐
>>
<<@ggsdfgg6948
says :
Ariko namwe ntibari firme murikudukina nkayaka nakeza
>>
<<@mbabazivestine6711
says :
Ndabakunda ariko mwakoze amakosa imbere yumuryango murebe ayo mafoto mutamikana sibyiza pe
>>
<<@didkim447
says :
Waaaooow ๐ง๐ฎ๐ฆ๐บ๐ค๐ค๐ค๐๐
>>
<<@soniakabano163
says :
Congratulations my people!!!
>>
<<@dianemuhawenimana3666
says :
Felicitations A vous deux
>>
<<@dianemuhawenimana3666
says :
๐๐
>>
<<@violettendih...8452
says :
Wow,wow Imana ishi..... mwe Imana ishishikare ibajimbere murivyose. ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ
>>
<<@yousufyousuf1320
says :
Nukuri naje ndavyishimiye vyari vyaryoshe mwubahwe
>>
<<@neza9665
says :
None jew muratweza yoyambara impeta kandi bari mumurenge(commine) nn yoca yambara impeta
>>
<<@dusengiyerajoselyne9610
says :
Imana ibafashe muri byose
>>
<<@ciceliadikumana2574
says :
Mwubake rugume cane twari tuzikwaragatwiko nonimanibafashe ibanenawe mugirurugo ruhire
>>
<<@mireiamoreno3182
says :
Yoo Imana ihabwe icyubahiro , muhoza yarwanye urugamba rwiza , nukuri muraberanye kaganga imana ikwibagije mis kumugaragaro ahuiiii
>>
<<@jozifalmadhour3058
says :
Vyiza cane โฅ๏ธโฅ๏ธโฅ๏ธ
>>
<<@mascutoman3807
says :
Nonentampeta. KotutaZibona??
>>
<<@inocantburundi6945
says :
Vyari vyiza cyane tibifurije urugo ruhire๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ด๐ฒ๐ด๐ฒ๐ด๐ฒ
>>
<<@iraabou8703
says :
๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐ฅ๐ฅ๐ฅ๐ฅ๐ฅโ๏ธโ๏ธโ๏ธ
>>
<<@munimuni3365
says :
Kigali250 sigaye nabizera kunkuru nzamyu nizibimyoma gusa niyo uzosanga ari film
>>
<<@sankarapeter1597
says :
Nagatwiko shaaaaa
>>
<<@fugvfgui4580
says :
Nivyizacan
>>
<<@butoyiliesse4699
says :
๐๐๐๐๐๐๐ mwubahwe ๐ช๐ช๐ช
>>
<<@samiauwamahoro5019
says :
Ariko nubwo nabonye bafashe drapeau kontabona bambaye ama ๐๐คท๐คท
>>
<<@joselyneharimenshi1266
says :
Ndabishimiye cyane
>>
<<@tumusifu2502
says :
Gusa muzi kuzikina
>>
<<@Chacha-wp3ug
says :
Courange iman ibaje imber๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐งก๐๐
>>
<<@Chacha-wp3ug
says :
Nibyiza
>>
<<@espoirtv7215
says :
๐๐ฅ๐ฅ๐โค๏ธ๐บ๐ธ๐บ๐ธ๐บ๐ธ๐บ๐ธ happy wedding day
>>
<<@ggsdfgg6948
says :
Ahosha muhoza uzomuhoze kaganga amarira yarijijwe na aisha umumare agahinda yamuteje buriya nukuri izina niryo muntu ndabakunda sana mwirambire
>>
<<@nshimirimajeanine9680
says :
Kaganga imana izabahe abana ni bibatunga ndabakunda cyane from ๐ง๐ฎ๐ฟ๐ฒ
>>
<<@BetterSkillsTV
says :
Mukomerezaho dukunda ibiganiro byanyu cyane ๐ฃ๐ฃ๐ข๐ต๐ฉ๐ผ๐๐๐ฉ๐ต๐ถ๐ถ๐ข๐ข๐ฃ๐ง๐๏ธ๐น๐ธ๐น๐ง๐ฃ๐ข๐ถ๐ผ๐ผ๐ผ๐๐๏ธ
>>
<<@mbabazivestine1143
says :
Ariko menya harimo aka bรฉbรฉ musubireyo uruguayen ruhire
>>
<<@eng.mutabazikoloninathanae2245
says :
muraho,mushobora kumpa numero ya kaganga
>>
<<@gasorejeef8672
says :
Imana ishimwe cane ndanezerewe cane Narinababaye kaganga akubitwa amatofe akongera akabengwa Imana igiraneza yaguhaye muhoza azoguhoze amarira warizwe
>>
<<@uwimanacitegetse9926
says :
Nonese kobatambaye impeta banteyamakenga usangarugutwika nkivyayaka nakeza ๐ณ๐
>>
<<@marymgort1160
says :
Ndishimye.cyane.kubona.nyagasani.ibikoze.bikagenda.neza.shitani.yarigomvye.kwitalbika.ariko.imana.yarivyivanzemo...muhoza.uzambwikwikamba.kuko.waragwaniye.urukundo.rwawe
>>
<<@mishline3815
says :
IMANA igira neza ni nibiheregwe icubahiro yakoze ibikomeye ๐Imana izobane namye murivyose izobahe umugisha kaganga and namuhoza ๐โคโค๐
>>
<<@byiringiroedison5385
says :
Urukundo nigogere
>>
<<@mutimukeyesinakeredivine3909
says :
Ibi nibimwe bya keza na yaka
>>
<<@mdoman5229
says :
๐๐๐๐๐๐ค๐ฅฐ๐ฅฐ๐ฅฐ๐ง๐ฎ๐คฃ๐คฃ๐ญ
>>
<<@sirox2082
says :
Waooooo papa kaganga avuze neza cane
>>
<<@sirox2082
says :
Nivyiza cane
>>
<<@sirox2082
says :
Mwubahwe
>>
<<@leonidasndayavugwa2950
says :
Ndi Bujumbura ubwo sinkabimwe vya yaka na keza?
>>
<<@maribeci4939
says :
Uyu mukobwa vrt menga aratuje.
>>
<<@setaseeta9779
says :
Aisha wiyumva gt
>>
<<@setaseeta9779
says :
Kunda uwugukunda kaganga na muhozaโคโค
>>
<<@setaseeta9779
says :
Waooo nivyiza p
>>
NEXT VIDEO
>>