<<@NsengiyumvaManuel-g2m5v
says :
Thaclel
>>
<<@fredericnshimirimana8014
says :
Cakora uwo Kirikou w'iburundi n'intwari igwana n'abanyarwanda bari ikigari,yivuna abariko bamuhohotera😂😂.Ariko yagwanishije umuziki,yambaye idrapo n'ibirango vy'uburundi,ishari ryica abahanzi bo murwanda,baca bamucirako amatara.😂😂Ivyo nibibandanye bivugwa mu makungu.Abaririmvyi b'abarundi hejuru ❤❤❤
>>
<<@JeanMarieNtahonkuriye-q6c
says :
Twarabahinyuye
>>
<<@NishimweNadia-kt8pe
says :
Muvyanka muvyemera tuzabana😂😂🇧🇮🇧🇮🇧🇮🥰
>>
<<@JeandeDieuIshemaryimana-lj5vs
says :
Video twabonye Kirikou ari kur stage, yar atekanye. Rero ntimubeshe nta nzoga zamugagarako.
>>
<<@ArnaudNiyonsaba-l3k
says :
Ndababonanye imboga kumengo uwumusi muburundi twagay inyifato yanyu❤❤❤
>>
<<@arsenemucowimana3077
says :
La haine ne résout jamais aucun problème, quelle que soit la quantité ou la raison.
>>
<<@GuyGaëlNsavyimana
says :
Abanyarwanda vrm vp ko mugira ishari inzigo mukizwe kandi muz mwemerak uburundi bubasumba
>>
<<@MugishaBedeste
says :
Abanyarwand urwanko mufis vip
>>
<<@HeriMethod
says :
Abanya rwanda mufise inzigo
>>
<<@gerayotv3240
says :
Murasuzugura uwabashobora yobakubitao😂😂😂🇧🇮🇧🇮🙏
>>
<<@KezakimanaTresor
says :
Muribigoryi reka kuba mugira ubujajwa
>>
<<@ntukanyagwerenepatrick5250
says :
Impuhwe zacu zizadukoraho abarundi mwabahaye plat form none bamaze kwiyemera ngo baraturenze mubime platform nta internet bagira
>>
<<@Dee14-q3d
says :
Harabanyarwanda babana babir bakibsa amajambo muriko mur akoresha simeza especially icogitype kitagira amenyo akwiye
>>
<<@ezechielniyonkuru1622
says :
None ico nica gihugu cirata ngo Giteye imbere nurwanko rubuzuye , nizi sound za 200
>>
<<@Eliane-zt6vs
says :
Ishari Ryanyu ntawutarizi abanyarwanda murabana babi ubu rero muraje guhimba ngo kirikou yararwanye 😂😂😂gusa ntimwibaze ubwo kwarubwenge mumuenye musique yanyu kwatahandi irenga igatukira iburundi canke mufise ishari kuko ubu twazimije music yurwanda muburundi 😂😂😂 ariko ntibitangaje kuva kera mwigiye kuririmba kubarundi 😂😂😂
>>
<<@gn1495
says :
Inzigo yabanuarwanda ni danger emera ko imiziki yanyu yazimye bibaho 😅
>>
NEXT VIDEO
>>