<<@mieempire8576
says :
Kanda aha urebe film yee https://youtu.be/jsEFCGEoW_k?si=j3exnZS-tewRz7qV
>>
<<@NeemaElipidius
says :
Ndagu kunda chane Afite agachilo pee ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
>>
<<@LafetAyman
says :
Iman ni inyishu
>>
<<@SengaVianney
says :
Uyu Mukobwa ni muzima pe!!!
>>
<<@FéliciteNijimbere-e9m5w
says :
Imana Ihabwe icubahiro yo yabarokoye bagenzi
>>
<<@JonasByicaza
says :
Mimi Courage Gusenga ni Vyiza
>>
<<@JonasByicaza
says :
Umurundi kazi Ayaga neza komeza Inkuru yawe cg Ubuhamya bwawe
>>
<<@ChachaVibes-c1t
says :
Mimi mpol kubwo kubura papa😢
>>
<<@EspinoGonzalez-y4u
says :
Ndiko ndakuraba uransesema. Ivo kirofa cumuhore yataye abana 3 aho ga Mireille urafise isoni kweli?? Ngo uri umu Star. Usigaye ufise ubufyeri sha wew waravumwe. pe'
>>
<<@FabiolaNduwimana-cd7ks
says :
Halellujah 🥳🥳🥳💃💃💃uzikurinda mana weee🙏🙌🙌🙌🙌
>>
<<@ignacemodric2742
says :
Tuzanire INKINDI Irene nako Aisha
>>
<<@B-Y-N
says :
❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺
>>
<<@BiancaIzere1
says :
Ico kirimi wivugisha wap kl
>>
<<@محمدالفايز-غ8ل
says :
Irené umenye ko Mimy yamenye ko umubiri afise ntabwo ari uwiwiwe ni ingoro ya Mpwemu yera canke Mwuka wera rero benshi ntibamenya nico gituma babirwamo
>>
<<@JedydiahLight
says :
Kura ububeshi ngaho wakijuju c'imalaya
>>
<<@GiseleNiyigena-c9o
says :
Mpore mimi IMANA ISHIMWE kuko mwarokotse pe ntagovyarivyoroshe
>>
<<@IsidoraNgenzebuhoro
says :
Ndasavye n'ukuri numéro za Mimi muzoba mukoze
>>
<<@Bénigne-d6s
says :
Mimi❤❤❤❤❤❤❤
>>
<<@UmuganwaAchille-y8q
says :
Atubwirw aho aboneka nigihe abonekera
>>
<<@UmuganwaAchille-y8q
says :
Jyewe nshaka kubona Mimi live kuko nkunda ibyakora no kubireba cyane kuko ari gukina film
>>
<<@ArineitweYesse
says :
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
>>
<<@ArineitweYesse
says :
Younger lady in Christ ❤❤❤❤respecting her self. Wawoo ❤❤❤
>>
<<@ArineitweYesse
says :
You're loved 😍 🥰 ❤❤❤❤young lady seriously ❤❤❤
>>
<<@ArineitweYesse
says :
The wife material ❤❤❤❤❤I have ever seen on this platform, for sure 😊😊😊I like this Burundian lady for sure
>>
<<@nkurunzizaeric-c1c
says :
Mimi wanyigishije kwakira ivyiza nibibi nd❤cane
>>
<<@JeanineNdayisenga-d7t
says :
Hashimwe Yezu yabazigamye ndagukunda cane mimi wacu urampimbara
>>
<<@EsperanceHarerimana-r7v
says :
Umukobwa wa Yesu Mimi nd❤❤❤❤❤❤ Imana izikurinda
>>
<<@YvesImproveTV
says :
Mimi Imana igufiseko umugambiiiiiiii🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
>>
<<@asterebi
says :
Nabe areka ubwo bujuju
>>
<<@UMUHOZAJeanne-px3pp
says :
Mwakoze kutuzanira Mimi dukunda❤ arko dukumbuye vestine na dorcas pe😢
>>
<<@UmutoniwaseIreneJolly
says :
Interview za Mimi na Irene ndarindira zikarangira kbx😂❤❤❤❤gusa thanks for advice ❤❤❤❤❤❤❤❤
>>
<<@MURIGIRWADivine
says :
Mimi umwana mwiza cyane❤❤
>>
<<@NiyongereAline-w5b9q
says :
Mimi I film yose nzokubonamwo nzogukurikirana pe icompa nkakubona muri film inzira y,umusalaba!! Noyikunda kureza uko nayikunda pe
>>
<<@NiyongereAline-w5b9q
says :
Mimi nukuri ndakubonye mbona imbaraga z,Imana nugukora kw,Imana knd urampezagira nkakizwa gose iyo ndiko numva ivyawe Imana ikuturindire
>>
<<@EllachanceIShimwe
says :
Mimi imana yarahabay mwiza Nakumenye kuva urya musi lov u mimi
>>
<<@Philos352
says :
Mu misi mik ikirundi ngo pi.
>>
<<@Patience6h
says :
Warakoze Mana
>>
<<@JeanineNduwayo-km6zg
says :
Imana yarakoze sha❤❤❤❤
>>
<<@godsonshyakamerci1629
says :
Big love to Mimi she loves God so much keep being blessed ❤️❤️🙏❤️❤️❤️❤️
>>
<<@YvetteDusabe-o9e
says :
Umuyaya yamanuyse ibujumbura avuye ruguru ariraba abona yasirimutse vyahatari ariyumvira ururimi yozaravuga kugira abantu bamwemere ahitamwo kwiga ikinyagwanda😂😂😂😂😂😂😂😂
>>
<<@AnitaMujawamungu
says :
Mbonyumukobwa mzwiza wubaha Imana wahisemo neza mukobwamwiza❤❤❤❤❤❤❤❤❤
>>
<<@Abcdefghklmnuvwyz
says :
Cyakoze mimi ura kumiza ndakurahiye ??😅😅😅😅ndumva kweli warihanganye pe 😢😢 😢
>>
<<@wyisisomiy9722
says :
M❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉wuykoh❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
>>
<<@Umurundiwukuri
says :
ngo imodokaaaa ewe weeeeeeee she's a liar nonese sinar bwumve ninzu kowayivuze
>>
<<@OmarNiyonkuru-j6y
says :
Jewe Irene aramutse amenye urukundo mukunda yazasanga Bujumbura kuko arasetsa cyaneeep 😂😂😂😂❤❤❤
>>
<<@JaphetHabonimana-x8u9e
says :
❤❤❤🎉
>>
<<@niwelove
says :
Irène ngo : ba bama bagutega amafaranga 😂
>>
<<@niwelove
says :
Mimi sha uransekeje❤
>>
<<@niwelove
says :
Ariko Mana! Harigihe wibaza ngo uni number 1 ugasanga hari uwugusumba😊 Mimi nasanze uruwambere mukurira pe 🥰
>>
<<@deonduwayezu
says :
🙏🙏🙏🙏 Mimi wacu ❤❤❤ cane
>>
NEXT VIDEO
>>