<<@fidelesafari9739 says : Arko ubundi iki gihungu kimeze gutyo bakiretse kigalomeza kikibera ikirara ko aribyo bikibereye>> <<@pascalntakirutimana1175 says : Batubwire igihe bazashyika mu rugo.>> <<@pascalntakirutimana1175 says : Twese twishimiye kuzabona uwo mwana uri hafi kubona izuba.>> <<@pascalntakirutimana1175 says : Barakundana disi! ariko mukecuru nabimenya arabereka.>> <<@igihozosolango2580 says : Muraberanye p,ntimuzahemukirane๐Ÿ’•>> <<@nyiranshutidjamila5378 says : Hoooo ,ndabanezerewe peee>> <<@mugwanezavav2104 says : Ntagishongore cyumukobwa koko๐Ÿ™†๐Ÿ™†>> <<@fortunecadette8919 says : Uyu mudamu nimwiza aratuje nizereko uwo musore ko mbona ari mubirere ntazamute doreko abagabo banyugwamo ntumenye inzuki zimurumye>> <<@birahindukaofficial628 says : https://youtu.be/piCcG-DxEZw Ntacyo uzaba โ™ฅ๏ธ๐Ÿ•บ Tambira Imanaโค๏ธ>> <<@mbabazivestine6711 says : Keza ndakwinginze pe mbabarira usabire murundi saa zahemukire Irรจne>> <<@hyacinthe6540 says : Wauuuu muraberewe cane Kez nae uba wakoze akazi nez>> <<@dushimemaria5689 says : This is my number one tv>> <<@dushimemaria5689 says : This is my number one tv>> <<@munyanahusnakwt6218 says : Ndishimye kubabona barikumwe ๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ>> <<@turibamweali8661 says : Uyu se afite inda yukuri cyangwa ni zimwe za Keza na Yaka zububeshyi! Nta nkuru ya Keza reka nicireho! Apuuuuuu>> <<@Profesakiriku1 says : irene turagukund welcom iwacu burundi>> <<@Profesakiriku1 says : love from๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎturabakunda>> <<@kubwimana888 says : Kuraje>> <<@muhorakeyejaqueline4299 says : Irรจne Imana iguhezagire ufise urukundo nyarwo PE!>> <<@jacquesmugisha83 says : Irรจne welcome ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎturagukunda๐Ÿ’‹๐Ÿ’‹๐Ÿ’‹โค๏ธโค๏ธโค๏ธโค๏ธ>> <<@placideniyonsenga2650 says : Guhoberana kwanyu birashimishije>> <<@placideniyonsenga2650 says : OK byiza cyane ndabakunda ibinganiro byanyu wawuuuu!!!>> <<@mpawenimanaaline6576 says : Umwana azoze ari noire>> <<@user-js4yi6xg4y says : murund yabayenez>> <<@user-js4yi6xg4y says : sinoged ntavuz>> <<@ndabarushimanaezechiel6559 says : Keza kuva wakor ibiganiro ica murundi Na Irรจne barikumwe umukazana wacu dukunda biranezereye caneee gose>> <<@michelinemiche442 says : ๐Ÿ’ƒ๐Ÿ’ƒ๐Ÿ’ƒ๐Ÿ’ƒ๐Ÿค—mbega vyiza ntibabinjirire mubuzima mwibanire ivyubutunzi navyo muzotunga nimwabakundana mukarondera>> <<@jackyndayishimiye7895 says : Ndakunze ikiganir canyu mbe couple nziza>> <<@alicemuhimpundu9066 says : Dream tv c koyabeshyeko mama murundi yaje none murundi ati mama arashaje ntiyakwambuka abanyamakuru murasekeje koko nimwihahire rwose>> <<@innocenttv8304 says : Yambaye imyenda munda Wana ntimukatubeshye>> <<@ndayishimiyeclaudine5411 says : Ako Mana muri couple nishimira!!!!>> <<@deowiliamo2099 says : Urukundo rwogere>> <<@tainyemesta says : Couple nziza disiwe>> <<@tainyemesta says : Murundi n Irene mwubake rugume hanyum kalibu iwac iburundi igihugu ciza camata nubuki ndabakunda Mn:journaliste kuberik tutakubona nubuja ahagaragar disi>> <<@jeannekwize2703 says : Ariko Sandrine gezaho kubaz ivyo bibazo>> <<@kanezasoso3221 says : Irene ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚ Ndagukund cyanee โค๏ธ๐Ÿ˜๐Ÿค—๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ umva Love you ๐Ÿ˜˜๐Ÿ’Ÿ๐Ÿ’Ÿ twakwigendera Iburundi karibuu iwacuu mukobw mwizaaa ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎโค๏ธโค๏ธโค๏ธ>> <<@jeannekwize2703 says : Maman w Irene yaradukomeje caneee twebwe abarundi azasabe ikigongwe>> <<@webbryr5568 says : ๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ’‹๐Ÿ’‹โคโคโœŒโœŒ>> <<@jeanpierrendayambaje4000 says : Ibi c nukuri cg ni film>> <<@muhammednaveed6813 says : Ntanda irimwo ๐Ÿ˜๐Ÿ˜๐Ÿ˜>> <<@coyizaniyedesire114 says : Ahonisawa mukomere muzogireurugokwiza>> <<@pascasieitangishaka4755 says : ufite imico myiza ubwiza bwawe bugaragar hose haba kumaso nokumutim nomukuvug nomukurab eka uraberey ijisho kbs>> <<@pascasieitangishaka4755 says : gusa nanj iren ndamukund turaguhay kaze iwacu iburund>> <<@khadijaty7148 says : Rekaaa jewe ivyizinaa ryumwanaa ndarivugiko izinaa ryumwanaa ryagatatuuu rizova mubavyeyii bamurundii niboo bazorimwita umwuzukuruu wabooo ๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ’ƒ๐Ÿ‘Œ>> <<@khadijaty7148 says : Musangiye abavyeyii bosee ? Ese none ko urya atarii mama wawe none mama wawe yakuvyaye arihehee ese mugiraa abavyeyii Bose? Ese musangiye abavyeyii Bose na musaza wawe?>> <<@khadijaty7148 says : Ese Irene none fitee amatsiko none mama wawe arahariii ??canke ntawe?? Ikindii nonekoo wavuze ko urya muvyeyi ko atabanaa na papa wawe vyagenzee gutee ese ugiraa ikindi Koo urya muvyeyi ko yavuzekoo papa wawe atekereje cane arumuntuu atujije cane kandii musazawe yavuzekoo papa we yapfuyee ese wewe musangiye abavyeyii>> <<@khadijaty7148 says : Ndabakundaa caneee>> <<@bettybayishemeze8168 says : Irรจne uri imfura cane uvyitwaramwo neza>> <<@ุงุจูˆู†ูˆุงู-ุฌ1ูŠ says : Ndabakunda kuko mwikundanire mwubahwe>> <<@khadijaty7148 says : ๐Ÿ’ž๐Ÿ’ž๐Ÿ’ž๐Ÿ’ž๐Ÿ’ž๐Ÿ’ž๐Ÿ’ž๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ™>>
VideoPro
>>