<<@eddydidierbigirimana7663 says : jewe nkeneye Nsanzabera numero yiwe hama muzodutumire ndamubwize ukuri kuko harivyo yirengagije,Icambere namenye ko irya ntambara yahuje Uburundi n'Urwanda bapfa ko bose bokwigarurira karya karere ka Bugesera katwagwa n'abahondogo,maze iyo ntambara itsinda Uburundi>> <<@isidorinsabimana410 says : Ntare Rufuku Cambara Ntama ni mwene Jabwe wa Ntwero wa Ntare Karemera wa Sinzi wa Nyamuhanzi wa Ndoba umwami wi Gasabo>> <<@isidorinsabimana410 says : Nsanzabera arabizi Ntare Rushasti nu mwuzukuruza wa Ntare Karemera nawe yari mwene Sinzi wa Nyamuhanzi wa Ndoba u Mwami wi Gasabo i Rwanda>> <<@bizomenyimanaelias5455 says : mwebwe abanyarwanda twarabameshe kuva kera>>
VideoPro
>>