<<@cyrillesonga3596 says : Uyu mugabo numuhanga ariko yishyiramo abazungu akirengagiza ubugoryi bwaba bayobozi ba Africa, reba nka congo kunu ingana ijya kungana nubuhinde ntabutayu igira twese Africa twaba muri congo Kandi ubutunzi bwayo bukikuba tukanamererwa neza ariko congo abayobozi bakirukuna nabahari ngo nibage ahandi itanatuwe, sud Afrique nayo nuko. Kuki udatinda kukibazo cyababa bayobozi bibi bihugu binini bikize , Reba nkurwanda ni ruto ariko his excellent sir president Paul Kagame yemereye abanya Africa Bose kwisanga nkiwabo abayobozi ba Africa bemeye kuba nka his excellent sir president Paul Kagame africa yaba uburayi kuki atabivugaho uyu mugabo .>> <<@angelmacha7802 says : Umu presida uvuga ubumwe bashirwa bamwishe, reba Rumumba, Rwagasore, Gadafi, Magufuri, nabandi bafite imyunvire nkiyabo bayobozi bose>> <<@enockiranda-m5n says : Forgive him his no Bwino Bwino>> <<@ntarentoya1624 says : Muri afrika de west imana bagize sabirasi nkabandi boluri east. Ntihari home sexuelle,,muri west. Ariko reka ibibihugu byacu bihaye kuba aba west bagasuzugura abandi. Rero urubyiruko rwacu rwabaye contaninate>> <<@saiddimarley8445 says : Urumuntu wumugabo cane.Utandukanye naba Rocky nabandi.Kuko wew uvugukuri gusa ataho uhengamira.Respect to u musaza>> <<@panafricainTv-f4x says : Doctor mpa numero zanyu>> <<@MukantwariJudith-i5e5s says : Umupaka wu Rwanda nu Burundi urafunguye cyane>> <<@ntwaripodcast says : Dr Rusa uravuga neza , ariko sinkunda uko uhengama ukuntu URWANDA 🇷🇼 rukoreshwa n'Abakoroni n'uruvuga nigwo ruhungabany umutekano..>> <<@WizeyimanaHakimu says : Dr ndumurundi ndagusavye ushinge YouTube channel yawe twige kuko urinzu yuguterimbere kwa Africa jahbless you❤>> <<@WizeyimanaHakimu says : Dr gira icumubwiye kabisa ❤>> <<@ngirinshutivedaste3540 says : Ndagushimiye DR Rusa uratwubaka mumutwe cyane>> <<@baramparurutsej.dedieu5361 says : Uzohore uvuga n'ivyo murwanda kuko ntibibuze>> <<@SabuwukunzeTerase says : Oyaa ariko ico tuzi nuko urwanda rutatubaniye neza ngaha mukarere.ariko cane cane abatware burwanda.>> <<@burundishallsmile1day109 says : Jewe nk Umurundi akunda uBurundi kuruta uko nkunda ibindi bihugu. NEVA ndamwubaha kandi ndemeranya na vyinshi muvyo avuga naho ntigeze ndamutora canke ntari mu Mugambwe arimwo Isinzi ry Abarundi bafise Ubwenge baramwemera,jewe rero sinokwubahuka kumusuzuguza naho harivyo ntemeranya nawe. Dr Rusa nawe nk Umu Panafricaniste ndamwemera kandi ndamwubaha nkanemera vyinshi mu vyiyumviro atanga. kugira Critics kuri Kongo na NEVA navyo ni vyiza kuko Umuntu wese afise uko abona canke uko yiyumvira ivyo kabisa nta Ngorane kuko niyo Democracie Nyakuri. Yamara mpfanye Inahasi y uko mwomubaza uko abona Ubuyobozi bw uRwanda.kuko niyaba ashobora kubona Ibitagenda neza muri Kongo no mu Burundi ndibaza ko mu Rwanda vyose bitera ngo de!kandi mwobimubaza😊>> <<@CharlesBukuru-u2e says : None sha utabeshe abaturage igitoro dufise imihora myinshi kizocamwo bigakemuka turafise ibarabara turafise tanganyik cocamwo turafise integuro ya train igitoro kizocamwo birya nibibazo vyakanya gato kuvyereke>> <<@CharlesBukuru-u2e says : None ngaho wumva Ariko Adebaguriki Urwanda twararuhinyuye none nkivya congo kutavuga ko kagome ariwarikwabiteza>> <<@CharlesBukuru-u2e says : None Ubwo wafashuyomwanya ugeda kurimira ibigori kagame akirira ukarekana na never wacu sha mwebwe ubutinganyi bwuzuye murwanda runganik inyigisho mubaha niyahe ivyimipaka navyo nimwibaze kwatafunze ya tanzaniya canke ya congo none ko mubweja ikibazo nicahe nimuryivyanyu natwe tuzoryivyacuuu>> <<@migambiaugustin9726 says : Iyo muvuga uburundi muba mwumva muri muri democracy, ariko uze mwibeshe muvuge amafuti ya Kagame murabe ko mutazorara musezeye iyi si>> <<@alexbizimana4885 says : Birateye isoni vrt kubintu president wacu Avuga yamiza urwanda mukanwa agacanishamwo nabatari abanyaporitike kd tuziko ari Abavandimwe 🇧🇮🇷🇼>> <<@ThomasBukuru-hj6ly says : Nimurabe iwacu i Burundi.agathon ubona haruwumukorako, ariko mu Rwanda ingabire yama muri prison.>> <<@ThomasBukuru-hj6ly says : Erega Dr, abarundi ntitukiri kurwego rwabanyarwanda.mwebwe abanyarwanda ntimwubahuka kuvuga ibitagendaneza mu Rwanda. None haruwutazi Yuko mu Rwanda umuhutu atajambo afise? Ariko ninde yubahuka kubivuga. Ariko muburundi uwariwe wese ntushobora kumuniganijambo.dushaka Yuko tugira kurugero rumwe mukwishira no kwizana kwabanyagihugu mu Burundi no mu Rwanda. Gutyo naba président bacu bazovugana neza.>> <<@ThomasBukuru-hj6ly says : Twebwe abarundi turakunda président wacu kuko numugabo abushitse,umugabo wijambo, umugabo azi iyo ajana igihugu,adakoreshwa nabazungu. Nawe ni un grand panafricain. Uko imisi igenda Niko muzogenda murategera Yuko ari un grand homme d'Etat.>> <<@ThomasBukuru-hj6ly says : Dr turazi ingene wiyumvira, turazi nimbono yawe, naho woshaka ukigerezaho. Tu es grand et vrai panafricain.>> <<@misagoemmanuel7404 says : Si tu étais un président ça changerait quelque chose. Merci Dr. Analyse yawe ni ukuri>> <<@wamupepe5301 says : Sibose ebwanaa>> <<@wamupepe5301 says : Nibyo koko, nadje ndakyo nabonye peee>> <<@wamupepe5301 says : Izo ma bombi za Rwanda na za RDC , zira TWIKA mbande ??? Babiretse vubavuba, mbiyombiyo ,c'est pas une priorité pour l'Afrique .>> <<@wamupepe5301 says : Gufunga frontière suppose ku icha bakene ni nzara . Ndayishimiye aretse iyo mivugiro . C'est l'égoïsme, la gourmandise.>> <<@wamupepe5301 says : Perezida ndayishimiye atanze kuji EXCITA , c'est un mauvais signe. Ndayishimiye GASOPO>> <<@vannybahati4436 says : Suis vraiment deçu de ce monsieur est ce faux que tout les tutsis sont esclaves de c petit monsieur du rwanda>> <<@TUNGA-b5d says : Vuga kuri kagame wanyu urabe kutarara inyurujwe>> <<@osemanirakiza1427 says : Wapi,urihenze pe!!!!Wahora ugira analyse yumnvikana.Urabwira abaturage b'rwanda birukane Kagame kuko niwe igikoresho y'aba occidents gusumba abandi ba Présidents mukarete.>> <<@christiansindayigaya9927 says : Ahubwo uwo Dr rusa izo lunettes yahora akoresha mugusoma ivyo uko yahora abisoma kwar ukwihenda cane>> <<@bfreebabi5398 says : Ntampunzi zabanyarwanda zihariii.. urumubeshi pe..!!>> <<@rudahunganzideson7383 says : The good analyst Dr Rusa 👌🏾>> <<@migambimaan2164 says : Imana n'idufashe twebwe abanyagihugu politike ntihagire ico idutwara tubandanye duseng'Imana imwe tunakunda twese😢😢>> <<@emmanuelmarafiki1022 says : Dr babyirese babohore urwanda ariko washimye ngurwanda ruyobowe neza FRN yakoraga iki munyungwe urabeshya urara usuragura aho kigari ubuse abarigufpa aho inyuma yi birunga cyangwa guhamba burimusi abasoda urabibona cyangwa ntubibona>> <<@KatappaDossena says : Urumuhanga peee ndakunda ukuntu utekereza>> <<@hermeshatungimana5681 says : bullshit>> <<@JosephineMitanano says : Abantu basaba umuntu umwe ntibakundana."umusezi yanka uwundi" Niko duca umugani mukirundi.>> <<@josephsango6909 says : Haaha ngo abanya ikraine barpfa, nkaho abarusiya badapfa?!>> <<@HAVYARIMANARenaud says : Muga umuzungu namwica pe akavaho n'inyamaswa ziryana !>> <<@HAVYARIMANARenaud says : I iryamipaka yomurikongo igigwa nababiligi !>> <<@HAVYARIMANARenaud says : Rega mwebwe mwakuyeho système yabafaransa muzana système yabanyamerika so bose banka système yubumwe kwisi !>> <<@HAVYARIMANARenaud says : Ndi umurundi kandi jewe sinotera umunyarwanda canke umuntu wariwe wese wumunyafrika kuko nshaka amahoro na reta zunze ubumw bwafurika .>> <<@HAVYARIMANARenaud says : Hezagirwa mutama urambe .>> <<@HAVYARIMANARenaud says : Yego baramubwira gwose yanke urwanda ni abafaransa n'abazungu babikora>> <<@jeanvaljean3848 says : Ubugereranyije n'u Rwanda, u Burundi ni PARADIZO, kubera ko u Rwanda ari Gehenomu/Umuriro utazima. 👹👹👹>> <<@ndereyimanacelestin541 says : Mutama rusa turakwiye kwicarana kirijambo uvuzeko ijambo nkiri Ari uburozi>> <<@marthekagaju5242 says : Imana ikuturindire Rusa urimpano y'umuhanga Imana yahaye Africa ❤❤❤❤❤>>
VideoPro
>>