<<@lydiemusemakweli1088
says :
Ndamukunze pe
>>
<<@ErnestNiyonzima-r8m
says :
Nivyiza kwiyakira iyo wasamaye ukifata nabi mubijanye na nutrition hakiri kare ukagera aho wigisha abandi ko ataco bitwaye kurya vyose umubiri wifuje nkaho tudafise ubwenge bwo kumenya ibikwiye kumubiri wumuntu abantu ba mushima ibishimwa ibitarivyo gushima mubivugish ukuri ibiro 200 ntabwo bikwiye kumuntu yifuza amagara meza
>>
<<@SengaVianney
says :
Urupfu ni irembo ryo gusohoka muri ubu buzima nkuko kuvuka ari irembo ryo kwinjira muri ubu buzima!!!!
>>
<<@SengaVianney
says :
Uyu ntakitegeka,ategekwa n'inda ❗❗❗❗❗❗❗
>>
<<@UbajenezaBeatrice
says :
Nanjye njya nirira kuko iyi si nabonye ntacyiza pe kandi ntiwarenga umunsi wawe wageze urapfa tu njye nkora sport mu kwishimisha gusa
>>
<<@kabasingaflorentine5546
says :
Mpore mpore...Perdre un enfant doit être la pire des douleurs 💔
>>
<<@alaineIngabire-gq2li
says :
😂😂😂
>>
<<@ndayizeyeconsolatte
says :
Jewe jolis umukwe wanje atabonye cafe yuburundi ntanywa kabisa burundi oyeee kuri cafe
>>
<<@peaceloveisrael3992
says :
Uteye isoni abakuzi bose wa déchet we
>>
<<@peaceloveisrael3992
says :
Hoshi taha gyenda kurya umwanda mubahutu biwanyu wakigoryiwe
>>
<<@peaceloveisrael3992
says :
Gipfa kubona ibintu byose ni mpaho ndye mpaho numviroze mpaho ndashonje ikinwa cyacyo gihora cyasamye
>>
<<@peaceloveisrael3992
says :
Se buriya uwu mwanda mukuru wigeze ugira ikintu kizima ? Kirasakuza uburetwa butajya bushira.. Ese inda nibiryo nibyo uzahora uvuga wakirofa we ! Ikimuga cyuruda rurekera... byakinaniye gutandukanya ibikenewe nibidakenewe...
>>
<<@mjlan10
says :
Jori vug'ukuri warahunze uvuye mu mpimba kubera wish'umuntu
>>
<<@mjlan10
says :
Je compantis sur la disparition de son fils mais je ce Mr a un coté sombre du sang froid trop cruel et méchant qu'il ait le courage de dire pourquoi il a tuer un innocent pourquoi il n'a pas payer son taximan a Dubai jusqu'à ce qu'il se trouve un prison pour 2 mois
>>
<<@faveur710
says :
INTORE NI INTORYI EN KINYARWANDA
>>
<<@faveur710
says :
JORIS NARAKUBONYE NDARYOHERWA. NARAGIZE COMMENTAIRE NI WEWE WA PHOTOYE MARIAGE YANJE EN JUILLET 1997 AVEC UN MILITAIRE BELGE. NI NATHALIE LA MÉTISSE MADAME BOSCO ( LA GALERIE SIMBA )😂🎉🎉 YAMBWIYE NGO JE TE CONSEILLE JORIS COMME PHOTOGRAPHE VRAIMENT NUBU NDAVYE AYO MA PHOTOS 👍🙏 IRIRE , IRAMBIRE PAPA 💕. HAMA KUBURA UMWANA BIRA GATSINDWA NA RUGIRA VYOSE ENCORE TOUTES MES CONDOLÉANCES. GRÂCE À BRUXELLES
>>
<<@renishavenerand9473
says :
Ariko haruwambwiye ko ibiryo byomurwanda nibyiburundi biryoshye kimwe na cafe rero ishobora kuba iryoshye kumwe
>>
<<@NizeyimanaCalodin
says :
Ndakwemeye👍👍👍👍👍👍
>>
<<@rosaliebiniga5543
says :
Yoooo, c'est vraiment ,la vérité iyi si ntabwo tuyiteganya Uyu mubyeyi avuze ibyo ababyeyi benshi dutekereza
>>
<<@wangy6128
says :
Nta rupfu rworoha. Uzi gishyingura uwo mwashakanye?
>>
<<@Courageuse-u2d
says :
Iyo murwanda kenshi murondera yiburundi mukavanga mukaca muyitirira rwanda😂
>>
<<@Courageuse-u2d
says :
Café yiburundi niya mbere Sabin'reka kwexagera urabizi mbaye Joris
>>
<<@HOGOZATV
says :
Nibyo tuba tugomba kwirira
>>
<<@JoslineKeke
says :
Amahoro Sambe fasha umpe Watsap yuwumuvyeyi unzoba ukoze cane mbaye gushimira
>>
<<@gajou4491
says :
Pole vraiment ❤ Que Dieu te console… All the love from Rwanda
>>
<<@olivierkamana6719
says :
Ce monsieur est sage, positif, optimiste et résilient
>>
<<@CécileNzeyimana-w3e
says :
Uzomutwereke ariko atambuka 😂😂😂😂
>>
<<@CécileNzeyimana-w3e
says :
Kwishima mukinyarwanda nukwiyagaza
>>
<<@CécileNzeyimana-w3e
says :
Wariyakiriye 😂😂😂😂😂😂
>>
<<@CécileNzeyimana-w3e
says :
Umwewese afise umusi wiwe nizonkomezi wagize nuko Imana itarakurekura
>>
<<@CécileNzeyimana-w3e
says :
Muze musesengure icitwa kushingura kera bavuga guhamba canke guta gushingura kiba arikintu uzongera ukatora igihe uzoshakira
>>
<<@CécileNzeyimana-w3e
says :
Nne uwo ntakintu nakimwe arwaye?
>>
<<@EnglishTalk123-i9w
says :
😂😂😂 Ubwose papa hagize iturika aho wicaye wahaguruka ukiruka Koko? Kwiyima sibyiza ariko nabwo kurya ugakabya ni ukwiyahura
>>
<<@ericbarcos2416
says :
Numero zanjye ziri muri iyi profile yange kubantu bakeneye proteins zibyibushyaa
>>
<<@bernadettemukankusi1656
says :
Kubura umwana ntagisobanuro bifite
>>
<<@Angella-c8k
says :
Uyu mugabo yamaze kwiyakira
>>
<<@jinamajody
says :
Ntimwirigwe muteba ku kawa yonyine Vuga n'ibindi biryo(ibifungurwa) from Africa. Burundian ones are number one. Sabin arabizi kubera ko yaragiye dans les magasins Africains arabizi. Reka dufate ifu y'umwumbati: Ikinazi from Rwanda n'ikirobeke from Burundi yasanze bikundwa cg bigurwa kumwe? N'ibiciro mbere si bimwe iyo birinze bihurira kuri marché. Burundi nkuko abivuze tubuze marketing nta bindi Nshimiye Ndongozi ko avugisha ukuri akabikorana ubwenge bwinshi. Big up big man😊
>>
<<@auptozed
says :
Hhhh ibaze ko njyewe kubiro 76.4kg kuri 1.75m mba numva ndi gukabya😂😂 ubu byibuze ndumva ngomba kugira nka 69-70kg kandi ubu ndi kuri regime ngomba kubigeraho bitarenze le 10/05 none uyu we kuri 200kg aracyarya ntankomyi😂😂😂 ahubwo azageza kuri Toni ( 1000kg )
>>
<<@joyeusemutezinka105
says :
Sabin uzohuze Asia na madame Theogene please before leave.
>>
<<@floflokanya3512
says :
Bravo Sabin et Grand Joris! RIP pancake ❤
>>
<<@MunyabuhoroCassien-sj9ig
says :
Ntabwiyahuzi burenze kujyira ibiro bingana uko?????
>>
<<@JudithMukankusi-tl1pr
says :
Intore c’est morceau de viande 😂
>>
<<@YvetteUwiringiyimana-n1d
says :
😅😅😅 irire papa urarind ury ibyats ngo ni regime ur ihene ❤
>>
<<@sarahuwamahoro1747
says :
Yarayobye! Nturahura n'ingaruka z'umubyibuho sha
>>
<<@ClaireInamahoro
says :
Umwana avutse agaca apfa nukuvuga yuko maman wiwe abayongereje population yo mw'Ijuru. Umwana avukira kuja mw'Ijuru. Burya nimba tunezerwa yuko dufise abana Amerika none kubera iki tutanezerwa no kugira abana mw'Ijuru?
>>
<<@UwamariyaDorothe-e1e
says :
Jya wirira ntukiyime Papa mwiza ❤❤❤uwiyimye apfa nk'uwiyahuye pe! twe turabyifuza, tubibona muri Firime na YouTube 😭😭Imana yarabahezagiye kweri 👍
>>
<<@Akamkam-i4b
says :
My dear Ndongozi i really understand ivyucamwo nukuri agahinda ntikica kagira mubi mpore kandi mpore Imana igumbire umutima wawe❤
>>
<<@Akamkam-i4b
says :
Kwiyima nukwiyahuraa
>>
<<@NyiramanaFarida-ue1rb
says :
Ikiganiro cyawe nicyagaciro harimo intigusho nyinshi nibabantu bari bafite unutima nkuwawe isi yaba nziza
>>
<<@Ukombibona
says :
Iyobitajenkuko ubyifuza nihohava kwiyahura nibindi......
>>
NEXT VIDEO
>>