<<@davidturikunkiko6604 says : Gatorik mupfa iki?>> <<@davidturikunkiko6604 says : Abadive murabeshya cyane ubuse ko mwavuze ko ntawundi mupapa uzabaho ubu ko yatowe>> <<@NtahayoJamari says : yesu umwami ahabwicubahiro mukuri ivyahishuwe birasohoye imana iguhimbaraga zu muzurimo wayo kuko biragaragara kubutumwa bwanyuma arubunyene bwahishuwe yewe ndavyumva>> <<@NdagijeJames-t2o says : Umuntu yumviriza bino biganiro vy'ivuga butumwa nta kande kuri like uwo afise ikibazo mu mutima!Aba bantu Bari kubwiriza jewe ntabwo ndababona live!Ariko ijambo ry'lmana batubwira mwanka mwemera ni ukuri !Kandi dusaba lmana ltuyobore!>> <<@HARERIMANAEmmanuel-z4y says : Ukuri kutagabanije ,mukomere mutama>> <<@Barayagwizaprotais-k8b says : Uzatubwire kwitorero ry'Abahamya ba Yehova bavugako abazajya mwijuru arimbarwa. Murakoze!>> <<@NtibankundiyeAthanase-dp8sq says : Idini yose iyobora ijana mukuzimu>> <<@Amigold_Official says : Imana idushoboze muri ibi bihe>> <<@EdsonDufitimana says : Imana ibahe umugisha>>
VideoPro
>>