<<@ngendahimanajeanmarieviann5217
says :
Doctor Rusa se yabonye ko abadepite batoye ko intambara ikomeza?? None c ntabona ko inzego zose za america zihuje umutima wo gukomeza indwano mugani wabarundi
>>
<<@YousoufuIradukunda
says :
Dr.rusa ko america imaze kubura abaperezida 4 bamaze kuraswa nukuberiki bavuga ngo peresida wa america ngo niwe urinzwe cyane
>>
<<@WhatYouNeedtoKnowTv-x1v
says :
Dr. Rusa yarakoze kudusobanurira America 🇺🇸 twarayimenye kbsa.
>>
<<@TheFoxsNoS
says :
Uzatubwire kuri iriya ntambara yadutse muri Mali
>>
<<@Intare-e6c
says :
Dr Niko twokora kugira afrika yacu ibohoke? Nifuza ko hoba urukwirikirane rw'ibiganiro bifise ihangiro ryo guhimiriza ibihugu vyacu kwikura muribi bintu. Ndavuga vyubushakashatsi hamwe nivyabanye politiques. Ndabibasavye nshimitse caaane kuko umuganda wanyu urakomeye cane nongera ndanabatera intege kuko kuva ntanguye kubakwirikirana hahinditse vyinshi muvyo nahora nibaza
>>
<<@NkomeziGasore-s5x
says :
Thank you somuch Dr Rusa
>>
<<@habanabakizethomas3522
says :
Dr twahura gute ?
>>
<<@NiyibiziChristophe-l3h
says :
Amahoro ndanezegwa cane kumva ubusesanguzi bwanyu gusa ntakuntu Imana yoha intsinzi America na Israel kubera bica abo bataremye.
>>
<<@ImboniyUkuriTv-c4i
says :
Turabakunda
>>
<<@gamechangerfx
says :
Icyonzi nuko China nayo ntakeza kayo mupfana icyo bagukuraho icyaruta byose nuko Africa yakwigira ntaho yishingikirije ibindi nubusa
>>
<<@bikambabagirishasimeon9243
says :
Dr yatubwira ibyo bihugu?
>>
<<@bikambabagirishasimeon9243
says :
Ikiza bakica Benjamin kuko niwe woshya trump
>>
<<@infratub
says :
Egoko mana yange wamusaza we uracyavuga imvugo imwe kuva 2022 1. Russia itera Ukraine warifashe usaza abantu ngo intambara Russia izahita iyirangiza Dore nubu iracyarimo 2. Russia bayivana muri Syria warifashe uti buriya babyumvikanye Ukraine nawe barayimuha. 3. Venezuela bayifata wahise uvuga ngo ni putin wabyemeye 4. Cuba bayifungira amavuta ava Russia nabwo ni puti wavuze ko wabyemeje Nkibaza putin ni muntu ki ushigikira itsinzi yabo bahanganye 5. None uzanye indi story ngo Russia na China Bari na IRAN ! Ngo ntacyo Izaba ! Wibuke ko abantu IRAN imaze gupfusha bose iyo Russia na China byari bihari. Nawe ukomeje kubeshya pe wabuze ibyuvuga
>>
<<@MUCOWINTWARI-ld4op
says :
Hamwe boba bahagaritse coup du monde ko iberayo voba arikintu cagaciro naburya trump we asaba ashimitse ngo ba Kure Iran murico gikombe camanyanga asamaza benshi aha mwiyisi Babylone tombé petit à petit abasinziye nabo bazotinda bikangure❤❤❤❤😊
>>
<<@jeanmarievianneyniyitegeka9452
says :
Mwakoze kutuzanira mwalimu wacu Dr Rusa.
>>
<<@ecomflashsolutions7023
says :
Isi yaguye mukaga kubera ububisha Bwa Trump.gusa amerika yaragaragaye ko iriko itamba ivamwo
>>
<<@Languages1Hub
says :
Mutuganirire kuri xenophobia iri kubera South Africa, Dr atubwire icyo biriyabigamije? Ababiri inyuma? Anatubwire niba twabasha kugera kuri one Africa hakiri ibintu nkibi?
>>
<<@ManiragenaTheoneste-t8c
says :
❤❤❤❤❤❤❤
>>
<<@venustvshow2166
says :
❤
>>
NEXT VIDEO
>>