<<@ChantalMukamana-le3ei
says :
Keza uyomvugoyewe niwewe ugire wice ubwobukwe uzobibazwa😮😮😮😮
>>
<<@ChantalMukamana-le3ei
says :
Nimugakubite😮😮😮
>>
<<@ChantalMukamana-le3ei
says :
Jewe uyomugore wasuvenir nimwiza ndamukunda ❤❤❤❤❤❤❤❤
>>
<<@asnathasnath2514
says :
Ibyo Keza yinjiyemo biba bipfuye, mube maso
>>
<<@Masengesho-z5b
says :
Keza icye nugusenya ingo zabantu niwewazanye iyondaya ibyo avuga byose nukujijisha mumwirinde
>>
<<@BurjTarn
says :
Keza rekana nabobateka mutwe bitazotuma abaturagi bakwanka kubera izo prank
>>
<<@BurjTarn
says :
Teta waviki nawe bamuteyinda ubunaho
>>
<<@Daddysgirl12625
says :
Kaza ararengana pe yasenyeyende se
>>
<<@Daddysgirl12625
says :
Ariko keza are haba pe yashenye ate????? puuu banyarwanda wee
>>
<<@niragirevalentine4554
says :
Ariko keza keza igihe wasenyeye ingo zabandi ugeze no kwa souvenir? Ariko ibyukorera abandi uwabigukorera wowe wakwishima?
>>
<<@EdouardineNdayizeye
says :
fanny souvenir pleas keza mumukure mur familly yanyu nukuri nakatarako azokabazanira😢😢😢
>>
<<@MosesHavyarimana-dh1ri
says :
Abant mwabay gut Koko inzigo gusa
>>
<<@uwizeyimanadancira8703
says :
Fani akogakobwa kabuze isoko kaje kwirongoza 😮
>>
<<@oliveruwera4031
says :
Reba disi ukuntu ka Fanny kavuga kisekera nta mujinya pe
>>
<<@oliveruwera4031
says :
None c uba udafite telefone ugatanga amajwi?uri n'inshinzi souvenir ntiyakwemera yabonye fanny umwana mwiza witonda
>>
<<@oliveruwera4031
says :
Umwana c ari hehe?papa w'umwana uzabaze we
>>
<<@oliveruwera4031
says :
Ino ndaya yasaze pe
>>
<<@Anitha-w8w6e
says :
Nkiyondaya ivumbutseh koko
>>
<<@GertuldeMukashema-oh6sv
says :
Yakwemera ata kwemera ntabwo bivugako wabuza umugabo gushaka uwo akunda yemwe abakibwa bazajya biteza amada ngo babatunge narumiwe koko
>>
<<@GertuldeMukashema-oh6sv
says :
Kuba utwite ntibivugako umugabo mubana ibyo ni ukwibeshya cyaneeee
>>
<<@theresiakarwera2279
says :
Abakobwa basaze
>>
<<@MushinzeimanaAlphonse
says :
Arko keza mwaramwibagiwe babipanze
>>
<<@KikikingQueen
says :
Uyo numubeshyi ntanda afise aje kwica ubujwe muzoba mumbwira 😢😢😢 nimutabona asabye imbabazzi nabona bupfuye nubwasumaya bwabaye nubwo buzoba
>>
<<@HarerimanaFrancine-l9m8r
says :
Burya fani numwana mwiza disi❤❤❤🎉🎉🎉
>>
<<@EdouardineNdayizeye
says :
keza mumenyeko urugo agezemo gwitegura kubana ruhita rusenyuka 😂😂😂😂
>>
<<@Violette-v6p
says :
Nareke kumubeshera😢😢😢
>>
<<@HarerimanaFrancine-l9m8r
says :
Uwomukobwa ari kubesha amezi abiri😅😅😅😅
>>
<<@Sara-i3b6l
says :
Mbega akumirowe😂😂😂😂😂😂🤔🤔🤔🤔
>>
<<@SalmaSalma-v1v2w
says :
Esemurwandamwabayut😮😮
>>
<<@furahayvonne4949
says :
Number one❤
>>
NEXT VIDEO
>>