<<@ISIMBITV
says :
Ku muntu waba afite amakuru y'inkomoko ya Yvette, yamuvugisha kuri numero ye: +250786465677
>>
<<@uwimpuhwe9082
says :
Komera mama๐๐๐
>>
<<@SmilingCherryDumplings-js4hg
says :
Mana nzizaaa,mbize icyuya pe๐ข๐ข๐ข
>>
<<@SmilingCherryDumplings-js4hg
says :
Ayiweee,disi turaturanye hano kuba Guide.Komera mama,nzagushaka
>>
<<@BruceNiyomwungere
says :
Pole Sana dada wetu.
>>
<<@Lyduinentahimpera
says :
Nizereko Yvette yaronse umuryango . Wewe avuga yiturije nanje ndimwo ndira ,๐ญ
>>
<<@NaomiGentille
says :
Pole mama imanigutabare kubunva nagahinda ariko wizerimana nayoizabikoraโคโค
>>
<<@M1d2c26
says :
Uri umukobwa mwiza shenge. Uzabaho rwose
>>
<<@IrambonaCelestin-w2c
says :
Yiveti humura Imana ningabo singore izokurinda ninyumayakarabaye irakora
>>
<<@Aunide
says :
Ngize atsiko y'uko byarangiye ariko komera.
>>
<<@PrimeNdayiragije
says :
Wabay'intore cane kuko ivyo wabayemwo ntivyari vyoroshe ariko kubera umugambi Imana yari abafitiye vyari ngombwa Iberekane yo nyene yarahinduye ivyari bigoye ibigira ivyoroshe ,dushim'Imana rerooo.
>>
<<@FideleIrakoze
says :
Comera mukobwa mwiza
>>
<<@Giftstudio2025
says :
wewe ndakuraba ufise imyaka 60
>>
<<@MaggyNsabimana
says :
Pole kweri wahuye navyishi ariko Imana izogufasha.
>>
<<@EugenieNijimbere
says :
Mpore, mpore Yvette weeeee, wahuye n'ibibazo bikomeye Ariko Imana ikurinde
>>
<<@EricIRADUKUNDA-v2d
says :
๐๐๐๐ ๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐ ๐๐ ๐๐๐๐๐ ๐๐ ๐๐๐๐ ๐๐๐๐ ๐๐
>>
<<@nihorehofides
says :
๐ข๐ข๐ข
>>
<<@nana-u1n3r
says :
Montage
>>
<<@NSHIMIRIMANARoselyne
says :
Mana yanje urandinde undindire nabazankomokako.ntakindi numva novuga .Hama urengere uyu muvyeyi
>>
<<@AliceKamikazi-m1z
says :
Ukuntu avuga ari pausรฉ akaba arije urira๐ข
>>
<<@SylvieHarerimana-o8q5b
says :
Kuvyiyumvisha birzgoye ariko umuntu yakuze arimpfuvyi arabitahura humura yesu azakugirira neza
>>
<<@AliceNduwayezu-c8w
says :
Ariko mana wee
>>
<<@DianeButoyi-l4g
says :
Najewe vyagenzukonyene๐ญ๐ญ๐ญ๐ญ
>>
<<@AngรฉliqueUwizeyimana-k8o5q
says :
Pore sana Yvette twahatsw kumer kumwe nzakuvugisha story yaw igombagus nanjy
>>
<<@Bukeneza
says :
Mpole Mwiza wanje twarakuranye Bujumbura mukinama warumugezi waje cane gose โคโค
>>
<<@flolabronde6358
says :
Nukuntu yagufata nabi shaa sinkubeshe yve ndibazako wabonye umuryango
>>
<<@r.r.3994
says :
Iyi story irababaje cyane
>>
<<@jeanpaulnzobatinya
says :
Queen humura Imana izakwomora igikomere
>>
<<@didacehabonimana9628
says :
Mpole mama wabayintwari๐ข
>>
<<@itangakubuntuEdouard
says :
Eeee pole
>>
<<@across1960
says :
Uwo mwana afise umutima w'urukundo Imana izomufasha, Nfatiye kuri kangahe yasubira i Burundi kuko umutima umwankiye๐๐ Akaja no kugwaza umugabo yamutoteje naho nawene vyaterwa n'ubuzima abayemwo. Ariko ndamusabe yihangane arekurire umuvyeyi wiwe
>>
<<@FlorenceButoyi-s9f
says :
Yoooooo mpole mpole mukobwa mwiza imana nyenamahoro ikwitehoโคโค
>>
<<@NikuzeFrancoise-t9p
says :
Birababajesha
>>
<<@SharonNatukunda-d3c
says :
But she's young than genocide
>>
<<@bigirimanaAaron-fb8ot
says :
Sabe womfasha akampa number yuwumukobwa kunumva twabaye mubuzima bumwe nanje navuye I gitega commune mutaho niryishure yizeko nanje nihonize Kuri EP mutaho 2. Ndumva harico shaka kumubuza
>>
<<@siniremeraegide3557
says :
Man isiyos yuzuy agahinda
>>
<<@officialsvideoslyrics
says :
iki kiganiro nkibony inyuma ya 4ans ark kirandijij p.Ahbwo x yahavuy aronka umuryango w?
>>
<<@JuliaZaninka-l5k
says :
Ariko uzakunde uwo wakureze unamwubahe nukamwihenureho kuko iyo umuntu yakureze abari maman wawe
>>
<<@PacifiqueThierryMUPENDA
says :
Ntahuye ko aho ubona umuntu atari ngombwa ko ariho aba ari.Inkuru y'ubuzima ibabaje
>>
<<@PacifiqueThierryMUPENDA
says :
Mbega inkuru ibabaje cane !
>>
<<@TharcisseNdikumana-t9t1g
says :
Imana wizeye imwa rutungaboro iyo nizeye nanj ndayisabongo iguhumuryango mwizinarya yesu
>>
<<@NadegeManirambona-s5p
says :
Pรดle sana mungu akubaliki dada wetu
>>
<<@SSl-c4h
says :
Bayita Resse passรฉ
>>
<<@NdayizeyeIldรฉphonse
says :
Mpor muko
>>
<<@AngelNkunzimana
says :
Umwana ko yakomeretse cane mwabantu mwe
>>
<<@LouisUwintije
says :
Uwiteka azakurinda
>>
<<@jeandu7372
says :
Uri intwari mwiza wanje Imana izokugirira neza muri vyose
>>
<<@GregoireNahimana-v8h
says :
Sha ihangane warakubititse imana iyonkuri.
>>
<<@habiyaremyevalerien2031
says :
Imana izamufashe abone umuryango we yaba kwa se cga kwa Mama we
>>
<<@habiyaremyevalerien2031
says :
Yooo Queen yaragowe pe icyo kinyagwa nicyo cyamuhitanye
>>
NEXT VIDEO
>>