<<@ISIMBITV says : NUMERO YABO: +257 79 77 53 62 Channel yabo: https://youtube.com/@shalomtv2577?si=33IeIX7fENV8h0Cl>> <<@ArnoNiyimbonera says : Ndamwikundira diiiisiiii Olivier gusa nyene Sabin nawew ndabkunda Sana kk urakunda abarundi>> <<@bikoricinoeltv1829 says : Imana ishishikare kubaha umugisha>> <<@FรฉlixNdayibuka says : love from burundi cibitoke ca Rugombo>> <<@YvetteShimirimana-q2n says : โคโคโค>> <<@Sidrasidra636 says : Mwari mwijebuye kare kuko muracari bato ๐Ÿ˜ฎ hari abamara imyaka irenga 10 ata niyikoroka baronkaa>> <<@furahachristophe4992 says : โคโคโค Amen ๐Ÿ™ Amen Imana yacu ni Imana yumva Kandi igasubiza>> <<@JuditteIshimwe says : Umuntu kugutera ishavu nu ukukurakaza>> <<@JuditteIshimwe says : Sabin, ishavu mukirundi nu uburakari ntabwo arikimwe ni ishavu mu kinyarwanda ๐Ÿ˜>> <<@AaSs-y6g8t says : ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ>> <<@HomeHome-d4j says : โคโค๐ŸŽ‰๐ŸŽ‰>> <<@ali-ckizofiolivierarakaza9284 says : ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™3๏ธโƒฃ3๏ธโƒฃ3๏ธโƒฃ๐Ÿคฒ๐Ÿคฒ๐Ÿคฒโค๏ธโค๏ธโค๏ธ>> <<@raissairakoze8845 says : Mpore Cane Olivier Imana iducisha mubikomeye kugira idukomeze mumugisha yacu yesu aaguhe imigish>> <<@PricherieNdabihawenimana says : NDI MUBURUNDI>> <<@PricherieNdabihawenimana says : SABER WARAHEZAGIWE HAMA NDASHIMIYE UWUMU'PAP ARANKOZE KUMUTIMA KUKO NAJ VYARAMBAYEKO BIRENZE IVYABO MURAKOZE>> <<@NiyoBertile says : โคโคโคโคโคโค>> <<@EstelleIrakoze says : Ariko Sha oli uzozane iyo ntahe Kur siren vibes>> <<@alinenifasha8550 says : Imana yarakoze kubaha uruvyaro Olivier et Ornella.Ndibuka Ornella sentiments yagize abonye umwana nanje vyanteye kuriraโคโคโค>> <<@IkorivyizaGrace says : Nukuri ndafashijwe Olivier imana iguhe umugisha>> <<@annickkaneza311-d7r says : IMANA igira neza ibihe nibihe ๐ŸŽ‰๐ŸŽ‰>> <<@fidesnizigama303 says : Sha Imana iratabara n'ukuri nanje yaranyiyeretse inyuma y'imyaka 8 irangabira umwana w'umuhungu.>> <<@JeanneJoshua says : Yesu n'umwami>> <<@PhydiaIrakoze-r6c says : Ivyobihe nivyo ndimwo .munfanshe gusenga pe>> <<@GyslaineAkimana says : Ohhh Olivier muri GN Films umukinyi mwiza cane๐Ÿ‘ŒYesu yarakoze kugushumbusha kupfusha nintimba ikomeye cane๐Ÿ˜ข๐Ÿ˜ข>> <<@KanezaAlice-g5n says : Olivier ntashimira abaganga vraiment>> <<@KanezaAlice-g5n says : Pole cane olivier mubihe nkivyo ntibiba vyoroshe kandi kuri mwese>> <<@KanezaAlice-g5n says : Olivier umurundi>> <<@florencesindayigaya9944 says : โค๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ>> <<@niyoyabigennyelydie4579 says : NKunda umuntu wese uvuga pascqlyne neza abavashimishije umutimawanjye Samantha Imana izanye imuha umugisha afite ubumuntu buhambaye. Ndamukunda ndamvubaha. Mbabazwa Nuko twhuriye mubukwe nkatinya kumusuhuza>> <<@medissaniyombabazi8266 says : Turashimiye IMANA yabakoreye ibikomeye dear friend nubu irakaninahazwa ibongere ihe nabandi baciteze .>> <<@UwimanaThina says : J nkund kunt avuga yitonz>> <<@nahimanaspes2139 says : Olivier turamuz can muri film Akona nez Intay yiwe iradukomeza nkuwabiciyemwo asaba Imana Imuhe kwihangana. Ishimwe ko Yabatey Iteka bagaheka.>> <<@LouiseNdayiragije says : Mpore mama๐Ÿ˜ข๐Ÿ˜ข๐Ÿ˜ข nanje inakuru yanje n'iyo kandi intahe ya Pascaline yaramfashije gukira ibikomere Imana imuhezagire>> <<@OlivierMuhimpundu-p4b says : From Burundi,duhuje izina,duhuje intahe mpore umukama arahindura ibihe.>> <<@NadineIradukunda-r4l says : Imana ishirwe hejuru cane ikora ibikomeye urakoze kuriyo Ntahe izokwigisha beshi ๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™>> <<@EgideNdikumana-j2v says : Mana warakoze kurungikira umumalayika nka Pascaline kuri mutayi wanje n'a madame wiwe Imana yongere uwagize icakora kubihe bitari vyoroshe mwarimwo>> <<@ThierryneNSABIMANA says : ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎโคโคโค>> <<@alaineIngabire-gq2li says : ๐ŸŽ‰๐ŸŽ‰๐ŸŽ‰>> <<@MdAli-d2x5f says : โคโคโคโค๐ŸŽ‰๐ŸŽ‰๐ŸŽ‰๐ŸŽ‰>> <<@tekanezaviocheftv1949 says : Yoooo๐Ÿ˜ข๐Ÿ˜ข๐Ÿ˜ข pole>> <<@OdaMfisumukiza says : Nanje Nuko vyagendeye ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ>> <<@CynthiaIradukunda-f8h says : Imana ishimweee kuba yarabahaye umwana narabanezererewe caane ndabimenye ko mwavyaye ๐Ÿฉท๐Ÿฉท๐Ÿฉท๐Ÿซ‚๐Ÿฉท๐Ÿฉท๐Ÿฉท>> <<@RebeccaCiza says : Pore โคโคโคโคโคโค>> <<@JoyeuseIrakoze-s9s says : Oooooh MANA we olivier nahor nkubona muma film sinarinzik waciy mwivyo๐Ÿ˜ข๐Ÿ˜ข๐Ÿ˜ข n ukur IMANA ihe abana ababakeneye kubura uruvyaro biragatsindwa>> <<@kevincandy3488 says : Naramukunze olivier muri film ingaruka โคโค>> <<@NadineIgiraneza-r1o4x says : โคโคโคโค๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ™>> <<@Powerprayer5244 says : โค>> <<@SevereNahimana says : Turagukunda cane imana yarakoze>> <<@AlineMunezero-b8z says : Wauuh Turagukunda olivier>> <<@leocadiendayirorere says : Merci beaucoup olivier pour le temoignage Menye neza ko kutabaza umuntu ari mukibazo utinya kumukomeretsa navyo atari vyiza>>
VideoPro
>>