<<@PlucilleMUGIRURUKUNDO
says :
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
>>
<<@mupenzibenjamin5824
says :
Mubabarire naho mutasubirana ariko umutima we uruhuke
>>
<<@MukamwizaLucie-z4g
says :
None iyowihangana ukaryamana nundi bas Sha uringegerap niwowe ubyiteye
>>
<<@nduwayezufelix8102
says :
Murundi nawe reka kubesha uwumujama ngobasubirane nawe uzi ibyakubayeho ukobibabaza
>>
<<@nduwayezufelix8102
says :
Nurekere mutoyi wawe kuko nubwo mamureka mukongera kubana yakomez kubikora.kandi noneho ntakiri umugore wawe kuko umugabo we nurya utwitiye
>>
<<@NduwayezuJanviere
says :
Bacumugani ngo umugore nuwumuryango niyihangane kuko nibasuburana nubundi bazakomeza bahure umugore nakoneze kubana nwamuteye inda naho se buriya umugabowe yakurakuza umwana utaruwe rwose yikomeza kumutera icyuma murubavu yaramuhemukiye
>>
<<@SmilingGolf-xf6eg
says :
Ntambabazi ukwiye urumugome😊
>>
<<@hashazimanaSpeciose
says :
Wamudamuwe uzokizwe
>>
<<@niyonshutivalentine7250
says :
Sha niba koko yarakwishyuriye ishuri, akagusiga kdi akaguha buri kimwe, ni ukuri waramuhemukiye gusa nawe wasanga ari karande igukurikirana kuko ayo mahirwe abonwa nabake
>>
<<@alinekubwimana3174
says :
Jewe numva vyiza yobana nuwamuteye inda kuko urya wambere nubwo bosubirana azoguma amucinyuma
>>
<<@ManishimweConsole
says :
mubabarire
>>
<<@ManishimweConsole
says :
uwo n'umurengwe warufite wa mukobwawe uracyari mu mandazi
>>
<<@MahirweInnocent-v4u
says :
Sha yabikoze abishaka nareke kurira
>>
<<@BigirwanimanaClaude
says :
Uyumukobwa ninjiji
>>
<<@muragijimanaofficial
says :
Mwiyujye ntakundi bibaho we love you so much from 🇰🇪 keep it up no matter
>>
<<@mutoniwaseange6096
says :
Mubabarire arko ntimuzasubirane😢😢
>>
<<@zxcvbqwer1335
says :
Uyo mukobwa ntakwiyubqha yarekanye imbere yumugabo nangende abane nuwo yahisemwo
>>
<<@UmurundikaziDivine
says :
😅😅😅😅
>>
<<@ngabonzizathomas4330
says :
Nta mpamvu yo kumubabarira kuko nubundi yazongera agasubira kuwamuteye inda
>>
<<@higuys4372
says :
Byose nikimwe nubundi adahari yajyamwonera
>>
<<@higuys4372
says :
Nabane nuwamuteyinda ntakundi
>>
<<@nyirabazungumarielouise265
says :
URARIRASE SIWOWE WABIKOZE WARUHAZE SHA
>>
<<@Mugeni-xb1kw
says :
Ark uzigusangira umugore umwe numuvandimwe wawe biragatsindwa
>>
<<@webbryr5568
says :
🤣🤣🤣🤣🤣😆🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦😆😆🤣🤣😆😆
>>
<<@williamdeo2888
says :
Namuhe umwanya yitekerezeho ,gusa type iyihangane arere inda ya murumuna we,urukundo ruganze
>>
<<@musabendebelancilla7063
says :
Hhhhhhhh!!!!!
>>
<<@LilianeMwegakazi
says :
Uwomukombwa yemeye kubana namurumuna w'uwomugabo abizineza ingaruka zizaba. Rero nagumane nuwo. uwomugabo nawe azonjyere ashake ubundi buzima. Uwomugore nasabe imbabazi gusa abohoke birahagije.
>>
<<@NiyonsengaNehemie-iz3lm
says :
Harira murumuna wawe mn, kuko nubwo mwasubirana, yakomeza bakaryamana, cyneko anatwite inda ye.
>>
<<@esperancentaconayigize4517
says :
Uyo mugore n'umuhemu none ga Murundi ushaka uyo muhungu azorere inda atari rwiwe ???Oya nureke uyo muhungu yitahire
>>
<<@esperancentaconayigize4517
says :
Uyo mugore n'uhemu
>>
<<@muhozabeath
says :
Nonesubwo urasabimbabazi ngo iyonda ushyirehe koko
>>
<<@muhozabeath
says :
Ugire kuc inyuma ugerekeho no gutwar inda mn warengereye kbx
>>
<<@muhozabeath
says :
Niba umugabo wambere yishurag inzu akanamugaburira urumva urumva yamufagaki sibye kumurongora neza
>>
<<@muhozabeath
says :
Ariko murundi nawe urumwana yamuongoraga neza ikindi nikihex yamufashaga
>>
<<@muhozabeath
says :
Ye mwana wuhu rekana niyo ndaya Iman izaguha undi mugore mwiza kand ugukunda
>>
<<@muhozabeath
says :
Erega muru ingeso ishira nyirayo yapfute
>>
<<@muhozabeath
says :
Muru rekana niyo mbobo
>>
<<@MurwanashyakaInnocent-f8z
says :
Iyaba adatuite yamubabarira ariko kuva atwite nareke ishyano
>>
<<@tainyemesta
says :
Nagumane nuwamuteyinda ntakurera umwana wuwundi mugabo disi
>>
<<@anmarisamatha135
says :
Jew ndagutahur mukobwa ivyuvuga ndabitahura iyo yaba yarakuyaģish wari kwihangana non urumvako atavuga Kandi naw ndabon warukiri namuto kwihanga biba aribintu bitorosh ashak yogutahura
>>
<<@sarahndayisaba1951
says :
😂😂😂😂😂😂
>>
<<@بردا
says :
Wa mugabo nawe wibuke ko vyogushikira ivyo vyashikiye madame wewe yambaye umubiri burya no kutavugana numuntu keshi navyo si vyiza peee 💞💞💞💞🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇰🇷🇰🇷🇰🇷🇰🇷
>>
<<@بردا
says :
Wa mugabo nawe wibuke ko vyogushikira ivyo vyashikiye madame wewe yambaye umubiri burya no kutavugana numuntu keshi navyo si vyiza peee 💞💞💞💞🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇰🇷🇰🇷🇰🇷🇰🇷
>>
<<@eddygad2858
says :
Uyo mudamu yarahemutse pe umugabo yamuha byose uyo mukobwa numuhemu nakomeze nuwoyahisemo
>>
<<@NyinawabatariDivine-jd6up
says :
Mubamufitanye byishi muziranyeho nawe byakubaho bro
>>
<<@NyinawabatariDivine-jd6up
says :
Namubabarire amwumve p kuko umuntu mwabanye
>>
<<@NewaSong
says :
Nn se agomba arer Inday itariyiwe
>>
<<@GumyusengeGilbert-tu7hs
says :
Izamarine ndazizi zireke kubebya
>>
<<@kwitondaraurent9184
says :
Oya umukobwa yarahemutse cyae
>>
<<@IngabireEsther-i1z
says :
Mukobwa wababaje umugabo wawe uzasabe Imana imbabazi
>>
NEXT VIDEO
>>