<<@motherofthegreatlakes6297 says : Arakuze uyu muma maman w’Intwari. Azi kuvuga neza kandi yarabuze abiwe. AbanyaRwanda mwarahiriwe, kubona mufise aho leta ibemerera kwibuka abakorewe genocide, kandi ikomeza kububaka. Ayo n’amahirwe benshi tutazi uko tuzoyabona. Mudusengere Natwe Imana izotwibuke mumarushwa n’amalira turimwo kuko tutemerewe kwibuka. Ariko Imana irashoboye. Turifatanya na ibuka. Turanahojeje abatarashobora kubona ababo ngobabashingure Niteka. Mwihangane. Mwiyubake., mubeho neza. Ubwo barababona bakavyishimira nubwo batarinka ingene babibabwira. Amahoro>> <<@jacquelinendanga6259 says : POLE SANA MAMA , NTABAMPFIRAGUSHIRA TULIHO , TUZABAHO KUKO KUBA TWARA SIGAYE HALICYO TWASIGALIYE ABAVANDIMWE BACU AHOBALI BATUZE MU MAHORO ICYIVI CYABO TUZACYUSA MPORE MAMA IHORERE.>>
VideoPro
>>