<<@signolinendemeye1358 says : Evariste mumwitiranya naba Ndadaye.Varisito ntiyabaye mu Rwanda>> <<@Peter.boka14 says : Abarundi babaye babwira ikigoryi rwema?>> <<@Peter.boka14 says : MUBWIRE RWEMA KO ATAMUGABANE AFISE IBURUNDI. HANYUMA AVE KUMUVYEYI WACU SEBARUNDI. TWIZERE KO ATAWUZOGARUKA BURUNDI KUKO MWESE TWABAMENYE. ICAKORA WAKOZE KUBIVUGA. GASARO UMUBWIRE AGUMANE NABO BARUNDI AVUGA KO ARIBITANGAZA. TURAKURINDIRIYE BUJUMBURA RWEMA!>> <<@uwerajanvielle7049 says : Abarundi baploadinze live mbere ya Irene kuko Irene network ziburundi zabanje kumugora,>> <<@stevenking2467 says : Murindahabi ntakirimwo none se kugira baze muburundi baje kubuntu? Uwabarishe abemereye bakaba babifatiye mu Burundi knd ba uploadinze bukeye nkuko babibwiwe abanyarwanda bobo nta ba reportinze bakoresheje amashusho yafashw n abarundi mumva atariko abiba urwanko nokwimbira ikinogo abo agarako ngo ni blaind?>> <<@beckercircle9741 says : Rwema arabeshya ntago Evariste Ndayishimiye yigeze aba mu Rwanda>> <<@bigirimanabonaventure6602 says : Rwema nawe urabeshe ntamakuru uzi ntabwo Ndayishimiye yigeze uhungira mu rwanda mwabeshe pe>> <<@claudetteirimbere92 says : 😂😂😂abarundi bafashwe neza murwanda😂😂😂>> <<@CaitanoNhacarize-zo7ch says : Very good>> <<@EllaNinihahazwe says : ❤❤❤🙏👍>> <<@josianetubane1344 says : Ese ubundi kuki umukobwa wabyaye bamubuza kwambara agatimba umuhungu we niki bamubuza? Ririya nihohotera rishingiye kugistina ugashaka bajye banureka akambare>> <<@bahatiinnocent7626 says : Umva ubwenge!! Pastor nasezeranyitiza cg agasengera mu isoko hazahindika urusengero!! Ubu nunnya hazahinduka muri wc>> <<@Kelly-ny3jg says : abarundi 🇧🇮bakunda rwema nkanje mumpe like🤗>> <<@VenisteNiyomwungere says : Ni igitega>> <<@erasmewaerasme7152 says : Uwu mutama kweli arantwengeje. Ngo niwe Président w'imihanda ( amabarabara) ya Bujumbura na Gitega na Ngozi na Ngagara na Cibitoke!>> <<@xiexie8979 says : Buriya rero imico ntamaranga mutima agira. Ibyo uwo musaza avuga ni amaranga mutima si umuco>> <<@umulicealice4471 says : Nawe rwema urantunguye! Agatimba sumuco w'uRwanda ahubwo ni kiriziya.... Ba nyogokuru byari amasunzu😂>> <<@Yemwe says : Respekt monsieur Rwema na Gasaro 🎉 Nkunda ukuri ugira ewe Rwema we ❤ Isezerano nya nyaryo niryo usezerana na cherie wawe👍>> <<@GiseleTVSHOW says : 💖💖💖💖>> <<@biziyavincent5472 says : Ariko rwema na super ninde mukire cyane?>> <<@pascalngabonziza2978 says : Komera Rwema ....Never (Ndayishimiye ),ntabwo mwamusubije I Bujumbura kuri Président Buyoya ...kubera iki ashaka Niyombare?>> <<@candidegahongayire9404 says : Ubivuze neza,ntabwo bari professionel babajije ibitajyanye pee>> <<@mbanza_a says : Niho nkibona ko rwema ari ikigoryi. Inyishu Ndayishimiye yatanze, nta muntu yoyitahura atarwaye mu mutwe nka Rwema. Umukuru w'igihugu agaburirwa n'abarundi 550.000.000Fbu/an akaduka kuvuga ko atazi ko igihugu gishonje. Ikindi aradutse ngo Ndayishimiye yarahungiye mu Rwanda, sivyo ntivyigeze bibaho.>> <<@kwizeradavidcodon3279 says : Gusa ukora neza but jyudufasha KBs wenda 3 to4 min basi>> <<@kwizeradavidcodon3279 says : Hello Gasaro>>
VideoPro
>>