<<@lifecycle224
says :
Kbx
>>
<<@sumyafrance6893
says :
None nibagire mariage bakure ngaho
>>
<<@josephinemukansanga2449
says :
Biranchyimishije cya pe
>>
<<@vianneyniyonkuru750
says :
Sandirine ndakuramukije cane ndumurund bonye ikiganir ca promess na jenne none ndakubaje barashubiranye cake? Ndagushavye unyishure
>>
<<@mukahirwafausta9166
says :
Waoooo imana nishimwe kubwanyu iyombarebye ndishima kuko binyibutsa uburyo nashatsemo imana ibakomeze
>>
<<@gloriaumutoni5424
says :
None jane,nubu acyashaka guhura na tegera?
>>
<<@anisasalim4187
says :
Amen👏👏👏👏👏👏👏👏👏
>>
<<@ruthkankundiye459
says :
Can I get that weekend llamas who is the best
>>
<<@uwizeyejoshua8022
says :
Murakundane ntimuzohebane kuko iyomwavuye nikure❤️❤️❤️❤️❤️
>>
<<@dusabentungane8048
says :
😂🤣🥺🤗
>>
<<@Thegraceofgod75
says :
Rwose Jeane mwongere musubirane ntwundi uzaguha urukundo nkurwa promesse kandi usubirinyuma wibuke amagambo wamubwiye ngo ntakintu nakimwe yakora utazamubabarira
>>
<<@fgygt4661
says :
Ooooo my God ndumva ni shimwe kubona mwasuburanye?
>>
<<@umurerwapandox6858
says :
Yooo muhite mupanga ubukwe
>>
<<@seigneursoitloue3065
says :
Burya ababantu baryosha ubuzima pe
>>
<<@munezejoyeuse
says :
Ahubwo byarabacanze
>>
<<@reyakanyange4498
says :
Mbega byiza imana ishime komwasubiranye disi
>>
<<@nahimanzezchiel8657
says :
Umuti wararikoze!!!.
>>
<<@mjnbr4622
says :
👏👏👏👍
>>
<<@maryjose4196
says :
Aba bantu bacu jewe baransetsa 😀mperuka baratanye burundu none basubiranye ! Nsabzwe ndabakunda ariko izozankano mube muzireka mugume murukuko mubane Hama ivyuko ngo twatandukanye ntidusubire kuvyumva! We love you from Burundi
>>
<<@nyirarukundofifi4388
says :
Urukundo ruraryoha arko nukababaza iyomushwanye gusa narababaye kuba mwaratandukanyepe
>>
<<@manzijane787
says :
Hhh gusa murakuze ibintu byimikino no gushwana kwa hato nahato birarambiranye niba musubiranye byukuri ntituzongere kubabona muza kuri social media mushwana plz bizarangira mubaye nkinjwajwa zitazi ibyo zirimo so mukore icyo abagomba gukundana bakora
>>
<<@jacklineniryingoma9995
says :
Jeanne na Promess, ndanezerewe Kuba mwababaritanye mugasubirana Imana ishimwe 🙏 nshimira na Sando yababaye Hafi Imana iguhe umugisha Sando, Jeanne na Promess muze mwirinda murukundo habamo imbogamizi nyinshi Ariko muze mushira Imana imbere nugusenga no kwihangana. Imana ibaje Imbere murukundo rwanyu.
>>
<<@niringiyimanaemmanuel4311
says :
oooh!!! my Godness aba bana bari mwiteterooo😂😂
>>
<<@alyner753
says :
Vyiza cane kuba mwasubiranye ababanka babandureko💗💗💗
>>
<<@christinekibibi3820
says :
Ndishimye kubona Jane yishimye. Birinde amabwirwe, kandi barusheho gusenga, Imana niyo nkuru.
>>
<<@mozam4496
says :
Nukuri biranejeje 🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮iyi couple ndayikunda
>>
<<@angedarlene1770
says :
Amen hallelujah ico Imana ifatanije ntawushobora kugitandukanya ndabasabe ikintu murabe mukore akantu kubwenge kugira ikiba cose mugisangira murikumwe kko iyaba murikumwe ibirya vyarenganye ntabwo twarikubimenya kimwe gusa ndaryohewe nukuri cane gose Imana ikomeze kubarinda 🥰🥰🥰
>>
<<@mugiarnezaariela8277
says :
Imbavu zajyeweee🤣🤣🤣🤣🤣 SANDRINE you are number one!
>>
<<@uwamahorojeanne127
says :
Ese murakomeje
>>
<<@ireneeniyonkuru42
says :
Retour d'âge
>>
<<@ireneeniyonkuru42
says :
Retour d'âge
>>
<<@funfamily9209
says :
Mbega byiza urukundo ni rwogere rata ko nababuze kuri you Tube
>>
<<@ichris822
says :
Still single and don't want to mingle😃😃😃. Ndabakunda ntakindi
>>
<<@ndayisabadieudonne2871
says :
Uzobabarire ko twabonye kobipfuza kwongera kuvurwa ababantu nagakino barimwo knd Sandrine ubitohoze uzobibona twarambiwe
>>
<<@chimyornyvette3883
says :
Jeanne akicirahiza ngo ntawe agikeneye😂😂 urukundo gubahwe caane❤❤❤❤ Sando much love❤❤🇸🇦🇧🇮
>>
<<@theresiakarwera2279
says :
Nibahite bakora ubukwe byihuse nari nababaye bashwanye rwose
>>
<<@nizeyemariyaernestine1167
says :
Namwe rwose sinjyambamenyera is two mach
>>
<<@mdoman5229
says :
Amena amena🙌🙌🙏❤️🥰👍👈
>>
<<@jclch2
says :
Allahmadoulah
>>
<<@HirweJoyce2066
says :
Ese koko mwabanye mukava mukavuyo kababatesha umutwe bashaka ko mutana ndabakunda cne kd mwakoze kongera guhuza courage ❤️🙏
>>
<<@martheu.8043
says :
Promesse you are right
>>
<<@uwiduhayelouise8602
says :
WOW wow wow
>>
<<@grandmachannel8828
says :
Mama wa Promesse yavuze nabi 🤦🏽♀️🙊kuko nta muntu upfa akundana ,kandi Jane ni muzima. Niba Promesse yarakunze umupfu nibababareke abapfu bikundanire.
>>
<<@yvettekaneza4385
says :
Iki kiganiro si icakera?ntabwo ari gishasha sando natubwire
>>
<<@grandmachannel8828
says :
Ako kantu ngo ntimuzaduteteteza kandi muhora mutubabaza iyo mushwanye?🙊🤣💋💋
>>
<<@nadinekibibi8828
says :
Bongeye gusubirana shawe ndababaye ndambiwe guhora mbona iryoshano ngo ni promise ribabaza jane
>>
<<@abiavyizigiro5885
says :
Ibi Mbona nivyo?vyaciyemwo?
>>
<<@majyambereaugustin1475
says :
Mutubabarire musezerane bivemurujijo
>>
<<@nadineninani9014
says :
Wooooooooooooooow ndishimye pe, ino couple nsigaye nyikunda cyane pe
>>
<<@bienfaitkambege7949
says :
Jambo dadaJeannekunakupendasana kwahiyokubalinamiminiwemdogowakotafazali.
>>
NEXT VIDEO
>>