<<@motherofthegreatlakes6297
says :
Congratulations, wize ibintu bikomeye bishobora gufasha urwaruka n’abazovuka hambere haza, baze namenye amateka yigihugu kuja kungoma ya Cami, uruhare abazungu bamwe bamwe harimwo naba colonists bakoze mumabi yose twaciyemwo kugeza cane cane ikibi kibishe ca genocide yahoze ikorerwa abatutsi incuro nyinshi, bigacika urudubi muri 1994. Naje ndumva nokwiga ayo mateka kugihucu mvuka mwo.
>>
NEXT VIDEO
>>