<<@AkimanaAriella-u6n2b says : Cha nubwo birukwo ikilol nticyamuneye๐Ÿ˜ข>> <<@UweraSamantha-p7l says : Ni nde ya boney aga wa Micky>> <<@FafaKaili-l4k says : Kwelsha kirikou weturakwemera>> <<@MarieclereNtirakigwa says : Akil man uribicikwr uzonabic>> <<@IRAKOZEDivine-s9t8t says : Kirikou wacu mwamwank mwarek arabarenze>> <<@iradukundaBenitha-r2i says : โคโคโคโคโคโคโคโคโคโคโคโคโคโคโคโคโคโค>> <<@PrudenceNdayisaba says : Kwel>> <<@ManasNtawuhorahiriwe says : โคโคโคโคโคโคโคโคโค>> <<@InnocentBimenyimana-e9v says : Kirikou impano yiwe nziz>> <<@NiyokwizeraLyse says : Abanyarwanda nabana babi ariko ivoshimiye kirikou witwaye neza cane kumajambo wavuz imana iguhezagire cane>> <<@OmanCello says : Kiriko bafunike di โคโค>> <<@Soniavovo-k6r says : We love you brother ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿคด๐Ÿฟ>> <<@Pasicke says : โคโคโค๐ŸŽ‰๐ŸŽ‰๐ŸŽ‰๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿซถ๐Ÿ’ช๐ŸŒน>> <<@Benn.ychriss says : Wihangane bro imana irikumwe nawe, just keep forward๐ŸŽ‰โค>> <<@YoussoufkirianiMbappe says : Harigihe tuzamuhorera imisi nimitindi koraneza wirenganire>> <<@NiyoguhayaAline-z5z7b says : Kirikou wacu ico cerekana kowarubarenze nkunda ukuntu ushira igihugu cacu hejuru akokantu kokwambara umupira uriko idarapo ryigihugu umbere yabo niko ubemezeโคโคโคfrom ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ>> <<@MercardCubahiro says : Ararenze basi baratinye>> <<@nduchachaemma says : Kirikou wafundishe ubunukubateza umuniga nkawe>> <<@nduchachaemma says : Kirikou waragoswe iyoza wizaniye JBL yiwawe ukahatwika bakumirwa Avec t shit representative Burundi kumanyoko zawe 4>> <<@nduchachaemma says : Kirikou waragoswe iyoza wizaniye JBL yiwawe ukahatwika bakumirwa>> <<@nduchachaemma says : Angeba Tue uyomwana umuziki nyarwanda wose yarikuwuzimya abatanguye kuririmba nabarinyuma Bose barikuja hasi twebwe abarundi ntabifu turatahura abanyarwanda kwarabantu bishari gs ariko nyabigoryi vyibi M23 bigeze iwacu tukabifata neza>> <<@IrankundaBosco-m5c says : Ico wanka. Mukabana numufutuโคโค erega banyarwanda. Numwana wubu avukana ubwenge. Erega kirkou sumwana azobakoma gushika mwiyahuye๐Ÿ˜ฎ๐Ÿ˜ฎ๐Ÿ˜ฎ>> <<@ErickNduwimana-tp9gb says : Ikibazo cyaanya Rwanda babaturajyi bashaka kwivanga muri politique mpuza mahanga,. Nabagira Inama ko twse tutishimiye umubano uriho ubu kuburundi nu Rwanda ariko twabihariye abo biraba tuziko bizashira tukabandanya tugasabana nkuko byahora, abarundi ntashari dufitiye abanya Rwanda turibamwe.>> <<@sylvainniyomwungere says : Wubahw kiliku wanc ibasumba boseeee peee babizimy barek umuzik urakogw kand nez>> <<@FaithAlima-k9j1u says : Sha abanyarwandwa iryoshari rizohera ryari??>> <<@FelozSonko says : Mugwanda ntabantu bareha uko baha agaciro>> <<@BaeKeita says : ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘Œโ™ฅ๏ธโ™ฅ๏ธโ™ฅ๏ธโ™ฅ๏ธ>> <<@Hanan-w4u says : Murinzigo abanyagwanda pe>> <<@antoinebakevya8911 says : Kuririmbira M23 iyo niyo ngaruka>> <<@EmmanuelNSENGIYUMVA-lt3kn says : Babanya Rwanda turabagome peee??>> <<@NigabaFilbert says : Umurundi yawe umurundi wuburundi akunduburundi kurushinyama yikindi ndakwemera cane kandi gose grand frer โคโคโคโค>> <<@ntwaraneadolphe5850 says : Nari nababaye nziko babikoreye ubwende bamurenganya ariko he deserves more than that amagambo mabi yavuze mbere na nyuma arimo ukwishongora kubanyarwanda yarakwiye akanyafu so nyuma yo kubimenya komamusosi>> <<@MerchiadeHavyarimana says : Hsaaaa>> <<@Evinesedward says : ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ>> <<@turahirwacyusa3594 says : Kirikou wihangane kabisa gusa hano muRwanda aba fans nawe turi benshi. Bikunze ubutaha wazagaruka nabateguye bazahinduka>> <<@nzitondaantoine6315 says : ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ>> <<@Bechou-Ira says : โคโคโคโคโคbayungurura amajwi batayayungurura tuguma twavyumvise ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ>> <<@IgiranezaBryan says : ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ>> <<@byosehano-x2q says : Mwabona mwamuzimirijeho ivyuma akaribwo tumukunda kurushaho>> <<@EricOnyamo says : Narababwiye ko imfizi yintama itendera nka se! Abanyarwanda Baraka she ubwenge nka se wabo! Wibaze kwiyumvira gushira kilikou hasi ngo bamusubize hasiโ€ฆ bagaca bazimya ivyuma ariko araririmba Raba ubu yaciye aba hit gusumvya nuko vyari bimeze ibinyamakuru ndundi, nyarwanda ndetse east Africa yose ubu izina kilikou niryo ririko rivugwa mu mpande zose Mwihoye ubusa kbsa>> <<@niyonsengayvette-s7e says : Banyarwanda nzoba mbarigwa๐Ÿ˜ข๐Ÿ˜ข๐Ÿ˜ข>> <<@ElawuAhishakiye says : Muvyank tuzobana>> <<@ElawuAhishakiye says : Mumezuk>> <<@FistonNSHEMEZIMANA says : Pole xana akili>> <<@KamiliElvis-j6g says : limziki alieleweki luga leyenyewe yatuinchi tuwili>> <<@RichIgiraneza-e4w says : Nibatike abobabono>> <<@IradukundaDieudonne-o1i says : Muramukoz gusa p>> <<@DesireNiyomugabo-dl6gw says : Ako karara karatwika ndk>> <<@mariejoseeuwanyirigira1259 says : Ni umu Dj we yishyiriyeho byananiye ku Dja kubera atarabimenyereye.Arko abanyarwanda baramukunda mureke itiku rwose>> <<@HavyarimanaJay-f8d1m says : Yaberets ko abarenz kbs performance itagira ivyuma abafana bakishima gusumvya nabandi baririmvyi banyu๐Ÿ˜Š>>
VideoPro
>>