<<@AbdouMupenzi says : Inkomamashyi>> <<@isaienduwimana8605 says : Wewe Russa uravuga ukuri mugabo ni uko utavuga abaperezida bakorera abakoroni. Abanyamerika kugira bibe ibi bihigu vyo muri Afrika yo hagati bafise abaperezida b'aha iwacu bakoresha bakabakorera. KO ataco ubivugako! Abo baperezida baguma ku butegetsi imyaka myinshi bakorera Amerika n'Iburaya>> <<@melchiorntiruhenura9739 says : Dr Rusa! Essayez de vous procurer le discours de Kagame à l'Université du Burundi, à Bujumbura en 1995. Vous changeriez d'avis dans vos propos peut-être.->> <<@monkeymediax2834 says : Ariko Dr ubu koko urumva utabeshye koko? Ngo Kagame ntakibazo afitanye n'abaturage ba Congo! Wabisobanura ute kandi abafasha ababica, barabakuye mu byabo, batagira ibyo kurya none uravuga ubusa ntasoni ufite>> <<@yolo._96 says : Dr rusa turagutahura kuko turazi igihugu ubayemwo.Ntiwovuga ukuri kuvya kagame worara upfuye.Ariko nta kagane ari umu panafricaniste.>> <<@yolo._96 says : 😂😂😂😂ngo uburundi bwose bwari urwanga😂😂😂 sha aho urabeshe,nta kahise ku Burundi uzi.fais des recherches>> <<@yolo._96 says : Nta kagame ari panafricain,numusuku wa bazungu nawe niyabarambira bazomusubiriza>> <<@burundishallsmile1day109 says : ❤ 🎩>> <<@mcharlottekampayano3052 says : Umunwa wo murawufise>> <<@mcharlottekampayano3052 says : Rusa ww nzohora ndakwumviriza uriko uvuga ibindi, ivyo mukarere ndakwumvise Aho uhagaze>> <<@ndarishikijejeandedieu8860 says : Quel panafricanism? To invade other countries?>> <<@bukurufabrice4831 says : Nubwo ndi Umurundi,ndakunda Urwanda, abanyarwanda,nkunda Africa yose kubw inyigisho n impanuro nziza za nyakwubahwa Dr Rusa!long life ❤❤❤ 🇧🇮🇧🇮🇧🇮&🇷🇼🇷🇼🇷🇼 =1>> <<@ZigirumugabaRegis says : Dr Rusa bagirisha dukunda ibyo mukora>> <<@uwiringiyimanafrancois7298 says : Urwanda rwarenze ibindi bihugu kure mumitekerereze n imikorere uzarebereko harumu congoman cg umurundi wahohoyerwa bivuye kumakimbirane ahari wap nabyo wabona murwanda iwacu # Rwanda#>> <<@atmosphere111 says : Ririya jambo our president yavuze rwose ryari ririmo ubwenge byinshi ,twese twatunguwe no gushimira Congo n'Uburundi>> <<@1st-Tanzanian says : Kagame is a Snake>> <<@Alexis-jj4yt says : Oya ntimurenganye Dr Rusa ngo yashigikiye President Kagame ,yashigikiye iciyumviro c'uko Kagame yashimiy' Uburundi na Congo,...none sivyo?Ugira har'uwutazi ko Abanyarwanda bamaz'imyaka ar'impunzi mu Burundi na Congo kandi bafashwe neza nk'abandi Barundi/Zaïrois?None naho hoba har'ukutumvikana cank Président Paul Kagame yob'afitan' ingorane na Leta za Congo n'Uburundi muga akibuka kand'agashima ku mugaragaro iciza Uburundi na Congo nk'ibihugu vyakorey' Abanyarwandahar' uwutobishima? Erega hasubiza hamwe abatase, Ivyo President Kagame yavuze naho yoba yabivuze mu buryarya dufate,kazima yavuze neza agashimir'Abafashij'Abanyarwanda kuko nawe azovaho haz'abandi muga kahise cank' amatēka mbay' Abanyarwanda azokwamaho.Murakoze>> <<@yvesjean8437 says : Kagame numugome buriya biya bihugu ashimira kagame yarabihindutse byamufashije kwica abahutu bize babihungiyemo babajyerekaho ibyaha numuntu atazegura agahanga.???¿????>> <<@Alexis-jj4yt says : Mutāma wacu Dr Rusa Bagirisha i Bujumbura turagukwirikira 5/5 ahubw'uzogaruke kuturamutsa burya ivy'Uburundi n'Urwanda ntawoj'aravyivangamwo n'ibere ryayaze mu umwanya muto muga turavukana ivyo dupfana nivyo vyinshi vyiza nay'ivyo dupfa ni bito caane nta n'ico bimaze! Dr Rusa wirambire Africa iracagukeneye🙏🙏🙏>> <<@sinayobyeclode123 says : Uburundi bwose bwarurwanda😂😂😂😂😂😂babyumva c ch>> <<@bizomenyimanaelias5455 says : Ntamurundi yokorera kuvyiyumviro yakagame ivyiyumviro vyabahima babanyarwanda birapfuye bazi kwiba gusa Reka uburundi tugume iwacu nabanyarwanda mugume iwanyu>> <<@bizomenyimanaelias5455 says : Kagame nigikoresho cabazungu umuntu yumiye kubutegetsi murwanda utari umututsi ntajambo ugira>> <<@habiyamberetheonesterashid6953 says : Nta muzungu ugirira impuhwe umwirabura pe Muzehe wacu arabazi Nukuri President wacu n'umuhanga azi uburyo bwo kubana nabo abazi nkindryarya none igihugu cyacu yakizamuye kurwego abo bazungu batakekaga byarabariye ahubwo murarebye neza muzasanga iyi Afrika irikwigobotora ubucakara bwabo kubitekerezo by'ubwenge bw'umuyobozi wacu .Muribuka inama y'Afurika yabereye hano Muzehe ariwe waruhagarariye Afrika mugihe cy'umwaka Yabahaye Ama principes Afrika izagenderaho nko kwishyira hamwe none birimo bijyenda biza da buriya n'umukongoman bizajyeraho yumveko m23 arumubyafrika mujyenzi we arumukongoman mujyenziwe ubundi akarere n'afrika gatembemo amata n'ubuki .>> <<@fredmfuranzima says : Kagame ni umugabo w'umuhanga cyane>> <<@uwiringiyimanadiogene1350 says : Ariko urabona ko wowe ugikora ibiganiro kuri Polq nta kibazo. Ese ibanga ni irihe??? Ryayobeye Cyuma ,J. Paul na ba Karasira,etc,.. Ese buriya Dr. RUSA akoresha irihe?? Ibi bintu sinzi niba utabikuramo ICUKUMBURA. Kuko buriya no kwa Putin hari abakwepana na we bazasozanya kugeza avuyeho cyangwa bapfuye bisanzwe. Nta nama zicukumbuye wadukusanyiriza??? Ubucakura is your Vocabulary mostly! Guhugura abantu birakenewe kuri wowe!>> <<@RwandaNzizaiwacu says : Dr RUSA intwari yurwanda mubusesenguzi bwiza kand bufitiye akamaro abanyarwanda>> <<@clementdusabimana7384 says : Thanks Dr Rusa Bagirishya🇷🇼❤️🙏>> <<@mamantheresie says : bien dis DR. Tujye tuvuga intwari zikitwumva ,nubwo abisi badakunda kumva ukuri>> <<@ernestndayisaba639 says : Dr. Rusa! A vous!>> <<@JEANCLAUDEHABUMUGISHA-m4j says : Constructive you are!>> <<@RUKWAVU says : Haha imbaraga minorites igahora irwana na majority nabo bakaja hagati bakatuyobora! Dr Rusa Imana iguhe kuramba uvuze ukuri.>> <<@uwiringiyimanadiogene1350 says : Dr. RUSA BAGIRISHYA ni Umuhanga cyane kuko ntashobora kwiyahura. Ubundi ntawukwiye kuvuga ibimufungisha cyangwa ngo bimwicishe! Yatubwiye ko Abaperezida ba Afurika bakorera Mpatsibihugu ntimwumva! Nimwemere ko ari Umuhanga cyane ameze nk'Impeba izi kuba mu kanwa k'injangwe kandi ntiyirye igasohokamo ikanagarukamo buri gihe! Benshi barimo ABANYAPOLITIKI, ABANYAMAKURU n'ABASESENGUZI muri rusange bakwiye kumenya aya mayeri ya Dr. RUSA .>> <<@kamuyangwajohn says : Nothing u say>> <<@kamuyangwajohn says : 😂😂>> <<@jeanmarieviane159 says : Ijambo rya HE President Paul Kagame yavuze mu kwibuka genocide yakorewe abatutsi 1994 ryakurugutuye isi,rishimisha Africa yose.Ubundi Ndayishimiye na Chilombo baba bavugagujwe ariko kubera ubwenge bwinshi buri muri ririya jambo ntibabona icyo kongeraho,Rusesabagina na Blikon nibo bavuze ubusa kuko ariko basanzwe,Imana ikomeze kuturindira umubyeyi ni umuhanga kandi ni ikitegererezo ku isi yose.>> <<@evabroolivier7051 says : I like smartness of président Paul Kagame>> <<@evabroolivier7051 says : Dr Rusa urasetsa>> <<@Salambwe says : Harigihe ureba ureba kagame ijamborye aba aritymuperezida ureke iriyambwa neva na cyabitama>> <<@MukakayanzaJoseph says : Abantu nibareke urwango banga abatutsi kuko ntacyo babatwaye kuko byanga bikinda bose bashyizwe kwisi n'Imana iyisi buriwese azayivamo bityo ntihakwiye kubonako ariye wenyine>> <<@lovehumanitypeace4230 says : Umugabo wubwenge nka Dr. Ubu Imana izamuhe kurama kdi Ubwenge bwe buzagire ababusigarana. Ntuye hanze ariko Umunsi nzagiramahirwe yokugera mu Rwanda nifuza kuzamusuhuza. Bravo . President Kagame nindashikirwa mumiyoborere❤>> <<@dunia-n3k says : Icyo gitabo l' Afrique federal de l' est kizasohoka ryari Dr ngo dutangire commande?>> <<@mbonihankuyeelie4590 says : Hypocrisy niyo ituma africa tutiyunga. Umwe wese akingira uwiwe.>> <<@mbonihankuyeelie4590 says : Doctor, domain urutoki kukibazo ureke gukingira ibaba, urya indimi.>> <<@mbonihankuyeelie4590 says : Bwura Kagame ahagarike imigambi mibi akoreshwa na western countries, ibisigaye bizokwikora.>> <<@mbonihankuyeelie4590 says : Nahora nkwemera ariko ubu unteye amakenga.>> <<@mbonihankuyeelie4590 says : Iyo turiko turagira analysis, tureke guhumiriza kubibazo dutera abandi mukarere. Ubwo bwiyunge bwakarere, bwashoboka Ito politique ya FPR mukarere iteje ibibazo. Integration iba automatique mugihe politique ile Claire. CEPGL yari Integration ikwiye , iyo tuyibandanya.>> <<@mbonihankuyeelie4590 says : Erega doctor, ivyo vyose avuga canke akora, nivyiza. Ariko icingenzi, nakure abasirikare muri Congo. Anareke Ingabire yitoze. Ivyo koko biragoye?>> <<@MoniqueNiyonagira says : Abaturanyi twarabanye n’abavandimwe ❤ Dr. Russa nkunda ko ubona ukuli vuba vuba 🙌🏽👍🏽>> <<@PHILTV10 says : Urintwari dr rusa.>> <<@rushyanadivin8364 says : Nukuri Dr Rusa Bagirishya na Theonest turabakunda cyane pe Imana Ibarinde>>
VideoPro
>>