<<@KiizaJerom
says :
Ndusabire u burundi bubandany bugira umugisha nkuyu
>>
<<@mariekayoya9215
says :
Kukwumviriza bitanga icizere . Uri ingabire Imana yaduhaye . Nk umuvyeyi yabuze abanje bose warandemesheje kandi nakwigiyeko vyinshi.Imana Ikuzigame Marguerite. Hezagirwa
>>
<<@greggmpendi5808
says :
Teingutde umu ange dans l action....
>>
<<@NtakirutimanaEgide-u3f
says :
Cank Email yiwe
>>
<<@NtakirutimanaEgide-u3f
says :
Uyumuvyeyi gayemwe mbere ndanashaka nimero ziwe
>>
<<@Itgirlsit
says :
Umukecuru w’umwicanyi n’amacakubiri! No muruyigi wamye usobanura abana gabanya guteranya abarundi wikitse inyuma y’Imana. Imana ntikinishwa udahindutse uzopfa wangara! Bwira abatakizi! Hari orphaned nyishi muburundi zibandanya zikora zidatandukanya amoko ziracakora. Besha amakungu Imana izobikubaza.
>>
<<@jacquelineawad2948
says :
Please God help Burundi. Anyone to start a strong campain of RECONCILIATION ❤
>>
<<@jacquelineawad2948
says :
Jesus Christ is King. Courage and congratulations Madame . Much love🎉❤
>>
<<@jacquelineawad2948
says :
Inda ndende niyo yononye uburundi
>>
<<@jacquelineawad2948
says :
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
>>
<<@jacquelineawad2948
says :
I wish l have met you. Speaking from Belgium❤
>>
<<@NyandwiLéonidas-u5x1w
says :
Imana iguhangaze wari waragerageje kwitangira abarundi kweri
>>
<<@Janah-i9m
says :
❤imana izoguhembere ivyiza wakoze
>>
<<@gerardigiraneza3363
says :
Asamira hiyo wagihemu we
>>
<<@nsavyinganji
says :
Ubutumwa bwiza cane
>>
<<@PaulJones-td9lm
says :
"Being Tutsi was not my choice, but being Baptised was my choice". Now that is a very inspirational quote. In today's complex world, this can be translated as , "Being a Black/White/Asian/Racist/Democrat/Nazi/ anything at my Birth,... was not my choice. But being a human, a good person, that is my choice". Please comment with your own translation.
>>
<<@GiftMusangwa-x2z7i
says :
Yuuu mbg umu nyarwandakazi mwiza sinarinzi ko umuryango waba nyarwanda wagutse
>>
<<@darcyishimwe4800
says :
ESE UKUNTU ARIVYIZA KWIBERA IMBERE YAWE MURI BWA BWIZA BWAWE , NOMURUKUNDO MURIRO WAWE, NIVYIGUKUNDIRO KANDI VYUMUCUNGUTSI KUBAHO NGUSHIMA
>>
<<@kamvemanirakiza692
says :
Uyu mukecuru ni umuneshi.uribazako wogira ivyo avuzeko yabatereye passport,akurira indege bataramufata ?yarigucahe?aeroport y’uburundi turayizi, ivyavuze ntivyonakunda.nareke kubesha ahoyaciye yaciye kumupaka ahungira murwanda ivyo birazwi
>>
<<@claver-the-introvert
says :
Kimwe muri vyinshi ngukundira muvyeyi, nuko hambavu yo kuba warafashije ikiremwamuntu, waranazigamye akaranga n'umuco w'ikirundi. Ntiwigeze winjirirwa n'ururimi rw'ikinyarwanda, nkuko benshi bikunze kubagendera.
>>
<<@PierreNDAYIZEYE-vc8dt
says :
Ter imbere muvyeyi Imana igushoboze gusoza vision ywar
>>
<<@NiyongaboClaude-v1v1d
says :
Imana iguhe umugisha mama wacu God bless you
>>
<<@NorbertGirukwishaka
says :
Yemwe, ntawiguze uburundi n'abarundi asumvya uwomuvyeyi yagaburiye impfuvyi akazivuza, akazisomesha ataco bapfana. Ushitse muburundi Aho yarangurira ibikogwa vyiwe, warabonako Hari umuntu wijunja. Ndamusabiye inkomezi gushika kwiherezo ryiwe. Hari abibaza ko bafise amamiliyaridi ariwo mugisha kandi barya bugaye nkabanyamunoho
>>
<<@BarakamfitiyeClaude
says :
kuri iyisi nzima Imana yaremye,sindumva uwuvuga ivyiwe ko arigera akora ikosa,bose bavuga ko ari intwari bagize ico bamariye abandi,ego turazi umwe wese ko atabura abo agirira neza kunyungu ziwe,hari kandi abo agirira nabi kandi kunyungu ziwe nyene,rero ntawohendwa ngo naka ni mubi canke ngo naka nimwiza,oyaa,gusa bibiriya iratomora neza umwiza uwo ariwe,ngo muzobabonera kuvyamwa bama.
>>
<<@fleuryrukundo8945
says :
❤🫶✅🤷♂️😴👏👏👏👏👏
>>
<<@BruceMelodieAeikumwenayo
says :
Mwubahwe
>>
<<@NiChrisAv
says :
OMA niwe mu mama kwisi nabonye ugira Ubuntu butagira uko wabivuga mama African
>>
<<@NdayishimiyeedudiaEdidia1977
says :
❤
>>
<<@Kezazero
says :
Uyu mu maman 😢😢😢atumye nihana mu mutima, ubwo je ndakijijwe vyukuri?!? Ur igitangaza, ndipfuza yuko abakozi b'Imana , indongozi n'abazi Imana bahura nino interview 🥹🥹🥹
>>
<<@Epiname
says :
Jus speechless but got bless this mom
>>
<<@MbonezaMboneza
says :
Imana niyo nkuru! Inkozi z’ikibi ntakintu nakimwe zizoshikako atari guhembwa na Satani umunsi wabo ushitse!
>>
<<@cedibrown5067
says :
Our county is a fucking Country Yararozweee🥹🥹🥹
>>
<<@cedibrown5067
says :
Ndipfuza kuzaba nka Margerite avuga ashize amanga nukuri ndi umurundi ariko nashaka gushimangira ko ivyo ariko aravuga Ari ukuri kuzuye intwaro yaba CNDD nintwaro mbi cane abicanyi ,abasuma Ariko ntamvura idahita
>>
<<@RitaMosi-v5s
says :
Vous êtes une hypocrite et vous faites la victime . Vous montrez à tout le monde que vous êtes une bonne personne mais les personnes qui ont vécu avec vous, vous connaissent très bien. Repentez-vous !!!
>>
<<@Bro.JeromeOfficial
says :
Mama Africa
>>
<<@ShingintaheTV
says :
Maman Burundi 🇧🇮 Ndagukunda cane. Icompa nkazokubona amaso muyandi 🫂 ndakunze kandi ukuntu ukoresheje ururimi rwiwawe kavukire, naho war'ushoboye kuvuga ikinyarwanda
>>
<<@bayiramyedanielkolenda2141
says :
Birababaje kweli ntaco mfise novuga numiwe
>>
<<@NdayisengaElisa-m7y
says :
Uyu mu mam aravug neza cyne
>>
<<@fredmaganda2095
says :
LA PRINCESSE DE BUNYONBO ICUBAHIRO MUKWIYE
>>
<<@mahoro100
says :
🙏🏾🙏🏾👏🏾👏🏾👏🏾❤️❤️❤️❤️
>>
<<@NtunzwenimanaEloiDesiré
says :
❤❤❤❤❤ komera muvyeyi Magy Barankitse imana ikomeze kubana namwe cane
>>
<<@YvesHatungimana-x3f
says :
Ntawuhwany naw Imana ize yama iguhezagirira urwo rukundo ntangere Muvyeyi
>>
<<@IsdorHAKIZIMANA
says :
I Imana izaguhe ijuru
>>
<<@HabonimanaJocelyne-z1f
says :
Imana iguhezagire Madame Margaret.turakeneye abantu binvuga kuri.your love m,excite
>>
<<@etacosupply8174
says :
Igisobanuro cy'umuntu Imana yifuza❤
>>
<<@businessmybusiness-l8i
says :
Kabeho mubyeyi mwiza. Imana izagushoboze gukomeza imirimo myiza. Nibishoboka Igihe bazagukoreshe interview no mu gifaransa, ubuhamya bwawe bukomeze kubaka benshi kuri iyi si.
>>
<<@NkunzimanaHoliness-j4r
says :
Imana ikuturindire Mubyeyi mwiza kandi ndagusengeye uzagire iherezo ryiza uzabone ijuru, nico guhembo Cyiza kuruta byose, ndagukunze cyane.
>>
<<@ChannelNezs-c4w
says :
Yubahwe uwo muvyeyi turamukunda kuko ibikorwa vyiwe vyintashikirwa kubantu bose adakumira Imana imwongerereze iminsi yokuramba(Maison Shalom) from Ruyigi
>>
<<@ManirakizaJeanclaude-e6f
says :
Haryururimi gwumwe rukamwamanovu ariko ukuri gusa nukwo kutavugwa neza bemuramubika azoza amaherezo yinzira nimunzu
>>
<<@ManirakizaJeanclaude-e6f
says :
Ntamanazi agwanyabandi afisamacakubiri arenze nabanzeyihane ivyavugakwasenga vyovyo umutima wumunturateyubwoba koyiyenda mwijamboryimana biremewe
>>
NEXT VIDEO
>>