<<@Eliane-zt6vs
says :
Mwanka mwemera mwahimba ibiki kugira mumwankishe abantu murihenda mwabanyesharimwe kirikou arayoboye yarabakomye ๐๐๐๐๐
>>
<<@ArakazaHappy-k5v8x
says :
Ntimwomuzimya mutsaa
>>
<<@AlawiMohammed-i8j
says :
Dรฉsabonner muze tuyikore ika brianne urya muhimbiri kazi winzigo nkinyo yinkoho๐ข๐ข๐ข
>>
<<@UzayisengaJames
says :
Imiziki yanyu yarazinye ๐ง๐ฎ mwavyanga mwavyemera
>>
<<@jimmysabu4382
says :
Reka tuzobone uko muzokwifata bibabayeko i burundi
>>
<<@Saamu-u4l
says :
Urwanko rwanyu nigoruzotuma abarundi tuguma tubakoma, ubuho nindirimbo zanyu nukuzifuta nomuma memory card ni gt ivyuma bipfa hagezeko haj kuri stage abarundi? Muragapuuu
>>
<<@RegisBimenyimana-z3p
says :
Ewana uratanga amakuruneza kabisa ndakwemey ntubera
>>
<<@joyfulfriendsproject1989
says :
Honestly njye narishimye uyu mwana yaradusuzuguye nkabanyarwanda mu ma interview. Bajye biga kwemerana bitwaye iki kuvuga ko azi Bruce melody cg medy or the ben . Karavuze ngo umuhanzi kazi ni gisupusupu ๐๐๐ abandi mubishanga
>>
<<@LambertIgirubuntu
says :
umuzik ninzig ntabw biberan
>>
<<@Hafsa-u4c6f
says :
Jewe abanya Rwanda nahise ndabanka mbere ama Rรฉseau social yose yirwanda ndagiye kugira dรฉsabonner kuko ntarukndo mudufitiye abarundi muze dufatane Munda icanezereye nuko bamuhaye ayiwe
>>
<<@AGASOBANUYE-ROCKY2026
says :
Bano bahanzi biburundi ntakigenda bajya bigira kuri drama t
>>
<<@kabogayaliempire
says :
Woe urikigoryi gaswere nyoko ntimukagire urwango rugez Aho urikuvuga ng Devis d na kilikou ufite hiti murinominsi n Devis d reba kuri chano ye urebe niya kilikou urebe niba indirimbo Devis d aheruka gusohora urebe niya kilikou maze urebe iyakunzwe kurush iyindi twebwe tureba ibigezweho ntitureba ibyaker mujye mwemera iyo umuntu anyemej ndemer kilikou number one ๐ฎ๐ฎ๐ฎ
>>
<<@gn1495
says :
Kiriku niw superstar wo murwanda mwanka mwemera ๐
>>
<<@gn1495
says :
Imiziki yanyu yarazimye ๐ mwanka mwavyemera ntikivuzwa buja
>>
<<@BokubantaOntheTrack
says :
Turabakunda kbsa Twebwe abarundi knd turabizi yuk abanyarwanda Bose Atari babi
>>
<<@AlexandeNdacayisaba-g4r
says :
Mwe turabaz murinkinzok
>>
NEXT VIDEO
>>