<<@MUNGANYIMANASylvanie-v9s7b
says :
Ubuse umwe apfuye undi we yabaho? Ibi bintu nabibonaga mu mahanga ya kure
>>
<<@MUNGANYIMANASylvanie-v9s7b
says :
Ubuse umwe apfuye undi we yabaho? Ibi bintu nabibonaga mu mahanga ya kure
>>
<<@SadieIshimwe
says :
Imana ikomezr itabare bariya bana ndetse numubyeyi wabo
>>
<<@NyiransengimanaAntoinett-rb8ph
says :
Yooo lmana niyo izi icyo irakora ❤❤❤
>>
<<@UwizeyimanaAssia-v3e
says :
Nukuri nakunze ukuntu mukorera abantu ubuvujyizi imana ijyibaha umujyisha ndabakunda
>>
<<@TuyishimeDamour-s6g
says :
Ntukubabiko bakatanya
>>
<<@hudahuda9804
says :
Abanyagwanda IMANA ibahezagire kumutima mwiza mufise
>>
<<@kigalirwanda5695
says :
Mana tabara uyu muryango
>>
<<@MmmMmM-wc2gn
says :
Abanyagwanda,mwubahwe,Aho,muri,mufise,urukundo
>>
<<@kaliremarierose4120
says :
Bamenya
>>
<<@mykeke3255
says :
Ababana ngo bamaze kwitabumuremyi 😭😭 mwiruhira mahoro
>>
<<@rydyfhgfhdhcv6317
says :
Afrimax tv je ndabakunda Imana ibahezagir mukwitang kwny ntimuvangur nomu Burundi iwacu mushikayo Yesu abahezagir👏
>>
<<@TibaYaMoyoUpendo
says :
English please 😭😭😭
>>
<<@uwasemutoni3556
says :
😭😭😭
>>
<<@lilianeerica3318
says :
Ariko Mana kuberiki nukuri barababaje disi ehukuntu uyumwana yaheze nukuri 😭😭😭😭😭😭
>>
<<@shushishushia3329
says :
None nkubu uyo agwaye nkahamwe yopfa ubwo bundi yabaho koko?
>>
<<@angelndihokubwayo3742
says :
Yooo Abanyagwanda mwubahwe kumutima wurukundo mufitiy Uburundi na cane cane Afrimax TV Imana Ibakomeze
>>
<<@ericaugirase8771
says :
Imana yururukire gutabara bano bana
>>
<<@ggsdfgg6948
says :
Manayomwiju tabara uyumuvyeyi kuko niwushoboyevyose
>>
<<@ggsdfgg6948
says :
None umwekwa rwaye apfuye vyogenda gute
>>
<<@ggsdfgg6948
says :
Yesuwe mbuzicomvu😭😭😭😭😭😭😭
>>
<<@nadegekwizera2633
says :
Tabara Mana ivyo bibondo🙏🙏🙏🙏
>>
<<@nadegekwizera2633
says :
Birababaj Imana imuh kwihangana😭😭😭😭😭😭
>>
<<@mamantity3121
says :
Mana tabara uyu muvyeyi nukur umunt wese aCafasha nafashe nukur
>>
<<@noranora9027
says :
Mana wee uhoraho abahe umugisha
>>
<<@uwinezaamahoro808
says :
Imana imutabare nukuri ntibyoroshye🤲
>>
<<@marieangeganza96
says :
Yooooooo Mana tabara nukuri
>>
<<@ingabirekellen4635
says :
Mana Nyagasani😭😭😭
>>
<<@كزمانفاستبن
says :
Yoooo.imana.ibahezagire
>>
<<@munezeropatrick.wijoma.8510
says :
Imana ibasubirize ahomukuye imana ikomeze kumuhereze umugisha
>>
<<@childrightmusanze5647
says :
None se ubwo umwe napfa undi bizogenda gute
>>
<<@mvuyekurejmv8313
says :
Mana tabara
>>
<<@nahimanzezchiel8657
says :
Ububarakize ngira ntimwabimenye.
>>
<<@nahimanzezchiel8657
says :
Ububarakize ngira ntimwabimenye.
>>
<<@isaro6229
says :
Imana itabare rwose Uwo Mubyeyi n'Abana
>>
<<@isaro6229
says :
Mbega umubabaro
>>
<<@امنهالسناني-ث4س
says :
Imana imufashe uyu muvyiyi
>>
<<@امنهالسناني-ث4س
says :
Imana niyo yonyene izokwikorera
>>
<<@angelo_Rwanda
says :
Jesus Christ 🙏 is our only savior of our lives
>>
<<@nzizajovinpaul4955
says :
Mubuhinde babakorera opération bagatandukana nimuze tumufashe abafite umutima wogufasha ajye mubuhinde.
>>
<<@mishline3815
says :
Ariko Mana murengezi wijuru nisi rengengera ababaziranenge 🙏muriyisi haramagerazwa meshi 😭😭😭😭😭mbegumubabaro murakoze afrimax🇧🇮
>>
<<@inesirakoze8642
says :
😭😭😭😭😭😭😭😭😭🇧🇮🇧🇮🇧🇮
>>
<<@niyigenaalphonsine5996
says :
Mana ndagusabye nkuko wemeye ko bavuka bafatanye igaragaze bakire kdi babone uko bagera kubabishoboye baba fatanure babeho
>>
<<@niyigenaalphonsine5996
says :
Mana ndagusabye nkuko wemeye ko bavuka bafatanye igaragaze bakire kdi babone uko bagera kubabishoboye baba fatanure babeho
>>
<<@niyigenaalphonsine5996
says :
Mana ndagusabye nkuko wemeye ko bavuka bafatanye igaragaze bakire kdi babone uko bagera kubabishoboye baba fatanure babeho
>>
<<@salehahalamri1132
says :
MANA Mushobora vyose tabara abo bana MURENGEZI wacu🤲🤲🤲 IMANA Ibahezagire cane Afrimax TV.
>>
<<@yuonneumurundi8119
says :
Afrimax Tv turabakunda cane nkunda uburyo mwahamagariwe gutabariza imitima yabenshi ibabaye😥😥😥😥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
>>
<<@ngaboofficial600
says :
Lord have mercy 😢😢
>>
<<@mbabazimarthe5642
says :
Yoooo tabara Mana
>>
NEXT VIDEO
>>