<<@emmanuelkarenzo5358
says :
Irène nukuri urinindero utandukany nuwitwa maman waw
>>
<<@pascalntakirutimana1175
says :
Uracyeye
>>
<<@pascalntakirutimana1175
says :
Abareke rwose.
>>
<<@igihozosolango2580
says :
Ibyose biracyabaho ?urukundo rujyahorusha ,mwebye ntimubyiteho
>>
<<@munyanahusnakwt6218
says :
Natwe aba rundikazi nabarundi turagukunda cane 🇧🇮
>>
<<@mugishaburundi3146
says :
Komer🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🥰🥰🥰🥰🥰
>>
<<@jojokentea704
says :
IRen turagukund abarund nabarundikaz mama waw yank murund kukwakeny ariko amaronko ntawayavukany nabarek mwikundanur meibanir imana ibajimber natw abarund turabasengera caaaaan
>>
<<@dushimemaria5689
says :
This is my number one TV
>>
<<@dianairakoze5428
says :
Chr uyumus uvuz ijamb nyary bébé uy nimikas ntiwibazeng aranezererew nokub wokubak nimb afis abakobw bagez kurongorw bakir imuhir ntashobor kuvyishimirak worongorw nabiwiw bataragend rer chr niw wokwifatir umwanzur ntiwit kumajamb yamukas sinyoko nimukas cubweng
>>
<<@Roza-on6km
says :
Ndatwite nimhuzu zirimwo
>>
<<@Evrosen12
says :
💖💖💖Uburundi na Barundi is number one ❤❤
>>
<<@bettybayishemeze8168
says :
Irène uravuze neza abarundi ndaryoherwa vrt.bitumye ngukunda
>>
<<@ngirinshutiemmy6452
says :
Erene ndakwikundira. Weho namulundi wae ndabemera byasana Irene komerezaho uwo mutima ugira uzawuhorane😍😍😍😍😍
>>
<<@yankurijerodia7701
says :
Mama wawe avugako akizwa ariko ntamikirizweyep umuntu ukizwa ntabwo avuga amagambo yogusebanyarwose azisubireho akizwe neza
>>
<<@hilairengayaberura4942
says :
Ndabona atwite koko. Imana izabafasha, courage.
>>
<<@yvanna9233
says :
Manga.weee.nihatari.Irene.niwihangane.ugume.kumugabo.wawe.nivyovyiza
>>
<<@aishabrundi2799
says :
Kandi sumo yambara gerageza uronder imyendayabavyey
>>
<<@aishabrundi2799
says :
Gusa umuvyey sumo yifata
>>
<<@assinarubayiza7551
says :
Ndagukunze Irène imana ikuje imbere inagufashe mubyurimo
>>
<<@Cherissa_
says :
🙏🙏 karibu burundi tuzakwakira pe
>>
<<@scoviabamurangye5004
says :
Are you pregnant or it's just a lye
>>
<<@haguminezaemmy3811
says :
Kigari 250 jejuuricuaneeee
>>
<<@uwinkindiangelique7514
says :
Rd to we
>>
<<@سارخهلا
says :
Arik iyo nda ikura kumusi nayaryari kweri aho nkuheruk ntiyabonek non.mumis 10 ugomb wibaruk nimuhende abandi ntabwo wibungenz nivyo gus ndashim inyigisho zanyu kuk zifash beshi mukin ibirih arik ntimukabeshabantu ko wibungenz
>>
<<@antambow5323
says :
Umubyeyi wawe mubabarire ça bugufi ari mumagambo kuko ijambo iyo risohotse riba ryagiye umwumve umuganirize kuko niwe wakubyaye ntabwo wakomeza kuvuga gutyo musange cg tel usabe imbabazi wikomereze nkurahiye yuko atabanga ntabwo yabanze
>>
<<@jwaynhavyarimana9464
says :
Irène aratovy be namurundi wacu
>>
<<@antambow5323
says :
Sasa guma murugo ubyare bizaza nyuma humura Imana irahari kd uceceke usenga
>>
<<@antambow5323
says :
Ariko mama .ninde? Mama numuntu wese wareze umwana aba ari mama
>>
<<@sekenyambopeter502
says :
Ariko keza Ibyo Ni show Biz Nawe ugiye Kuba Nka Isiac Manager .
>>
<<@havyarimanaveterin6356
says :
Ndabakunda Iman ibaje imber
>>
<<@uweraalice5474
says :
Kbs uzarurwane urugamb
>>
<<@clovisndayizeye4330
says :
Dukumbuye Gashozantambara
>>
<<@muhorakeyejaqueline4299
says :
Irène ico nokubwira mugihe cose ufise chérie abavuga bababenshi ariko wewe na murundi mwikomereze urukundi imbere hari vyinshi Imana yabateguriye
>>
<<@jeannettemutumwinka547
says :
Urukundo rurizana ntawutegeka ngo kunda uyu cg uyu
>>
<<@كورساريالياس
says :
🥰🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🙏🙏💘💘💘
>>
<<@uwimanashadia99
says :
My love 🤩🤩
>>
<<@uwimanashadia99
says :
My love 🤩🤩
>>
<<@uwimanashadia99
says :
My love 🤩🤩
>>
<<@uwimanashadia99
says :
My love 🤩🤩
>>
<<@uwimanashadia99
says :
My love 🤩🤩
>>
<<@uwimanashadia99
says :
🇷🇼🇷🇼🇷🇼👍👍👍
>>
<<@زوادالزمندي
says :
Irene dis nimwiza
>>
<<@uwimanashadia99
says :
✌️✌️✌️✌️
>>
<<@uwimanashadia99
says :
Wow beautiful 🥰🥰🥰
>>
<<@ndabarushimanaezechiel6559
says :
Irène ncuti yacu iburundi komera
>>
<<@yousufyousuf1320
says :
Aho shaaa Irene wihangane muzabana murundi wacu witekanire Kandi uzavyara neza mumahoro Maman wawe umwihoze ntazokurongora❤️❤️❤️❤️🌹💯🇧🇮😍😘🙏💪
>>
<<@dianekaneza2731
says :
Abasiramu baragoye mukobwa uravyitondera pe sinkuremesheje
>>
<<@sendrinempawenimana4643
says :
Turabakunda.cane.ilen
>>
<<@victorgisele8436
says :
Kandi Ire ntuzange mama yarakureze.
>>
<<@victorgisele8436
says :
Ariko Ire rata mama wanyu simwiza pe!Ibyakubayeho twabibonesheje amaso.Niwowe yanga ntago akwifuriza umunezero.Muveho Kandi wishyire mubiganza byibashije byose .
>>
NEXT VIDEO
>>