<<@LouisManirakiza-s4z
says :
Mbega banyamakuru ko mubesha mugashigikira .kagame namuseveni bafise gahunda batumwe na america ngo yokubohora akarere kugira babone uko biba ubutare burundaraye muribibihugu vyatse ?twarabahinyuye abanyamakuru birwanda ntakuri muvuga kandi mukuzi?kofi yarabisobanura neza ivyo uganda nurwanda bagamije kuburindi natanzaniya nakongo bamuvuga ukuri nkakofi naho baciye bamuzimiza ubuyagiyehehe ?namwe mutinya kuvuga ukuri murakuzi
>>
<<@Dimitrymedimidev
says :
Uyunawe arabura kwamaza ibyirwanda or Africa arimwaramamaza ubufransa!! Rwanda ariko mwibeshye ko urwanda irintara uburayi!?kubababakoresha haraho bizagarukira
>>
<<@MoniqueNiyonagira
says :
Immana ilinde URwanda naba Nyarwanda
>>
<<@Dimitrymedimidev
says :
Nina Never yaramubeshye azajyekurega!!UWo kaga kwariwe ukoribidahuye kuberako bamutemye mumutwe!!
>>
<<@lovepeace5460
says :
Kagame ndamukunda cane
>>
<<@graceirakoze2868
says :
Ndayishimiye arakaze ahubwo ๐ kagame yaje gusuma urusaku atahana ububeshi๐๐ yewe ukagira inkuru poro we ๐
>>
<<@mutesibetty1869
says :
President wuburundi yuzuye shitani
>>
<<@SeukPiri
says :
Kagame barakubeshe ugiye kurangira nka gadaffi
>>
<<@SeukPiri
says :
Ingoma yiwe yararangiye nayamanike ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐kagame ntituzogukumbura genda genda๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐ฅณ๐ฅณ๐ฅณ๐ฅณ๐ฅณ๐ฅณ๐ฅณ๐ฅณ๐ฅณ๐ฅณ๐ฅณ๐ฅณ๐ฅณ๐ฅณ๐ฅณ๐ฅณ๐ค
>>
<<@Bazi1973
says :
๐ง๐ฎ๐ช โ. Uwo kagame we mbona yigira Putin knd mubona nka zelensky ๐. Umugambanyi ni Kagame
>>
<<@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
says :
Congo isa niyabaye icyibuga cyabashaka kumvana ingufu
>>
<<@AlexandreNtiringaniza
says :
Ko yatelefonye president wuBurundi kukurungika ingabo kongo none we ahora amubaza iyo arungika ingabo z'urwanda muri kongo canke mubindi bihugu
>>
<<@NduwimanaIsmail
says :
Nimba atabimwemereye ko ingobo azozirungikayo;Ubwo ntibisa nivyo amubajije ko Ingabo z'Urwanda ko zoba ziri muri Congo.Ntatange inyishu??kandi yari Ego canke Oya??
>>
<<@AlexandreNtiringaniza
says :
None prรฉsident n'uRwanda kuki yemera ko yovugana na kisekedi kandi atemera ko afise abasoda muri KONGO
>>
<<@moshwayne2565
says :
Ubwo burenganzise yarabukuyehe kuhamagara president Neva ntazabyongere
>>
<<@Vivi-sr7rq
says :
None uburundi kurungika abasoda muri kongo kagame bimurabaho iki? Barinde kumusaba uruhusha? Ubu museveni arungitse ingabo soudani yomanza kubaza Ndayishimiye? Mbona mutera mwigira amerika muraka karere
>>
<<@abanyeshure
says :
Ko avuga ngo Ndayishimiye yaramubeshe nagira ntiyobabara guko nawe nyene ivyo avuga ni ibinyoma gusa. Ararahira akarengwa ko ata ngabo ziwe ziri muri Congo. Hama yohenda gute Ndayishimiye kandi azi uwashizeho red Tabara ko ari Kagame. Yibwirako tutazi icamujanye muri Congo. Hari umukongomani ariko aramutera mugihugu ciwe canke umurundi. Siwe ariko arateza intambara. Aho yabukaranga twari musi yurujo
>>
<<@izirimunziratv9480
says :
Rwose abanyafrica nibari bagira ubushobizi bwo gushira hamwe bakuba ubufatanye muguteza africa imbere muri byose ,icyo bashira imbere nukuryana
>>
<<@NshimirimanaSylvain-t1w
says :
Congo ni mu Rwanda na Uganda?
>>
<<@FidelHarerimana
says :
Naho baganira ntagobyamara2batongeye gusubiranamo. Ariko uburundi bwitonde burekakugenderamukigarecya cisekedi
>>
<<@ClaudeBunagana
says :
Ubwo butasi bwa kagame bwakoze ubwabandi bamaze kumenyako ariwe arigutera Congo yigize m23, abanyabwe babiri ntibotsa igitugu, iyo wigize ngo uraciye ubwenge usanga harababukurusha, dushimire nyakubahwa Neva we yabimenye kare agahishura ama amabanga Ari munsi yama rido
>>
<<@AlexandreNtiringaniza
says :
Ariko imvugo kagame yakoresheje igaragaza nkaho kisekedi atagira ubwenge none kuki yama abonako ariwe abona kure gusumvya abandi ba prรฉdisent ?ngo ashobora kuvyuka agakora ibintu vy'umuntu umengo si umuntu muzima vrt !!!!
>>
NEXT VIDEO
>>