<<@kankundiyefranck5035
says :
Nitwa Christophe imba ibubanza iyokupe ndayifana iratwika
>>
<<@nshizirungujames891
says :
Nagikore
>>
<<@nana-u1n3r
says :
Fanny ntiwize Geographie.
>>
<<@esperancenibaruta6639
says :
Burundi na Rwanda twubahwe
>>
<<@igirukwishakanadege5335
says :
Ego kabisa abo murundi turahari Fanny bandanya ubaha ikirundi ndabona uriko urabatwenza
>>
<<@josephineuwihoreye7258
says :
Izi nseko ndazikunda
>>
<<@mukayisengagoreth2466
says :
Asia bage bakuraka ntiwirata
>>
<<@claudineuwizeye871
says :
Ntibaturehereze umukobwa🤣🤣🤣🇧🇮🇧🇮🇧🇮
>>
<<@mushimiyimanaleonie999
says :
Assie nikundira cyane wazapfashije nkijira muri sinema nyarwanda
>>
<<@mykeke3255
says :
Natwe twabara mukije karb wacu 🇧🇮
>>
<<@babyloveflores3652
says :
Abarundikazi twubahwe💃💃🇧🇮natwe turabakunda mu rwanda
>>
<<@yvonnentirampeba1866
says :
Nimwiza caneee
>>
<<@yvonnentirampeba1866
says :
Ndabisha ko agira Mariage
>>
<<@ashaaalhabsi4522
says :
Mwaberewe gose
>>
<<@htgv3655
says :
Fanny ndakwikundira na Assia mwese pe mukina neza caane mwubahwe gusa urabe ugaruke vuba ndumva imitoma yomu Rwanga ikaze ntuzahav ugumayo🤣🤣
>>
<<@nifashafabiola9246
says :
Assia respect
>>
<<@jeanclaudendikuriyo5985
says :
Ndaryohewe kukiyago cumurundi wacu na Assia.Faxine ntabeshere Assia wenyene ngo ntiyishura kuko nawe naramwandikiye ntarishura bisigurako kumbure atarasoma.Mukomere mukiganiro.
>>
<<@zubidaal7735
says :
Fani nanj ndikukuraba 🇧🇮 🇴🇲
>>
<<@ريمالريم-ح2خ
says :
Igikwe turagikeneye
>>
<<@ريمالريم-ح2خ
says :
Fanny wacu ❤🇧🇮👍
>>
<<@evelenkadega7919
says :
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💞💞
>>
<<@evelenkadega7919
says :
Yego dushak igikwe kabisa
>>
<<@nsabimanaesperance600
says :
Natwe turabaramukije,turi muri koweit Umurundikazi n'agashugwe🤗🤗🤗
>>
<<@passybebe8227
says :
Assia ntitwukwumva
>>
<<@passybebe8227
says :
Abarund nabanyarwanda nibamwe rega
>>
<<@pali3502
says :
Funny irambire disi
>>
<<@OmanOman-ev7ro
says :
Fanny warahishikiye wubahwe
>>
<<@TabarukaTV
says :
Mwa bakobwa ba mukizwa
>>
<<@umuziranengeclemmantine2621
says :
Asia ndamukunda cyane imana izajye igufasha mubyo ukora byoze.
>>
<<@niyonzimaomar1014
says :
Philpeter ndagukunda nkunda ukuntu useka bikampimbara imana ikumpere ubuzima bworoshe uzagire niherez ryiza
>>
<<@munezeroaaliyah302
says :
Woooo mbega umurundikazi numuhanga cane ndamukurikirana Cana Asia nawe turagukunda
>>
<<@mariegahongayire4558
says :
Agasharizo ni agatako agashurwe bisobanura akarabo
>>
<<@FatemaFatema-yl5zk
says :
Mwubahwe ndabakunda F &A
>>
<<@mpmp3195
says :
Niyuhute akore icyogikwe. Ndisahla ariko nzobutaha🇧🇮✔️🎸❤️
>>
<<@mpmp3195
says :
Sorry mbaze ikibazo Asia ijwiryiwe ntirirengaho canke nama fyeri meshi 😂akajwinigato
>>
<<@sososoleil8261
says :
Nagikore tuuu vyamuber
>>
<<@sososoleil8261
says :
Fan uraberewe
>>
<<@mamantity3121
says :
Ubukwe bwaw nzobuzamwo uzuntumire
>>
<<@mamantity3121
says :
Assia chr ndagkunda ndagukeney iburundi muntara y ngozi nkunone pe
>>
<<@kezamedy365
says :
Turakundana fany na assia turakundana mwese
>>
<<@LèneErnestineGospel9653
says :
Love from burundi
>>
<<@LèneErnestineGospel9653
says :
Assia and Fanny lavine courage
>>
<<@itangishakaegide3184
says :
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
>>
<<@sarttsa9118
says :
🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🇧🇮
>>
<<@kanezasoso3221
says :
😁😁😁😁😁💋💋💋💋mumber mugusek kwanyu❤️❤️🧚🧚🧚
>>
<<@guevarajeandedieu3956
says :
assia ntuzibagirwe guhamagara LIVA na ALVELLA nabahanga cyane nabo mukorane
>>
<<@guevarajeandedieu3956
says :
cyakoze uyu fanny ndamukunda cyane pe, kuko nkunda kureba flim ze cyane. numuhanga cyane nkakunda na liva, alvella, uzabantahirize cyane abakunzi ba fanny mumpe like,
>>
<<@soniakabano163
says :
Mwatinze kwakira umushyitsi, ubutaha muzikosore
>>
<<@angedarlene1770
says :
Twakuramukije natwe kandi nawe wubahwe🙏
>>
<<@fdff3980
says :
Assia kumbe urumupagani pee burya urik urabaz gusengera umukunzi ngo banigenz gute??🤣🤣🤣
>>
NEXT VIDEO
>>