<<@bolien2617 says : Wamugabowe ubu umazekubona imiburi3 eeeee😢>> <<@revocatnsengiyumva5877 says : None uwo mugabo amaze kubana nabagore3?????ntivyoroshe!>> <<@esperancentaconayigize4517 says : Ewe Mana yanje uyo mugabo yarahemukiye umugore wiwe nagende>> <<@UwimanaMarthe-q8k says : Ariko abagabo kuki murira iyo umugore abasigiye umwana? Mwunva uburibwe umukobwa agira iyo mumuteye inda mukabura ,akifasha uburibwe bwi inda nubwo kurera umwana? , ko ntampuh we mumugirira ? Witera Isesemi, aho, 😤>> <<@KangataValence says : Ariko uyu muryango uravumye umugore araza akarira none numugabo aje arira ubwo nubifasha gusa muba mushaka mwata cyenyeye da>> <<@gloriaumutoni-tf8ol says : Izo niza prank za keza,yabonye abo akinisha ngo ajye abaha ibirayi>> <<@oliveruwera4031 says : Uyu c yagarutse rya sasu rye c niriza murarikizwa n'iki?>> <<@ديانابروندي says : 😂😂😂Haaa>>
VideoPro
>>