<<@mukanyandwibeatrice9449 says : Yehoko>> <<@mugishaaboubakar5481 says : Keza nawe warahubutse ukoze ikosa riremereye kubajana mumburano haruwuburanira inda ubiravye ntubonako aruwugomba gusambuza urugo gwabandi avuga amajambo yuburofa>> <<@dianekaneza2731 says : Eric ntandero ugira ahubwo warapfushe k Irène yaguhevye>> <<@clovisndayizeye4330 says : Ariko murasetsa none murundi azokwama yashwaniye amada n'abantu ngaho ivya yaka birahavuye yaje n'a Eric>> <<@dushimemaria5689 says : I love this>> <<@dushimemaria5689 says : I love this>> <<@ahishakiyeclotilde7196 says : Ako gahungu rero karashaka guteranya no gusenya urugo rwabandi pe. Murundi kunda uwawe uve kunjiji>> <<@uwayisabavalentine6355 says : Murundi tuza woe dore uwo mujama ari kwikina imbere yisi yose ntazi nokuvuga amasaha hose amaze ngo iki murimo niri jambo Niki Niki umu bebi ntiyiyizeye ngo avuge chr byuzuye reka amaheru>> <<@jmvirakoze4944 says : Uwo ngo n'eric ni mbwa arikina>> <<@ngepapascal6492 says : Abo baba babeshya abanyarwanda>> <<@juliennenikuze8926 says : Eric ntugasebye umukobwa>> <<@aisahsad7362 says : Kez bahuz aribatat ic gitip kirasuzuguran ubon usuvy ubwiz murund wew?>> <<@nigenaregis3694 says : Mutikina we>> <<@nigenaregis3694 says : Muzi gukina kbs>> <<@munyanahusnakwt6218 says : Murundi wacu rek guharira nako ga sous 50kg>> <<@mpawenimanaaline6576 says : Murundi rekubwana kura mumutwe kuk uriko witwaruko? Sha wapi urambabaj nkubu afise inda ndabiz ariko aronder abamufasha kugir avyare kazikawe>> <<@mpawenimanaaline6576 says : Murundi reka kwishir kubint bitarivyawe reka nuwomukobwa non urabon ko Eric yobesha????>> <<@mpawenimanaaline6576 says : Murundi vyihorere natwe tuzobishura>> <<@eddyneyfhh7034 says : Muratey nisoni nuyomwana ntimuramubona ko yavutse non mutanguy kuryana kuko uyo Irène nindaya pe uzikiganiro yakoz ubwambere IRene akavugako inda ariyamurundi uyo Éric akamwihakana non doré aremeye ko indariyiw So murundi vinyuma kuko ya Irene sino uzogirikibazo ntubonako IRENE ariko agukina ga murundi?>> <<@eugenienkubito6448 says : Éric ukorahe?ukoriki?>> <<@eugenienkubito6448 says : Éric wisenya uruho rwabandibana>> <<@mukambateophile1582 says : Ahubwo uwomuhungu ntazigutereta>> <<@mrjernestocheguevaradjdhsv9911 says : Nukirate bro murundi ntabwo umurusha ubwiza ntamugabo winzobe mwana>> <<@kipendovestine8308 says : Eric uziko wikina kbs, Uri rushenyi gusa, ubu urabona koko Ilene yakwemera? Apuuu impfizi irivuga na nyamucondongoro ngo natanzwe. Gusa Uri fake kbs .ugende witekerezeho. Kuko ushatse numuvandimwe wange narira imyaka yose>> <<@nsabiyumvasosthene2523 says : Naho itoba ariyamurundi witonde muburundi Sihabi kuburyo woherako uhasuzugura Eric witonde cane>> <<@saraq8313 says : Murundi ntuhebe irene murukundo nuko bimeze bakavanga babaho kimwe sinarinzi kabanyarwanda banka abarundi nukuntu nabakunda musaza wa irene yarandututse none nuwo mu jama nawe arongeye murundi gira utahe wangu mg irene ntumusige nuwacu>> <<@Chacha-wp3ug says : Murund tuza kk numbwambere baramuriye murikumw nubu baguma bamurya murikumwe biboneka ilen nindaya turabizi kand biruvikanye uriteje isoni kuguma usagira nabandi 🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦>> <<@Chacha-wp3ug says : Mbega keza nkubaze gukundana ikihe kirekire niho kutera inda mbag kobakundanye igihe kirekire bamukuriye ubusungi atabona kuberiki atamuteye inda kuva kare ntibamukuye ubusung barikumwe🤣🤣🤣🤣🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🙏🙏🙏>> <<@Chacha-wp3ug says : Keza umwan siwamurund natuze🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🙏>> <<@Chacha-wp3ug says : Haribintu ukina bikakugumako uribuka ivyo wakina na keza hamwe na yaka nukuri www nubona 🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🤣🤣🤣🙏🙏🙏>> <<@Chacha-wp3ug says : Umurund reka bakwereke kuvakare barakubwira aho umukobwa yakwerets kwatagukunda bamukuye ubusungi ukamugumanya harya yakweretse kwataco umaze🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🤣🤣🤣🤣>> <<@Chacha-wp3ug says : Umurund reka bakwereke kuvakare barakubwira aho umukobwa yakwerets kwatagukunda bamukuye ubusungi ukamugumanya harya yakweretse kwataco umaze🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🤣🤣🤣🤣>> <<@harerimanaemmanuel2088 says : Murundi wewe narakubwiye ntiwumva mbe abanyarwanda wabariyemwo iki? Irene nimaraya muhebe?>> <<@dominictwahirwa273 says : Keza wa Yaka. Yaka wa Keza. Keza ndagusuhuje cyane ,Ijwi ryawe njye ndabizi nubwo Wang kwigaragaza.>> <<@dominictwahirwa273 says : Ese Uwo murundi yabanje kwa Keza na Yaka none ngo erene. Ese uwo niwe Keza ngo yabanje kuyitora . Ese TV ya keza na Murundi ibiganiro nibyiza gusa. Magie mushaka sha ibiganiro bizima.>> <<@shejaclaire566 says : Ako gahungu kimipira yumweru nakiyemezi birumvikana KO gashaka guteranya>> <<@dianemuhawenimana3666 says : Nihatari murundu yaragowe vraiment ntago byoroshye kabisa>> <<@chamillairakoze6465 says : Pore san murundi wacu 😭😭😭>> <<@esperancentaconayigize4517 says : Wa kagabo we urazi uburundi wewe ? Uzi Abanyarwanda bashaka kuza gutembera ino ?? Wewe ntitugukeneye mu gihugu cacu uraguma hiyo uturekere igihugu>> <<@esperancentaconayigize4517 says : Ntaco usumvya murundi wacu wa kagabo we>> <<@sangoclaver1870 says : Murundi wewe turakwemera usa naneza…>> <<@sangoclaver1870 says : Murundi wewe nsanze witonda cane icho naguhanura bazobahuje mwese Irene niwe azobitatura abachire urubanza kabisa..>> <<@ol8228 says : Murundi uritahira nukur iwacu muburundi kuk barakubonera😪🤧🇧🇮🇸🇦🇸🇦>> <<@apollinairebizindavyi4641 says : Ce petit garçon n'est pas sérieux. Murundi itekanire ukomeze imigambi yawe. Ako gahungu gafise umugambi wogusambura. Baragatumye>> <<@niyopeaceofficial8827 says : Reka dutegereze I rene abyare turebe umwana asa nande? Ndabona aricyo gikuru cyatuma umwe amenya ukuri.>> <<@coppensnduwimana8022 says : Mbega ico kijuju ngo n'umurundi aho yabesheye niyova murivyo bintu>> <<@kavoni3 says : Mwabuze inkuru akagabo nka ka Koko kabona abantu babana kakazana ubusutwa?>> <<@yvanmutaganzwa9734 says : Nimuhatwike sha!!!>> <<@gloriairadukunda6884 says : Murundi ibwobintu bigenze buhoro kk uraziko irene mukiganiro cambere ya vuzeko namusazawe yanse murundi kk yaraziko bazobana nawomuhungu>> <<@gilbertantonio5875 says : Mbese murundi uraburana nuwi jaama wumureka mureke musaza>>
VideoPro
>>