<<@GogoKeke says : Keza.mumutwewiwe.hasigeye.huzuyeyo.amavyi.imyanda.mibi>> <<@sheillaleah2540 says : Keza urumwana mubi Reba ibyo mwanditse kumwana nukuri eeeeee ahh>> <<@EdouardineNdayizeye says : keza wewe ΓΉbanz'urumusazi ngo umwana yagiz'iki😒😒😒😒>> <<@esperancentaconayigize4517 says : Mbega se araza kumuraba ???? 🀷 🀷>> <<@esperancentaconayigize4517 says : Mana kiza uyu mwana mw'Izina rya Yezu Christu Umukama wacu Amen πŸ™‡ πŸ™‡ πŸ™‡ πŸ™‡>> <<@esperancentaconayigize4517 says : Mana kiza uyu mwana mw'Izina rya Yezu Christu Umukama wacu Amen πŸ™‡ πŸ™‡ πŸ™‡ πŸ™‡>> <<@WardahBukuru says : Namwe abanyamakuru murashisha ngo yitavyimana wovuga ko arwaye aremvye naho udaciyabantu imitima😒😒😒😒>> <<@TuyirateJanine says : 😒😒😒😒>> <<@LuckyLeopard-ko2vn says : Mana kiza uyu mwana ntakikunanira.>> <<@uwamahoroanathalie9037 says : Pole disi Imana imutuze heza nukuri>> <<@uwamahoroanathalie9037 says : Yooo pole>> <<@LoditaAk says : Impore mama>>
VideoPro
>>